score
float32
1.04
1.24
Rundi
stringlengths
10
500
Wolof
stringlengths
10
499
1.151529
bamako wa ?
Ana sama yaay ?
1.151432
Ariko Bibiliya igitangura kwandikwa, yarimwo izina ry'Imana incuro nka 7.000.
Waaye ba ñu doon bind Biibël bi, turu Yàlla feeñoon na fa lu jege 7 000 yoon.
1.151383
Barakeneye kandi gukosorwa no gutozwa indero.
Soxla nañu yar ak jubbanti.
1.151367
Raba ako gahungu kari kuri iyo foto.
XOOLAL xale bu jigéen bi nekk fii.
1.151335
Igihano ca kane, ica gatanu n'ica gatandatu vyari ibiki?
Lan moo xewoon ci ñeenteel, juróomeel ak juróom-benneelu musiba yi ?
1.151289
Ati: "Aho nagaburira imikate, indwi abantu ibihumbi bine, mwatwaye ibikemanyi bingahe vyuzuye ibimanyu?"
10 Te ndax fàttalikuwuleen itam juróom ñaari mburu ya ngir ñeenti junniy góor ña, ak ñaata dàmba ngeen dajale woon ciy dammit?
1.151245
Ibi ntibisigura yuko utegerezwa guheba abagenzi bawe bose batazi Yesu nk'Umwami n'Umukiza wabo.
Loolu tekkiwul ne danga wara bayi sa xarit yépp yi xamul Yeesu ni seen Musalkat.
1.150892
19Umukuru ntukemere ico bazomukuregako hatabonetse ivyabona bibiri canke bitatu.
5:19 Kuy tuumaal njiit fi yaw, bu ko gëm, li feek ñaar walla ñetti seede dëggaluñu ko.
1.15075
Nowa n'abahungu biwe bumvira Imana batangura kububāza.
Nóoyin ak doomam yi déggal nañu Yexowa te komaase nañu tabax gaal googu mel ni kees.
1.150744
Ni idini irihe rishingira inyigisho zaryo zose kw'Ijambo ry'Imana, rigatera iteka izina ry'Imana kandi rikamamaza ko Ubwami bw'Imana ari bwo gusa abantu bakwiye kwizigira?
Ban diine mooy sukkandiku ci Kàddu Yàlla ci lépp li muy jàngale, di màggal turu Yàlla, di xamle ne Nguuru Yàlla kese mooy yaakaaru doomu Aadama yi?
1.150459
Kuko mukwiye kwihangana, kugirango ni mwamara gukora ivy'Iman'igomba mubone guhabwa ivyo yabasezeraniye.
Dangeen a war a muñ, ba def coobareg Yàlla, sog a jot li mu leen digoon.
1.150434
Mugabo Imana irazi ko umunsi muzobirya, muzoca ubwenge, muzomera nk'Imana izi akabi n'akeza. "
5 Waaye Yàlla xam na ne bés bu ngeen ci lekkee, seeni bët dina ubbiku, ngeen mel ni Yàlla, xam lu baax ak lu bon."
1.150269
Ni nde vy'ukuri atwara iyi si?
Ci dëgg, kan moo ilif àddina si ?
1.150269
Uravye kuri iyo shusho, ni ibiki biriko birashikira Yeruzalemu be n'Abisirayeli?
Lan mooy dal Yerusalem ak waa Israyil yi ñuy wone foofu ?
1.150219
Iryo ni ryo zina ryanje." - Yesaya 42:8.
Loolu mooy sama tur" (Esayi 42:8, MN).
1.150171
Maze batangura kubwirana bati: "Ingo tubumbe amatafari hanyuma tuyaturire mu kuyacisha mu muriro."
3 Ñu ne: "Ayca nu defar ay móol yu ñu lakk cib taal, ba mu ñor."
1.149872
Ibintu vyasigaye vyifashe gute mw'ijuru Shetani yirukanywe?
Lan moo am ca asamaan ginnaaw bi ñu fa dàqee Seytaane?
1.149698
Bwana Emeka avuga ati: "Imana irabivuze....ni umusuku wanje azorangura ishaka ryanje."
(35) Te nag Yàllaay sama Boroom, di séen Boroom: "Jaamuléen ko.
1.149686
Abagore bakwiye gukunda abo mu rugo rwabo bakongera bakubaha abagabo babo. - Tito 2:4, 5.
Jabar yi dañu war a bëgg seen njaboot te may cér seen jëkkër. - Tit 2:4, 5.
1.149207
Abbaye Vedi Abbazia.
Sunu Baay bi gore na.
1.149067
15 kubera ko utegerezwa kumubera icabona ku bantu bose c'ivyo wabonye kandi wumvise+.
22:15 Ndaxte li nga gis te dégg ko, dinga ko seede ci ñépp.
1.149025
Ni abigisha bo mu rusengero i Yeruzalemu.
Ay jàngalekat lañu ci kër Yàlla gi nekk Yerusalem.
1.148985
Ntimwibagire kugiriranira neza n'ugusangira utwo mufise, kuko ben'izo nkuka ari zo Imana ishima.
Buleen fàtte di def lu baax ak di sédde ci seen alal, ndaxte sarax yu mel noonu ñoo neex Yàlla.
1.148898
- Umutima ukenguruka, uninahaza Imana mu bihe vyose kandi ugahozako mu gusenga;
4:2 Dëkkleen ci ñaan Yàlla, farlu ci, boole ci ngërëm.
1.148854
ikitegereza ivyo yiyumvira mu mutima wiwe,
kiy natt xol yi, xam na,
1.148789
Aca atangura kubabarira ati: "Uyu musi, ivyanditswe vyarangutse imbere yanyu."
21 Mu àddu, ne leen: "Tey jii la mbind mii mat, ngeen dégg."
1.148714
Naho bagenda batsitagurika, ntibatahuye ko ijoro ryashitse.
Mënuñu gis naaj bi bëccëg, mënuñu gis biddéew yi guddi.
1.148573
Ubu reka turabe ico Yozefu aza kugira.
Nañu seet léegi li Yuusufa di def.
1.148569
Afise imyaka 26.
Mu amoon 26i at.
1.148417
(1 Timoteyo 1:11) Ni we yatanguje umubano w'ababiranye.
(1 Timote 1: 11) Yàlla moo sos séy.
1.148235
Ariko rero, benshi muri abo bami baratanguye kutumvira Imana, bituma benshi mu bo batwara bigana akarorero kabo kabi.
6 Àtte bi ko mbooloo mi teg, doy na.
1.148075
Raba ingene abagenzi biwe bamufashije.
Seetal ni ko xaritam yi dimbalee woon.
1.147999
Esau amaze imyaka 40, arongora abagore babiri b'i Kanani.
Bi Esawu amee 40 at, takk na ñaari jabar ci jigéen yi nekkoon Kanaan.
1.147917
"Babiloni Akomeye" ni iki?
Lan mooy " Babilon mu mag mi "?
1.147904
5:17 musenge ubudasiba,
5:17 te sax ciy ñaan Yàlla,
1.147803
Abatozakori bo ntibabigira?
Xanaa juutikat yi duñu def noonu it?
1.147764
18 Sinzobasiga nk'impfuvyi, nzoza kuri mwebwe.
18 Duma leen bàyyi ngeen wéet.
1.147716
Musa yabwiye iki umugabo w'Umwisirayeli yariko ararwana, nya mugabo na we amwishura iki?
Lan la Yàlla wax Musaa mu tontu bu ko waa Israyil laajee kan moo ko yónni ?
1.14755
Uzogend'ubusigayo si we waburemye!
Yàlla ji leen jur ngeen fàtte.
1.147436
Nkako uwukora ugushaka kwa Data wo mw'ijuru, uwo ni we mwenewacu, ni we mushikanje kandi ni we mawe."
Ndaxte ku def sama coobareg Baay bi nekk ci kaw, yaa di sama rakk, sama jigéen ak sama ndey."
1.147377
Inkuru ya 16: Isaka Aronka Umugore Mwiza
Nettali 16: Isaaxa takk na jabar ju baax
1.147152
Kandi Imana iramutabara mugihe aterewe mugwobo rw'intambwe.
Yàllaa koy dimbali ba jant fenkee.
1.147139
Urazi ubwo bwami ico ari co?
Ndax xam nga ban nguur la ?
1.147076
Wa Mukomeza-ndagano wa Mutima,
di giñ ci Aji Sax jiy dund.
1.147044
4Zibwirwa kutagira ico zigira ivyatsi vyo kw'isi canke ikintu cose kibisi canke igiti cose, atari abantu batadomweko ikimenyetso c'Imana mu ruhanga rwabo.
4 Ñu sant leen, ñu baña laal ñax mi ci kaw suuf, mbaa genn gàncax walla genn meññeef, waaye ñu jublu rekk ci nit ñu amul màndargam Yàlla ci seen jë.
1.146942
Yezu yari yaravuze ati: "Urukundo rwa benshi ruzokanya."
Yeesu waxoon na ne: " Mbëggeelug ñi ëpp dina wàññiku. "
1.146933
Bibiliya igizwe n'ibitabu bitobito 66.
Biibël bi yépp 66 téere yu ndaw la.
1.146796
Kuva ubwo, bashinga ingingo yo kumwica.
53 Keroog la njiiti Yawut ya dogu ci rey Yeesu.
1.146778
RABA abo bariko baratwenga uyo musore.
XOOLAL góor gi ñuy ñaawal fii.
1.146625
Urazi uwababwiye kuyubaka uwo ari we?
Ndax xam nga kan moo leen wax ñu tabax ko ?
1.146467
Imana ivuga iti: "Nihabe ibimuri hejuru kw'ijuru, bitandukanya umutaga n'ijoro, bitubere ibimenyetso vy'imisi mikuru, vy'imibarwa n'ivy'umwaka; nibibe ibimuri hejuru kugira ngo biboneshereze isi."
14 Yàlla ne: "Na am ay leer ci asamaan, ngir xàjjale guddi ak bëccëg, te doon ay tegtal, yuy ràññle jamono yi, tey takk bés yi ak at yi.
1.146394
Mbega iryo teka ry'uko nyina w'Umukama wanje aza kundamutsa ndaritewe n'iki ?
Man maay kan, ba ndeyu sama Boroom ñëw di ma seetsi?
1.146261
Bokwemera bate uwo batarumva?
Naka lañu mana gëme ki ñu déggagul turam?
1.146165
"Babiloni Akomeye" ni iki?
Lan mooy " Babilon mu mag mi " ?
1.14606
Mu rugo kwa Nowa rero haba abantu umunani.
Kon njabootu Nóoyin, juróom-ñetti nit la woon.
1.146027
Nubaca _ Find a Bible
Kuwaataay _ Find a Bible
1.145985
" Ni ho benshi bizobatsitaza, bazoryarukana, bazokwankana.
10 Bu loolu amee ñu bare dinañu dàggeeku, di booleente tey bañante.
1.145966
Morodekayi na Esiteri ni bande?
Ñan ñooy Mordekay ak Esteer ?
1.145896
Raba, Yohani Batista yaje ata mukate arya, ata mvinyu anywa; none muvuga muti: arimwo ishetani.
Ndaxte Yaxya feeñ na, lekkul, naanul, ngeen dalid ne: Dafa ánd ak rab.
1.145821
Ni igiki Esau yakoze cababaje se na nyina?
Lan la Esawu def te mu naqari lool baayam ak yaayam ?
1.145422
Umuryango wa Nowa wari ugizwe n'abantu bangahe, kandi abahungu biwe batatu bari bande?
Njabootu Nóoyin, ñaata nit lañu woon, te ñetti doomam yu góor, naka lañu tuddoon ?
1.145333
Ariko n'atakwumvira,ujane umwe canke babiri,kugira ngw'ijambo ryose rize riringanizwe,bivuye mu kanwa k'ivyabona bibiri canke butatu.
16 Waaye bu la dégluwul, àndal ak kenn mbaa ñaar, ngir mbir mi dëggu ci li ko ñaar walla ñett seede.
1.145252
Nta bitangaro vyinshi rero yahagiriye kubera ubugaba bwabo.
58 Te Yeesu defu fa kéemaan yu bare ndax seen ngëmadi.
1.145193
Niwe Eliya kansi?"
Ndax yaa di Ilyaas?"
1.145177
Kuko Imana izi yuko umusi nyene mwakiriyeko amaso yanyu azoca yuguruka mugaca mumera nk'Imana, mukamenya iciza n'ikibi." - Ita.
5 Waaye Yàlla xam na ne bés bu ngeen ci lekkee, seeni bët dina ubbiku, ngeen mel ni Yàlla, xam lu baax ak lu bon."
1.145145
Risobanura ko Imana ishobora gushitsa ikintu cose isezeranye kandi ikarangura umugambi wose yishingiye.
mu wóor ko ne, loolu ko Yàlla dig, Yàlla man na koo def.
1.145135
Mu vy'ukuri, urashobora kuba mu bagize umuryango wiwe. - Soma 2 Abakorinto 6:18.
Su boobaa dinga bokk ci njabootam. - Jàngal 2 Korent 6:18.
1.145012
Dushobora gute kumera nk'abo bana bashemeje Yezu?
Naka lañu mënee mel ni xale yi doon tagg Yeesu ?
1.144764
Cinta segi lima awowkwokwwokwokwok
Di aw seen tànki baay, ba yées leen sax.
1.144599
Yamusaba ifi akamuha inzoka ?
10 Walla mu ñaan la jën, nga jox ko jaan?
1.144499
Kubera iki Yezu yapfuye?
Lu tax Yeesu dee?
1.14437
Ntimugira ukwemera ! "
bu leen gëm."
1.144353
Ntimuzi ko ntegerezwa kuba ndi mu ngoro ya Data?'
Xamuleen ne sama kër Baay laa wara nekk?"
1.144107
Toma avuga iki igihe yumvise ko abigishwa babonye Umukama, ariko ni igiki gishika inyuma y'imisi umunani?
Lan la Tomaa wax bi mu déggee ne taalibe yi gis nañu Yeesu, waaye lan moo xew juróom-ñetti fan ginnaaw loolu ?
1.143954
4 Ariko nya bantu indiri bo muri ico gisagara bicamwo imigwi, bamwe baja ku ruhande rw'Abayuda, abandi na bo ku ruhande rw'intumwa.
4 Noonu waa dëkk bi xàjjalikoo, ñii far ak Yawut yi, ñale far ak ndaw ya.
1.143686
Yezu arabishura ati: "Ndababajije nanje ijambo rimwe.
Yeesu tontu leen ne: "Man itam dinaa leen laaj lenn: wax leen ma,
1.14366
Ni igiki catumye Aburahamu na Loti batandukana?
Lu tax Ibraayma ak Lóot tàggoo ?
1.143623
3Lacen ka doŋ gutyeko lega ki ri kec, ci guketo ciŋgi i komgi ka gucikogi.
13:3 Bi ñu ko déggee, ñu daldi woor ak a ñaan, teg leen ay loxo, ba noppi bàyyi leen ñu dem.
1.14352
Ngo umubere umwe mu barinzi be.
nga doon seen wattukat.
1.143516
Uwundi mugore na we ati: 'Ntumuhe n'umwe muri twebwe mucemwo kubiri.'
Beneen jigéen bi ne: ' Bu ko jox kenn ci ñun ñaar.
1.1435
24 Yezu ababwira ati: "None si co gituma mwahuvye, kuba mutazi Ivyanditswe canke ububasha bw'Imana+?
12:24 Yeesu tontu leen ne: "Mbaa du dangeen a nekk cig réer, ci li ngeen xamul Mbind mi mbaa kàttanu Yàlla?
1.143458
15 Ku bw'ivyo, ababwira ati: "Mwebwe muriyita abagororotsi imbere y'abantu+, mugabo Imana irazi imitima yanyu+; kuko igishirwa hejuru mu bantu ari ikintu gisesemye imbere y'Imana+.
15 Yeesu ne leen: "Yeen yeenay jub-jublu ci kanam nit ñi, waaye Yàlla xam na seen xol.
1.143444
yayo no mu bikorwa vyayo.
ak jëf yi.
1.143431
Ni co gituma bahagaze imbere y'intebe y'Imana, bakayikorera ijoro n'umutaga mu ngoro yayo; na we Uwuvyagiye ku ntebe azosanza ihema ryiwe hejuru yabo.
Loolu moo taxñu nekk ci kanamu gàngunem Yàlla,di ko jaamu guddi ak bëccëg ci këram,te ki toog ci gàngune mi dina leen yiir.
1.143283
N'ibirimba bitigera vyugarirwa na gato, kuko ijoro ritabayo.
25 Bunti dëkk bi du tëje mukk bëccëg, te foofa sax guddi amu fa.
1.143173
9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji.
9 Sopp nga njub te bañ lu bon.
1.143087
Twe turazi ko uyo muntu ari umunyakabi. "
Xam nanu ne waa joojee boroom bàkkaar la."
1.143087
Azogutera ubuhirwe n'akanyamuneza, kandi ivuka ryiwe rizohimbara benshi.
Sa mbég lay doon, sa xol sedd ci, te ñu bare dinañu bég ci juddoom,
1.143082
LOTI n'abiwe bābana na Aburahamu mu gihugu c'i Kanani.
LÓOT ak njabootam ñu ngi nekkoon ak Ibraayma ci réewu Kanaan.
1.143001
Ni kubera iki Yezu yama agamburukira Se wiwe wo mw'ijuru, kandi ni nde ahimbarwa igihe abana bagamburukiye abavyeyi babo muri iki gihe?
Lu tax Yeesu doon déggal saa su nekk Baayam bi nekk ca asamaan, te bu xale yi di déggal seeni waajur, kan mooy bég?
1.142932
Ni ibiki bishikira ba bantu babi barondera kwica Daniyeli, kandi Dariyo yandikira iki abo atwara bose?
Lan moo dal nit ñu bon ñi bëggoon a rey Dañeel, te lan la Dariyus bind ñi bokkoon ci nguuram ñépp ?
1.142811
Muri irya misi, abigishwa imirongo indwi na babiri bagaruka banezerewe, bati: "Mukama, n'amashetani twayirukanye kw'izina ryawe!"
10:17 Juróom-ñaar-fukki taalibe yi ak ñaar dellusi, fees ak mbég te naan: "Boroom bi, rab yi sax déggal nañu nu ndax sa tur."
1.14279
Ni ibiki bishika igihe Mariya agiye kuraba incuti yiwe Elizabeti?
Lan moo xew bi Maryaama demee seeti mbokkam Elisabet ?
1.142765
Ni co gituma abantu bose basaza kandi bagapfa. - Abaroma 3:23.
Looloo tax doomu Aadama yi di màgget te di dee. - Room 3:23.
1.14276
Bapfuye umusi wabo wageze."
Bés yooyu nag, dinañu woor."
1.142682
kandi nta wuzosubira kwimenyereza kurwana.
te dootuñu jàngati xare.
1.142662
Ahasuwerusi ntiyari azi ko umugore wiwe Esiteri ari umwisirayeli.
Asuerus xamul ne jabaram, waa Israyil la.
1.142576
None rero, igituma mwubahuka kunebagura umusavyi wanje Musa, ni iki?"
Kon lu leen may fitu ŋàññ Musaa sama jaam bi?"
1.14255
Kubera iki murondera kunyica?"
Lu tax ngeen bëgg maa rey?"
1.14249
Mbega, iryo teka ry'uko nyina w'Umukama wanje aza kundamutsa, ndaritewe n'iki ?
Man maay kan, ba ndeyu sama Boroom ñëw di ma seetsi?