score
float32 1.04
1.24
| Rundi
stringlengths 10
500
| Wolof
stringlengths 10
499
|
|---|---|---|
1.13632
|
Ico gihe Paulo yari asubiyeyo, ari kumwe na mugenziwe Sila.
|
Léegi Pool dellusiwaat na ak xaritam Silas.
|
1.136314
|
Twarize kandi yuko Bibiliya ivuga ivyerekeye igihe 'urupfu rutazoba rukiriho.'
|
Jàngoon nañu it ne Biibël bi wax na ne dina am jamono joo xam ne "dee dootul am."
|
1.136308
|
Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+."
|
Dinañu daanu, dootuñu jóg."
|
1.136294
|
13 Bibiliya iratanga inyishu zitomoye kuri ivyo bibazo no ku bindi vyinshi.
|
Biibël bi dafay joxe tont yu leer ci laaj yooyu ak yeneen yu bare.
|
1.136276
|
Mbega, iryo teka ry'uko nyina w'Umukama wanje aza kundamutsa, ndaritewe n'iki?
|
Man maay kan, ba ndeyu sama Boroom ñëw di ma seetsi?
|
1.136268
|
Yamara, raba ukuntu Shetani yabajije Eva ikibazo ciwe ca mbere: "Mbega n'ivy'ukuri koko yukw Imana yavuze, ngo Ntimurye ku giti na kimwe co mur'iri tongo?"
|
Seytaane dafa jaar ci benn jaan ngir wax ak Awa, ne ko: "Ndax wóor na ne, Yàllaa ne: "Buleen lekk ci doomi genn garabu tool bi?""
|
1.136179
|
10 Kuko kera mutari igisata, mugabo ubu muri igisata c'Imana+; mwari abatari baragiriwe imbabazi, mugabo ubu muri abagiriwe imbabazi+.
|
10 Démb nekkuleen woon ci dara, waaye tey mbooloom Yàlla ngeen; booba jotuleen woon yërmandeem, waaye léegi jot ngeen ko.
|
1.136172
|
Ukwo ni ko umuntu wese avyawe n'impwemu amera."
|
Noonu la mel it ci képp ku juddoo ci Xelum Yàlla."
|
1.136117
|
Arazirako yagiye mu rukiko yambaye ingutiya.
|
16 Noonu mu dàq leen ca àttekaay ba.
|
1.136074
|
My Agenda Is Your Agenda!
|
mi agendaaa!
|
1.135921
|
Umuherezankuka mukuru yama atorwa mu bantu, ibanga ryiwe ni ukubaserukira ku Mana; ategerezwa guhereza amashikanwa n'ingorore kubera ibicumuro vyabo.
|
1 Bépp sarxalkat bu mag nag, ci biir nit ñi lees ko jële, fal ko ngir nit ñi, ci seen diggante ak Yàlla, muy jébbale ay jooxe ak saraxi jur ngir seeni bàkkaar.
|
1.13588
|
Abahungu biwe na bo nyene bari abaherezi.
|
Doomam yi itam ay saraxalekat lañu.
|
1.135867
|
Kuraba umuhanuzi?
|
Ngir gis ab yonent?
|
1.135823
|
Ndabarungitse ata co bariye bogwa mu nzira, aho nyene bamwe baje bava kure."
|
3 Su ma leen yiwee ak seen xiif, dinañu tële ci yoon wi, ndaxte am na ñu jóge fu sore."
|
1.135701
|
26 Ariko ntimwizera, kuko mutari abo mu ntama zanje.
|
26 Waaye gëmuleen ndaxte bokkuleen ci samay xar.
|
1.135697
|
Imana irakunda ugusenga kw'abantu beza.
|
Yexowa dafa bëgg neexal ñi koy jaamu dëgg.
|
1.135684
|
Aguma asenga Imana yiwe gatatu ku musi.'
|
Ñetti yoon ci bés lay ñaan ay ñaanam ba tey."
|
1.135631
|
Ntimugira ukwemera!"
|
bu leen gëm."
|
1.135618
|
9 Ababwiye ivyo, aguma i Galilaya.
|
9 Bi mu leen waxee loolu ba noppi, moom mu des Galile.
|
1.135612
|
Yezu abwira iki Petero, mugabo ni kubera iki Yezu adasaba Imana ngo irungike umumarayika n'umwe?
|
Lan la Yeesu wax Piyeer, waaye lu tax ñaanul Yàlla mu yónni malaaka ngir dimbali ko ?
|
1.135561
|
Yesu ati: " Mugende muje mu bihugu vyose, mubwire abaremwe bose ubutumwa bwiza.
|
Mu ne leen: "Demleen ci àddina sépp, yégal xebaar bu baax bi mbindeef yépp.
|
1.135496
|
Naho bwari bwije, yari wenyene ng'aho.
|
Noonu guddi jot, fekk mu nekk fa moom rekk.
|
1.135409
|
Twisunze ivyo Daniyeli abwira umwami, ni kubera iki Imana yatumye ukuboko ngo kwandike ku ruhome?
|
Ni ko Dañeel waxe buur bi, lu tax Yexowa def loxo bi bind ci miir bi ?
|
1.13539
|
Tweho ntidushobora kureka kuvuga ico twabonye n'ico twumvise."
|
20 Waaye nun manunoo baña wax li nu gis te dégg ko."
|
1.135381
|
Ni kubera iki Dawidi arungika bamwe mu bantu biwe gusaba Nabali ngo abafashe?
|
Lu tax Daawuda yónni ay nit ci Nabal ngir ñaan ko dara ?
|
1.13537
|
37.Nturahire umutwe wawe,Kuk udashobora guhindura agashatsi na kamwe ngo kere canke ngo kirabure.
|
36 Bul giñ it ci sa bopp, ndaxte manuloo weexal mbaa ñuulal benn ci say kawar.
|
1.135218
|
Abasiisi nibaza kuhwerekyezibwa kandi abahikirire boona batunge amagara gatahwaho.
|
46 Noonu ñii dinañu sóobu ci mbugal gu dul jeex, waaye ñi jub dinañu tàbbi ci dund gu dul jeex."
|
1.135211
|
Balaki ni nde, kandi ni kubera iki atumako Balamu?
|
Kan mooy Balag, te lu tax mu yónnee ngir ñu woowal ko Balaam?
|
1.135177
|
None woba warakiriye Yesu nk'Umukiza wawe ?
|
Ndax gëm nga Yeesu ni sa Musalkat ?
|
1.135148
|
Umuntu adakorera Imana, ngwagende arama imbuto ntashobora guhimbara Imana.
|
ku faalewul Yàlla, nii la màkkaanam!"
|
1.135143
|
¿ cancere yo ?
|
ndax woor nga?
|
1.135134
|
Ni kubera iki Yehova abwira Yosuwa kurunda hamwe amabuye maninimanini 12 akuye mu ruzi?
|
Lu tax Yexowa wax Yosuwe mu jël 12 xeer yu mag ci biir dex bi?
|
1.135121
|
Niyo coba ica kabiri c'ubwami, uragihabwa!" - Est.
|
Su doon genn-wàllu nguur gi sax, dees na la ko jox!"
|
1.135116
|
8. (a) Ni mu buryo ubuhe umugabo "[a]kunda umugore wiwe aba yikunda"? (b) Kuba umugabo n'umugore bagize "umubiri umwe" bisobanura iki?
|
8. a) Lu tax ñu mën a wax ne, " bëgg sa jabar, bëgg sa bopp la "? b) Doon " benn " lu muy tekki pur jëkkër ak jabar?
|
1.135099
|
Ni kubera iki dukwiye gusenga Imana?
|
Lu tax ñu war a ñaan Yàlla ?
|
1.134883
|
Ijambo ry'Imana ririmwo kandi amategeko, ingingo ngenderwako be n'impanuro.
|
Kàddu Yàlla am na itam ay sàrt, ay xelal, ak ay ndigal.
|
1.134835
|
Loti n'abakobwa biwe baragamburuka, barahunga bava i Sodoma.
|
Lóot ak doomam yu jigéen yi topp nañu loolu te daw Sodom.
|
1.134835
|
Ariko none, yoba yumviriza amasengesho yose?
|
Ndax ñaan yépp la Yàlla di déglu?
|
1.134783
|
Wakabaye wariye ivyamwa vy'igiti nari nakubujije kurya?"
|
Mbaa du dangaa lekk ca garab, ga ma la aaye, waay?"
|
1.134777
|
Iyo amakungu azemera ni iyo abo bazoshingira hanze kuko ibibi birarutana.
|
Gannaaw seen tooñ nag moo ubbi buntu yiw ci waa àddina si, te seen ñàkk moo meññ barkeb xeet yépp, céy bés bu Israyil gépp delloo ci Yàlla, ndaw barke bu bare!
|
1.13477
|
Ubuzima ni iki?
|
Lan mooy dund gi?
|
1.134765
|
"Muzomenya ukuri, kandi ukuri kuzobagira abidegemvya."Yohani 8:32.
|
Yeesu nee na: " Dingeen xam dëgg gi te dëgg gi dina leen goreel [maanaam dina leen yewwi]. " - Yowaana 8:32.
|
1.134731
|
Bane banje, hari akazi kenshi kabwirizwa gukorwa.
|
4 Damaa liggéey lu réy.
|
1.13464
|
Ivyo vyari ibiki, kandi ni ibimenyamenya ibihe vyerekana ko umwaka wa 1914 ari umwaka uhambaye?
|
Te yan xew-xew ñoo wone ne atum 1914 dafa amoon solo?
|
1.134582
|
Bose bari intungane mu maso y'Imana, bari intahinyuka mu gukora amabwirizwa n'amategeko yose y'Umukama.
|
1:6 Sakariya ak jabaram ñu jub lañu ca kanam Yàlla, di topp ni mu ware ndigal yi ak dogali Boroom bi yépp.
|
1.134564
|
Nibamusabe ikigongwe, na canecane umukuru w'igihugu!
|
Hé pardon ndemba je vis au Sénégal!
|
1.134526
|
No muri ico gihe ijwi rizovuga mu mutima w'Imana ngo: Mbega uruvyaro rw' Aburahamu noruhisha ico ngira nkore?
|
17 Booba Aji Sax jaa ngi wax naan: "Xanaa duma nëbb Ibraayma li ma nar?
|
1.134428
|
kebamwimuna'mba: "Tubaimuna, abe Mulopwe wa Bayuda!"
|
18 Ñu daldi ko wax bu kawe: "Nuyu nanu la, yaw buuru Yawut yi!"
|
1.134382
|
15 Ukubabarirwa ibicumuro.
|
15Yàlla dina ñu baal suñuy bàkkaar.
|
1.134312
|
Rahabu afasha gute abo bagabo babiri, kandi ni igiki abasaba ko bomugirira?
|
Naka la Raxab dimbalee ñaari góor ñi, te lan la leen ñaan ?
|
1.134271
|
35 Se arakunda Umwana, kandi yamuhaye vyose, abishira mu kuboko kwiwe.
|
35 Baay bi dafa bëgg Doom ji, te jox na ko sañ-sañ ci lépp.
|
1.134229
|
Araheza atangura kuvuga, abigisha muri aya majambo:
|
Mu daldi leen jàngal naan:
|
1.134161
|
Ni ikintu ikihe gitangaza ba kavantara baje i Yeruzalemu?
|
Lan la nit ñi ñówoon Yerusalem gis ba waaru ?
|
1.134135
|
"Amaso y'impumyi azohumuka." - Yesaya 35:5
|
' Gumba yi dinañu gis. ' - Esayi 35:5.
|
1.134071
|
36 Kuko mukeneye ukwihangana+, kugira ngo nimwamara gukora ukugomba kw'Imana+, muronke iranguka rya wa muhango+.
|
36 Li leen war moo di muñ, ba sottal coobarey Yàlla, su ko defee ngeen jot li mu dige.
|
1.134031
|
Nibareke Abandi Baryeko.
|
may leen ñu lekk.
|
1.133919
|
None uzosubirayo?
|
ndax dinga fi yaaga?
|
1.133871
|
Mu gihugu cawe hariho umuntu azi imana zitagira agahonzi.
|
Am na góor ci sa réew ku xam yàlla yu sell yi.
|
1.13385
|
29 Mugabo Aburahamu avuga ati: 'Barafise Musa+ n'Abahanuzi+; nibabumvirize+.'
|
16:29 Ibraayma ne ko: "Say doomu baay, ñu ngeek yoonu Musaa ak téerey yonent yi.
|
1.133808
|
- Mu gihugu hakabura ubumwe, kuko abo Imana yagize umwe, ikabasangiza igihugu bataba bagicana uwaka.
|
Su ko defulee, réew mi dina yëngu te loolu kenn ñaanu ko Yàlla."
|
1.133802
|
Kandi ni bo Kristu yamukako ku bw'umubiri, We aganza vyose, Imana nyaguhezagirwa mu myaka yose.
|
miy jëmmam, di matug Kirist, mi fees mbindeef mu ne ci fànn gu ne.
|
1.133795
|
Ni kubera iki izuka rizotunezereza?
|
Lu tax ndekkite li di ñu indil mbégte ?
|
1.133778
|
Belishaza abwira iki abanyabwenge biwe, mugabo ni igiki badashobora kugira?
|
Lan la Balsasar wax boroom xam-xam yu Babilon yi, te lan lañu mënul a def ?
|
1.133466
|
15 Araheza ababwira ati: "Nimugende mw'isi yose mwamamaze inkuru nziza ku vyaremwe vyose.
|
15 Mu ne leen: "Demleen ci àddina sépp, yégal xibaaru jàmm bi mbindeef yépp.
|
1.133444
|
Kanako Hamashita;
|
Soo màggalul ña la jur
|
1.133432
|
N' inkomero y' umunyereri,
|
Y por la montaaañaaa
|
1.13334
|
Kura ibirato vyawe kuko aha hantu uhagaze ari heranda.'
|
Summil say dàll, ndaxte fi nga nekk, suuf su sell la. '
|
1.133312
|
3 Kandi ivyo bazobikora kuko batamenye Data, nanje ntibamenye.
|
3 Dinañu agsi foofu, ndaxte xamuñu Baay bi te xamuñu ma.
|
1.133247
|
5Abo ntitwabumviye na gatoya ngo tuganzwe na bo; kugira ngo ukuri kw'ubutumwa bwiza kugume muri mwebwe.
|
5 Waaye yaatalunu leen benn yoon, ngir dëggug xibaaru jàmm bi mana sax ci yéen.
|
1.133169
|
None woba warakiriye Yesu nk'Umukiza wawe ?
|
Ndax nangu nga Yeesu Kirist ni sa Musalkat?
|
1.133115
|
Yehova ni we Mana y'ukuri, kandi ni we wenyene dukwiye gusenga.
|
Yalla rekk-ay Yalla te li Mu yellool Moom rekk-a ko yellool.
|
1.132946
|
Twese turacumura, haba mu mvugo canke mu ngiro.
|
Ñépp ay bàkkaar ci wax walla ci jëf.
|
1.132891
|
Abayuda basubizayo bati: "Nta n'imyaka mirongo itanu ufise, hanyuma ngo warabonye Aburahamu?"
|
Yawut ya ne ko: "Amaguloo juróom-fukki at, ba noppi naan gis nga Ibraayma?"
|
1.13284
|
Ni kubera iki Yakobo areka Benyamini umuhungu wiwe w'umuhererezi akaja mu Misiri?
|
Lu tax Yanqóoba bàyyi caatam bu góor, Ben-yamin, mu dem Misra ?
|
1.132765
|
Raba ko Imana itizigra abasavyi bayo, n'abamarayika bayo ngo ibabonamwo amafuti... Umuntu vyshoboka bite kw'aba uwera?
|
Waaye du laaj Yàlla benn malaaka sax ndaxte xam na ne waxtu bi ko noonam yi war a jàpp, jot na.
|
1.132544
|
Bafise ingabirano y'ugukiza bose?
|
Ndax ñépp a am mayu wéral ay jàngoro?
|
1.13251
|
Imana iri mw'ijuru, kandi ivyo igomba vyamye bikorwa aho mw'ijuru n'abamarayika b'abizigirwa.
|
Yàlla, ca kaw la nekk, maanaam ca asamaan te foofu, malaaka yu koy jaamu, dañu mas a def coobareem.
|
1.132497
|
Ibikorwa nkora mw'izina rya Data, ni vyo binshingira intahe.
|
Jëf yi may def ci sama turu Baay ñoo may seede.
|
1.132453
|
12Ni ukuri ivyerekana intumwa vyakorewe hagati yanyu mu kwihangana kwose, ni vyo bimenyetso n'ibitangaza n'ibikorwa bikomeye.
|
12:12 Kéemaan yi, jaloore yi ak jëf yu màgg, yiy firndeel ndawul Kirist, feeñ nañu ci seen biir, ma ànd ci ak muñ gu mat.
|
1.132426
|
Nya mumarayika yamara aramubwira ati: " Humura, Mariya, waragiriwe ubuntu n'Imana.
|
30 Malaaka ma ne ko: "Maryaama, bul tiit, ndax daje nga ak yiwu Yàlla.
|
1.132406
|
Yezu asigura ati: "Nimwinjira mu gisagara, murahwana n'umuntu yikoreye ikarabo ry'amazi.
|
10 Mu ne leen: "Bu ngeen duggee ca dëkk ba, góor gu yenu njaq lu def ndox, dina taseek yéen.
|
1.132242
|
Isaka yategetse iki umuhungu wiwe Yakobo?
|
Lan la Isaaxa digal doomam Yanqóoba ?
|
1.13206
|
Imana imaze kwugara urugi rw'ubwato, Nowa n'umuryango wiwe babwirijwe kugira iki?
|
Lan la nit ñi def bi leen Nóoyin waxee li taxoon mu tabax gaal gi ?
|
1.131894
|
Abantu baramaze imyaka ibihumbi barondera inyishu y'ico kibazo.
|
LU MAT ay junni at ba tey, nit ñi dañuy laaj seen bopp laaj yu am solo yooyu.
|
1.131878
|
barone ashura:
|
baryon replied:
|
1.131871
|
Nya mumarayika yamara aramubwira ati: " Humura, Mariya, warashimwe n'Imana.
|
30 Malaaka ma ne ko: "Maryaama, bul tiit, ndax daje nga ak yiwu Yàlla.
|
1.131826
|
Mw ijoro umumarayika w'Imana yugurura ibohero nk'uko ubibona ngaha.
|
Ci guddi gi, malaakaa Yàlla ubbi na buntu kaso bi, ni nga ko gise fii.
|
1.131807
|
Non'isaha z'umurango si 12?
|
Xanaa du bëccëg fukki waxtu ak ñaar la?
|
1.131635
|
" Igihe kirageze, none Ingoma y'Imana iregereje.
|
Jamano ji mat na, nguuru Yàla jegesi na.
|
1.131586
|
Ni kubera iki izuka rizotunezereza?
|
Lu tax ndekkite li di ñu indil mbégte?
|
1.131526
|
UMUHANUZI Daniyeli yabayeho hagisigaye imyaka irenga 500 ngo Yezu avuke.
|
YONENT Yàlla Dañeel mu ngi doon dund lu ëpp 500 at bala Yeesu di juddu.
|
1.131476
|
Ivyo nivyo Imana yabikiye abayikunda."
|
loolu la Yàlla dencal ñi ko bëgg."
|
1.13143
|
Abapfuye bacirwa imanza hisunzwe ibintu vyanditswe muri nya mizingo nk'uko ibikorwa vyabo biri."
|
Ñu daldi àtte néew ya ca seeni jëf, na ñu ko binde ca téere ya.
|
1.13129
|
Yayiro agira iki abonye Yezu?
|
Lan la Yayrus def bi mu gisee Yeesu ?
|
1.131283
|
Mu nda y'ubuvumo,
|
Y por la montaaañaaa
|
1.131226
|
kuko yakuye umwinazi mu minwe y'ababisha."
|
waaye day dàq ñiy def lu bon."
|
1.131202
|
Yezu yabonekeye abigishwa biwe incuro zingahe?
|
Ñaata yoon la Yeesu feeñu taalibeem yi ?
|
1.13111
|
Niho bazoshemeza Imana,
|
te ñuy sant yàlla ci man.
|
1.131084
|
Ku turaabe abarikworoba ahari Mukama waitu Yesu, nitwija kuhinduka omugisha aha bandi.
|
11 Nun daal ci yiwu Yeesu Boroom bi lanu yaakaara mucce, te ñoom itam, ci lañu wékku."
|
1.131043
|
Eka ngo ntidufise ubukomezi bumwe mu bijanye no kwakira ubwami bw'Imana, ndetse dukwiye kugendera mu vyagezwe.
|
Du neppa bokkea ci nguuri Yalla, am na nu bakka ci nguur lendem gi.
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.