score
float32 1.04
1.24
| Rundi
stringlengths 10
500
| Wolof
stringlengths 10
499
|
|---|---|---|
1.16893
|
14 Muri abakunzi banje, ni mwakora ivyo ndabategetse.
|
14 Samay xarit ngeen, ci kaw ngeen def li ma santaane.
|
1.168344
|
19 Ubwami bw'Imana buzoshitsa iki biciye ku ntambara ya Harumagedoni?
|
19 Lan la Nguuru Yàlla di def jaare ko ci xeexu Armagedon?
|
1.16805
|
Mweho uko si ko mwamenyeshejwe Kristu, usangwa ari we mwumvise bavuga kandi ari muri we mwigishijwe mu kuri kwa Yezu we nyene.
|
Ndax yaakaar naa ne, dégg ngeen Kirist te jàng ngeen ci moom, ba xam dëgg gi Yeesu ëmb.
|
1.167254
|
5 Adamu yaremwe "mw'ishusho y'Imana."
|
5 Dañu sàkk Aadama ' ci melokaanu Yàlla '.
|
1.166236
|
Umwana w'umuntu azorungika abamarayika biwe, bakure mu Bwami bwiwe abo bose batirimukije abandi be n'inkozi z'ikibi, babatembagarize mu nyenga y'umuriro, bazoharirire, baharyanishirize insya z'amenyo.
|
Doomu nit ki dina yebal ay malaakaam, ñu jële ci nguuram lépp luy yóbbe nit bàkkaar, ak ñiy def bàkkaar,
|
1.166119
|
Umwana w'umuntu azotuma abamarayika biwe, nabo bazptprorokanya ibitsitaza vyose n'abakoze ibizira, babikure mu bwami bwiwe.
|
Doomu nit ki dina yebal ay malaakaam, ñu jële ci nguuram lépp luy yóbbe nit bàkkaar, ak ñiy def bàkkaar,
|
1.165805
|
Yoba ari Imana y'abantu bamwe gusa, Abayahudi nk'akarorero?
|
29 Walla ndax nag Yawut yi rekk la fi nekkal?
|
1.16579
|
Nya mumarayika yamara aramubwira ati: "Humura, Mariya, warashimwe n'Imana.
|
30 Malaaka ma ne ko: "Maryaama, bul tiit, ndax daje nga ak yiwu Yàlla.
|
1.165547
|
"Ubuzima nyakuri" ni iki, kandi ni kubera iki ari icizigiro ciza igitangaza?
|
Lan mooy " dund gu wóor gi ," te lu tax mu nekk yaakaar bu neex ?
|
1.165016
|
Nuhagiye ibirenge vyanje.
|
Damay raxas samay tànk.
|
1.165006
|
Sinzi ko muriko murankurikira.
|
nde xam naa ne du tee nga topp ma.
|
1.164894
|
Mu kumwishura, Imana yavugiye mw'ijuru iti: "Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza."
|
Yàlla tontu ca kaw asamaan nee ko: "Màggal naa ko ba noppi, te dinaa ko màggalaat."
|
1.164814
|
Igitabu ca nyuma canditswe n'intumwa Yohani haraheze imyaka irenga 1.900.
|
Téere bu mujj bi, ndaw li Yowaana moo ko bind, am na léegi lu ëpp 1 900 at.
|
1.164491
|
Yezu yari umugabo atagira akanenge.
|
Yeesu nit ku mat la woon.
|
1.164199
|
Erega ndakuzi, uri Umweranda w'Imana."
|
Xam naa la, yaa di Aji Sell ji jóge ci Yàlla!"
|
1.163504
|
ABA bahungu babiri ubona ngaha baratandukanye, si ko?
|
ÑAARI xale yi ñuy wone fii, niroowuñu, du dëgg ?
|
1.163356
|
Wewe ukosora igifaransa gusa.
|
connard nga rekk ak sa français mbeur.
|
1.163215
|
5Abo ntitwabumviye na gatoya ngo tuganzwe na bo; kugira ngo ukuri kw'ubutumwa bwiza kugume muri mwebwe.
|
2:5 Waaye yaatalunu leen benn yoon, ngir dëggug xebaar bu baax bi man a sax ci yéen.
|
1.163181
|
atabona ubusabe bw'Intumwa, n'abamalayika n'abemera.
|
Yar ak a yee ndawi kerceen ak ndawi lislaam ñi
|
1.162885
|
41Uwakira umuntu avugishwa n'Imana kuko avugishwa na yo azohabwa impera nk'iyo uwuvugishwa n'Imana; uwakira umuntu agororotse kuko agororotse azohabwa impera nk'iyo umugororotsi.
|
41 Ku nangu yonent ndax yónnentam, dina jot ci peyu yonent; te ku nangu ku jub ndax njubteem, dina jot ci peyu ku jub.
|
1.162629
|
Imana yoba ifise izina?: (Imin.
|
Ndax Yàlla am na tur?
|
1.162517
|
Ibrahimu asubizayo ati: " Kumbure, hari mirongo ine gusa. "
|
29 Ibraayma dellu wax ne: "Su fa ñeent fukk ñu jub rekk amee nag?"
|
1.162441
|
34Bumva bavuga bati: "Ni ukuri Nyagasani yazutse, kandi yabonekeye Simoni Petero."
|
34 Ñooñu ne leen: "Dëgg la, Boroom bi dekki na, te feeñu na Simoŋ!"
|
1.162303
|
Ntimugashavuze Mutima mweranda w'Imana yabashizeko ikimenyetso kizobaranga ku musi w'urukiza.
|
30 Buleen yóbbe tiis Xelu Yàlla mu Sell, mi leen tàmpe ngir bésu goreel ba.
|
1.16203
|
Yaciye ababaza ati: 'None ntimwemera abahanuzi?
|
Noonu Yeesu ne leen: "Ndax seen xol dafa tëju ba tey?"
|
1.161923
|
Ni bande binjira mw'itongo, hanyuma Yuda Isikariyoti akagira iki nk'uko iyi shusho ivyerekana?
|
Ñan ñooy dugg ci tool bi, te lan la Yudaa Iskariyoo def, ni ñu koy wonee foofu ?
|
1.161855
|
Ni ubucuti ubuhe ushobora kugiranira n'Imana?
|
Ban diggante nga mën a am ak Yàlla?
|
1.161735
|
Intumwa zishura ngw'iki igihe zizanywe muri Sentare nkuru?
|
Lan la ndaw yi tontu bi ñu leen indee ci saal bu mag bi fu ñu doon àttee nit ñi ?
|
1.161578
|
Lunyodo, lutinowu mito ngo wek gunong yomcwiny i kwogi?
|
Waajur yi, lan la seeni doom soxla ngir bég?
|
1.161384
|
Nivyaba ari vyo, urashimira Imana, atari vyo naho upfukame uyisabe ikigongwe, kandi uyisabe igufashe, uzokira, ariko ico womenya, ni uko Yo igukunda.
|
Jéem di gën a xam Yexowa mooy lenn li nga mën a def ngir wone ne yaa ngi koy gërëm ndax njot gi mu maye.
|
1.161252
|
Ariko umumalayika aramubwira ati ntaco utinya Mariya kuko ugiriwe ubuntu n'Imana.
|
30 Malaaka ma ne ko: "Bul ragal dara Maryaama, ndaxte Yàlla tànn na la ci yiwam.
|
1.161226
|
Dawidi ati: 'Uri umugore akerebutse.
|
Daawuda ne ko: ' Jigéen bu am xel nga.
|
1.161222
|
Ukwihangana kw'Imana gutuma turonka akaryo ko gukora iki?
|
Lan la ñu muñug Yàlla di may?
|
1.160997
|
Yezu amuhamagaye mw izina, Mariya aca aramenya ko ari Yezu.
|
Waaye bi mu ko woowee ci turam, Maryaama xam ne Yeesu la.
|
1.160638
|
umuntu kubera akazi kakozwe neza,
|
NDax ku fi baax, Moo la defar
|
1.160614
|
Lunyodo, lutinowu mito ngo wek gunong yomcwiny i kwogi?
|
Waajur yi, lan la seeni doom soxla ngir bég ?
|
1.160611
|
48 Ni jewe mutsima w'ubugingo.
|
48 Maay ñam wiy joxe dund.
|
1.16036
|
Abapfuye baraheza bacirirwa urubanza ku vyo bakoze, nk'uko vyari vyanditswe muri vya bitabu.
|
Ñu daldi àtte néew ya ca seeni jëf, na ñu ko binde ca téere ya.
|
1.160272
|
Mu vy'ukuri, ntiworaba ukuntu ugusenga kwacu kuri hejuru mu "kiringo ca nyuma c'imisi."
|
Kàddu Yàlla nee na: " Bésu Yexowa bu mag bi jege na.
|
1.160082
|
namotuma tunamotuma unamotuma mnamotuma anamotuma wanamotuma unamotuma inamotuma linamotuma yanamotuma kinamotuma vinamotuma inamotuma zinamotuma unamotuma kunamotuma panamotuma munamotuma
|
teg ko ci loxoy ndaw ya; ñu di ci sédd, kenn ku nekk li mu soxla.
|
1.16
|
Twokora iki ngo tumere nka Rebeka?
|
Naka lañu mën a def ba mel ni Rebeka?
|
1.15986
|
Kora hamwe na ba bantu 250 bamushigikiye bashikirwa n'iki?
|
Lan moo dal Kora ak 250 nit ñi ko toppoon ?
|
1.159474
|
Urafise abana?
|
Ndax am nga ay doom?
|
1.159261
|
Ariko vyose, iyo bishizwe ahabona, bigaragazwa n' umuco, kukw' ikigaragazwa cose ar' umuco.)
|
waaye leer, lu mu ëmb, fésal ko.
|
1.159259
|
Ugiye urasoma ibigabane biva kuri bitatu gushika kuri bitanu ku musi, woshobora kuba warangije gusoma Bibiliya yose mu mwaka umwe.
|
Booy jàng ñett ba juróomi pàcc bés bu nekk, dinga jàng Biibël bi yépp ci benn at.
|
1.159005
|
Ni kamere iyihe Yezu yari afise ivugwa mu Bafilipi 1:8, kandi ni kubera iki abagabo bakwiye kuyigaragariza abagore babo?
|
Ban jikko Yeesu lañu wone ci Filib 1:8, te lu tax jëkkër yi war a won seen jabar jikko jooju?
|
1.158815
|
Muhe ubukungu,
|
Aaaaay que ricooo, mi amoorr,, te amooo
|
1.158478
|
Ni ubucuti ubuhe ushobora kugiranira n'Imana?
|
Ban diggante nga mën a am ak Yàlla ?
|
1.158394
|
Ntibikinkwiye rero ko nitwa umwana wawe, ntabara unshire mu bashumba bawe."
|
yeyootumaa nekk sa doom; boole ma ci say surga.' "
|
1.158179
|
21, 22. (a) Ni kubera iki dukwiye kwitaba ihimbaza ry'Imfungurwa z'Umukama zo ku mugoroba rigirwa uko umwaka utashe? (b) Ni ibiki bisigurwa mu kigabane ca 6 n'ica 7?
|
21, 22. a) Lu tax ñu war a teewe Reeru Boroom bi ñuy def at mu nekk? b) Lan lañuy waxtaan ci pàcc 6 ak 7?
|
1.158067
|
Bibiliya yishura iti: "Nowa akora yisunze ivyo Imana yari yamutegetse vyose.
|
Nóoyin def na lépp li ko Yàlla santoon.
|
1.157989
|
Ni ibiki bishikira bwa bwami bugizwe n'imiryango ibiri be na rwa rusengero rwa Yehova rw'i Yeruzalemu?
|
Lan moo dal nguuru ñaari giir yi ak kër Yexowa gi nekk ci Yerusalem ?
|
1.1579
|
(Itanguriro 1:28) Isi ntizokwigera ikurwaho.
|
(Njàlbéen ga 1: 28) Suuf si du fi mas a jóge.
|
1.157551
|
Ni kuki none Yozefu na Mariya bo atari ho bari?
|
Waaye lu tax Yuusufa ak Maryaama nekkuñu fi ñoom it ?
|
1.157377
|
Ntibashaka gukora ivyo Imana igomba.
|
Bëgguñu def li Yàlla bëgg.
|
1.157318
|
Muzondondera, mugabo ntimuzombona, kandi aho nzoba ndi ntimushobora kuhaza."
|
Dingeen ma seet, waaye dungeen ma gis; te dungeen man a dem fa may nekk."
|
1.157222
|
Urizigira yuko uzosubira kubonana n'abawe bapfuye. - Yohani 5:28, 29.
|
Dinga am yaakaaru gisaat say mbokk yu gaañu. - Yowaana 5:28, 29.
|
1.157208
|
Nkako uwukora ugushaka kwa Data wo mw'ijuru, uwo ni we mwenewacu kandi ni we mawe."
|
Ndaxte ku def sama coobareg Baay bi nekk ci kaw, yaa di sama rakk, sama jigéen ak sama ndey."
|
1.156942
|
Abo bahungu bane bari kuri iyo shusho ni bande, kandi ni kubera iki bari i Babiloni?
|
Ñan ñooy ñeenti xale yu góor yi ñuy wone foofu, te lu tax ñu nekk Babilon ?
|
1.156825
|
Igihe asigaye wenyene, abari bamukikije kumwe na bamwe Cumi na babiri bamusiguza ivyerekeye imigani.
|
10 Gannaaw loolu ba Yeesu nekkee fu wéet, fukki taalibe ak ñaar ña, ak ñeneen ñu daan ànd ak ñoom, laaj ko ci mbirum léeb yi.
|
1.156822
|
Nitukikora ahabw'okuba akaragira abakurasi beye ngu: "Mugume mukore mutyo okuunyijukiraho."
|
Dañu koy def ndaxte digal na taalibeem yi ne: " Defleen lii, ngir fàttaliku ma. "
|
1.156759
|
Arabona ibiri mu mutima w'umuntu, kandi arazi igihe bitabereye kugaragaza impuhwe.
|
Ag ndof lay doon ci moom; du ko mana xam, ndax loolu Xelum Yàlla lees koy natte.
|
1.156631
|
Imana ihezagira Nowa 1 Imana irahezagira Nowa n'abahungu biwe, ibabwira iti: "Nimurondoke, mugwire, mwuzure isi.
|
1 Ci kaw loolu Yàlla barkeel Nóoyin aki doomam ne leen: "Giirleen te bare, ba fees àddina.
|
1.156562
|
Iyo umuntu atavyawe n'amazi na Mpwemu, ntashobora kwinjira mu bwami bw' Imana.
|
Ku judduwul ci ndox ak ci xelum Yàlla, doo man bokk ci nguuru Yàlla.
|
1.156461
|
Bashikibe bo ntibari aha muri twebwe?"
|
Te ay rakkam yu jigéen ndax nekkuñu fi ak nun?"
|
1.156242
|
Omwa kisasani, abalhume babiri abimene na Musa ni bahi?
|
Ñaari góor ñi nekk ak Musaa, ñan lañu?
|
1.156199
|
Bafatwa rero nk'umuhari kuko baragira indagano mugutangura.
|
5:12 te dina daje ak mbugal ndaxte fecci na kóllëre.
|
1.156086
|
Munezerwe musimbasimbishwe n'akanyamuneza, kuko impembo yanyu ari nini mw'ijuru; kuko ukwo ari ko bahamye abahanuzi b'imbere yanyu."
|
bégleen te bànneexu, ndax seen yool dina réy ci laaxira. ndaxte noonu lañu daan fitnaale yonent yi fi jiitu.
|
1.15608
|
"Iki ni co canzanye mw'isi" (Yohani 18:37)
|
" Lii moo tax ma ñëw àddina " (Yowaana 18:37)
|
1.155951
|
Yesu ati: " Umwana w'umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo bazotororokanya ibitsitaza vyose n'abakoze ibizira, babikure mu bwami bwiwe. "
|
Doomu nit ki dina yebal ay malaakaam, ñu jële ci nguuram lépp luy yóbbe nit bàkkaar, ak ñiy def bàkkaar,
|
1.155821
|
Ni kubera iki Yezu yavuze ko abigishwa biwe bakwiye gusenga basaba ngo ukugomba kw'Imana gukorwe mw'ijuru?
|
Lu tax Yeesu waxoon ne taalibeem yi dañu war a ñaan ngir coobare Yàlla am ci kaw?
|
1.155785
|
Bibiliya iratanga inyishu zitomoye kuri ivyo bibazo.
|
Biibël bi dafay tontu lu leer ci laaj yooyu.
|
1.155706
|
53 Nuko barikubura buri muntu asubira iwe.
|
53 Gannaaw loolu ku ci nekk dellu sa kër.
|
1.155247
|
Abo bavuga ivyo bishakiye ngo nkurunziza mbega nkurunziza ntibaziko imana asenga ariyukuri?
|
Naka lañu mënee ràññee ñiy jaamu Yàlla dëgg?
|
1.155219
|
Abapfuye boba bazosubira kubaho?
|
Ndax ñi dee dinañu dundaat ?
|
1.155027
|
Ni Abanyisrayeli?
|
Ndax bànni Israyil lañu?
|
1.15444
|
Erega naje ndi umuvyeyi.
|
i am a mom too.
|
1.154272
|
mwizere Uhoraho Imana yanyu,mubone gushikama;mwizere n'abavugishwa nawe,mubone gutsinda. _ Ihanga ry-Imana Abisezerano
|
13 Farluleen te dëgër ci ngëm, di góor-góorlu te am pastéef.
|
1.153842
|
URIBUKA ko umaze kwumva ivy'iyi misore itatu?
|
NDAX yaa ngi fàttaliku ñetti góor ñii ?
|
1.153572
|
kandi ntawuzosubira kwimenyereza kurwana.
|
te dootuñu jàngati xare.
|
1.153569
|
22 "Nimuzane ibintu bizoba, mubitubwire.
|
22 "Woneleen ko te wax nu liy ñëw.
|
1.153521
|
Barigeze no guharira barondera kumenya umukuru muri bo.
|
24 Taalibe ya it di werante, ngir xam kan ci ñoom moo gëna màgg.
|
1.153423
|
Inkuru ya 16: Isaka abona umugore mwiza
|
Nettali 16: Isaaxa takk na jabar ju baax
|
1.153309
|
Uburyo bumwe, ni mu gusenga: Aho ni wewe uba uriko urayagira Imana.
|
Ñaan mooy ci lu yomb wax ak Yàlla.
|
1.153201
|
"Ubumenyi nyakuri" bwagwiriye gute muri iki "gihe c'iherezo"?
|
Naka la " xam-xam dëgg " baree ci " muju jamono " jii?
|
1.153126
|
Ni ibintu ibihe bibiri bihambaye vyobaye bivugwa mu Vyahishuwe 12:10?
|
Yan ñaari xew-xew yu am solo lañu wax ci Peeñu ma 12:10?
|
1.152857
|
Yezu yaciye amubwira ati: "Ni jewe zuka n'ubuzima.
|
Yeesu ne ko: "Man maay ndekkite li, maay dund gi.
|
1.152767
|
12 "Ni co gituma ivyo ari vyo nzokugirira, ewe Isirayeli!
|
12 "Moo tax ma di leen def lii, yeen bànni Israyil.
|
1.152648
|
URAZI uwo aryamye hasi uwo ari we?
|
NDAX xam nga ki nekk fii tëdd ci suuf ?
|
1.152647
|
Umunsi umwe, Yezu yaciriye abigishwa biwe umugani, kugira abigishe ko bakwiye guhozako mu gusaba ntibarambirwe: " Habaye mu gisagara umushingantahe atubaha Imana, abantu na bo ntabababare.
|
2 Nee na: "Dafa amoon cib dëkk, benn àttekat bu ragalul Yàlla te faalewul mbindeef.
|
1.152583
|
Igihano ca kane, ica gatanu n'ica gatandatu vyari ibiki?
|
Lan moo xewoon ci ñeenteel, juróomeel ak juróom-benneelu musiba yi?
|
1.152375
|
Nta ho murumva ijwi ryiwe, kandi ntimurabona ishusho yiwe, 38 bitayeko ntimufise ijambo ryiwe riguma muri mwebwe, kuko uwo yatumye mutamwizeye.
|
Musuleen a dégg baatam te musuleen a gis xar-kanamam, 5:38 te kàddoom saxul ci yéen, ndaxte gëmuleen ki mu yónni.
|
1.152291
|
Umwe wese n'atange ico yiyumviriye ku mutima, ntabitangane amarira canke agahato, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe.
|
9:7 Kon na ku nekk joxe, ni mu ko nase ci xolam, te bañ cee am réccu walla sañul-bañ, ndaxte kiy joxe ak mbég moo neex Boroom bi.
|
1.151944
|
Imana yahaye Adamu igikorwa ikihe?
|
Ban liggéey la Yàlla jox Aadama ?
|
1.151913
|
Ni kubera iki ba bakuru b'idini bagira ishari, mugabo ni ibiki bishika igihe intumwa zishizwe mw'ibohero ubugira kabiri?
|
Lu tax kilifa diine yi iñaan, waaye lan moo xew ñaareelu yoon bi ñu tëjee ndaw yi kaso ?
|
1.15183
|
Azotwara ari mw ijuru, azane amahoro kw isi.
|
Dina nekk asamaan te indi jàmm ci kow suuf si.
|
1.151805
|
Ubwiza bw'Imana burikumwe n'abana bayo, nico gituma igiye kwiyereka ukundi gusha abagendana nayo, bazoja babona ikintu gisha nkuko yabivuze.
|
Te bu ma feeñale ndamu Yàlla, Yàlla itam ci teewaayam dina feeñal ndamu Doomu nit ki, te dina ko def léegi.
|
1.15178
|
14 na we azokubwira ivyo bintu, ari vyo vyotuma wewe n'abo mu nzu yawe bose mukizwa+.'
|
14 Dina la àgge kàddu yu lay musal, yaw ak sa waa kër gépp."
|
1.151646
|
Uremeye ivyo ? "
|
Ndax gëm nga loolu?"
|
1.151555
|
Aca atangura kubabarira ati: "Uyu musi ivyanditswe vyarangutse imbere yanyu."
|
21 Mu àddu, ne leen: "Tey jii la mbind mii mat, ngeen dégg."
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.