score
float32 1.04
1.25
⌀ | Chichewa
stringlengths 10
500
| Rundi
stringlengths 9
498
⌀ |
|---|---|---|
1.246876
|
Na tenepo Iye athimiza na kulonga kuti: "Ndimo mwene, ndimo mwene Ine ndinakupangani tenepa: Imwe munati muone thambo mbifunguka, anju za Mulungu mbizikwira, mbizichita na pana Ine, Mwana wa Munthu."
|
Arongera amubwira ati: "Ni ukuri ni ukuri ndabibabwiye: muzobona ijuru ryuguruye n'abamarayika b'Imana burira bongera bamanuka aho Umwana w'umuntu ari."
|
1.246845
|
Pakuti iye akudziwa bwino mmene anatiumbira, amakumbukira kuti ndife fumbi."
|
Kuko ubwiwe azi neza ingene tubumbwe, akibuka ko turi umukungugu."
|
1.246842
|
Yesu anati: "Ine ndine mpesa weniweni, ndipo Atate wanga ndiye wam'munda."
|
Yesu avuga ati: " Jewe nd'umuzabibu w'ukuri, kandi Data ni we nyene wo.
|
1.24684
|
Kodi angayankhe liti mapemphero anu nanga angawayankhe bwanji?
|
Yishura gute amasengesho yawe kandi iyishura ryari?
|
1.246817
|
54 Penepi pyacitika ntsiku ya cixanu, ntsiku ya kusasanyira, thangwi Sabudu ikhafuna kutoma.
|
War'umusi wo kwitegura, isabato igira ishike.
|
1.246794
|
Koma n'zomvetsa chisoni kuti mkazi wanga wokondedwa, Maria, anamwalira mu 2014.
|
Ikibabaje Maria wanje yarapfuye mu 2014.
|
1.246789
|
Ndakhala zinthu zonse kwa anthu onse, kuti kudzera ponse ndikapulumutse ena.
|
Kuri bose nigize vyose, kugira ngo mbashe gukiza bamwebamwe uko nshobora kwose.
|
1.246783
|
Kumwamba ndi dziko lapansi zidzapita; koma mau anga sadzapita.
|
Ijuru n'isi bizozimangana, ariko amajambo yanje ntazohera."
|
1.246775
|
Muziyerekezera mutakumana ndi azigogo anu akalekale ndipo mukuwaphunzitsa zonse zimene Mulungu wawachitira.
|
Nuse n'uwubona umunezero uzogira usubiye kubonana n'incuti zawe zapfuye kera maze ukazigisha ibintu vyose Imana yazikoreye.
|
1.246742
|
Nkhosa zanga zimamva mawu anga, ine ndimazidziwa, izonso zimanditsatira.
|
Intama zanje zirumviriza ijwi ryanje, nanje ndazizi kandi zirankurikira.
|
1.246742
|
Cinentso cakutoma akhakwanisa kucitsalakana, mbwenye cakumalisa nee pang'ono pene.
|
Ibara rya mbere riraheze, eh'ukundi kubon'ibara kubiri guhava kuza hanyuma.
|
1.246726
|
Mulungu anapereka udindo umenewu kwa makolo osati kwa agogo kapena wina aliyense.
|
Imana yashinze iryo banga abavyeyi, ntiyarishinze ba sekuru na ba inakuru canke uwundi muntu uwo ari we wese.
|
1.246704
|
Lezani mtima inunso, limbitsani mitima yanu; pakuti kudza kwake kwa Ambuye kuyandikira.
|
Namwe, nimwiyumanganye, mukomeze imishaha yanyu, kuko amaza y'Umukama ari hafi.
|
1.246703
|
." . .Choncho Ayuda anayamba kutsutsana wina ndi mnzake, nati: "Kodi munthu ameneyu angatipatse bwanji thupi lake kuti tidye?"
|
Abayuda baja mu gaharira, bavuga bati: "Uwo ashobora ate kuduha umubiri wiwe ngo tuwufungure?"
|
1.246693
|
Pakuti mudziwa malangizo amene tinakupatsani mwa Ambuye Yesu.
|
Ni ko, musanzwe muzi ya mabwirizwa twabahaye ku bw'Umukama Yezu uko ameze.
|
1.246676
|
Ine ndi Gloria timakonda kwambiri moyo wa pa Beteli.
|
Twe na Gloria turakunda ubuzima bwo muri Beteli.
|
1.246666
|
Pakuti ndidabwera kudzacitisa mgawano munthu na babace, mwana wacikazi na mai wace, mulowola na mibzala wace.
|
Kuko naje gucanishamwo abantu: umuhungu akarwanya se, n'umukobwa akarwanya nyina, n'umukazana akarwanya inabukwe.
|
1.246646
|
Pakuti ndidziwa kulakwa kwanga; tchimo langa liri pamaso panga nthawi zonse.
|
Kuko nzi ibicumuro vyanje, icaha canje cama imbere yanje na ntaryo.
|
1.246612
|
Kodi Mambo Herode akhagopa ciyani?
|
Ni igiki Umwami Herodi ashobora kuba atinya?
|
1.246603
|
Musalole kuti munthu akuposeni mphamvu."
|
Umuntu buntu ntakurushe inkomezi."
|
1.246575
|
Kodi kuuka kwa Yesu kunali kosiyana bwanji ndi kuuka kwa anthu ena m'mbuyomo?
|
Izuka rya Yezu ritandukaniye he n'ayabaye imbere yiwe?
|
1.246503
|
Yangʼanitsitsani kuti wina aliyense asachiphonye chisomo cha Mulungu ndiponso kuti pasaphuke muzu wamkwiyo umene udzabweretsa mavuto ndi kudetsa ambiri.
|
Nimwitonde, kugira ngo ntihagire n'umwe atakaza inema y'Imana kandi kugira ngo ntihagire umuzi urura n'umwe usubira kunaga, ngo utere umudurumbanyo no kwandukiza umuryango wose.
|
1.246493
|
Komanso ndikudziwa kuti lamulo lake limatanthauza moyo wosatha."
|
Kandi ndazi yuko ibwirizwa ryiwe risobanura ubuzima budahera."
|
1.246478
|
Caka ciliconse anzake a mwana wa Yefita anali kupita kukamuona
|
Buri mwaka, abagenzi b'umukobwa wa Yefuta baraja kumuramutsa
|
1.246447
|
Koma Yesu pamene anamva, anati, Kudwala kumene sikuli kwa imfa, koma chifukwa cha ulemerero wa Mulungu, kuti Mwana wa Mulungu alemekezedwe nako.
|
Ngo avyumve, Yezu asubizayo ati: " Iyo ndwara si urujanyi ni uburyo bwo kuninahaza Imana, izotuma Umwana w'Imana aninahazwa. "
|
1.246444
|
Iye anati: "Madzulowo, mwinimunda wa mpesa uja anauza kapitawo wake kuti, 'Itana antchito aja uwapatse malipiro awo, kuyambira omalizira, kutsiriza ndi oyambirira.'
|
Agira ati: "Bugorovye, nyen'umurima w'imizabibu abwira uwubijejwe ati: 'Hamagara abakozi ubahe impembo yabo, uva ku wa nyuma uja ku wa mbere.'
|
1.246391
|
Fala la Mulungu limbati: 'Mtima umbadziwa kuwawa kwa moyo wace, ndipo palibe munthu munango omwe angakondwe naye.'
|
Ijambo ry'Imana rigira riti: "Umutima w'umuntu urazi ukudundumirwa kwiwe, kandi nta w'ahandi azokwisuka mu munezero wiwe."
|
1.246338
|
Mwachitsanzo, tingaganizire za kukhulupirika kwa Rute.
|
Nk'akarorero, turashobora kuzirikana ku bijanye n'ukudahemuka kwa Rusi.
|
1.246335
|
21 Ndiwuzeni, inu akukhumba kukhala omvera lamulo, kodi simukumva chilamulo? 22 Pakuti kwalembedwa, kuti Abrahmu adali nawo ana amuna awiri, m'modzi wobadwa mwa mdzakazi, ndi m'modzi wobadwa mwa mfulu.
|
Mbega ntimwumva ivyagezwe? 22Kuko vyanditswe yuko Aburahamu yarafise abahungu babiri, umwe ari uwo ku ncoreke, uwundi ari uwo ku mugore bwite.
|
1.246327
|
Kodi inuyo muli ndi mnzanu woteroyo?
|
Woba ufise umugenzi somambike nk'uwo?
|
1.246296
|
Mbani pakati panu anakhonda kufungulira ng'ombe peno buru yace n'thanga ntsiku ya Sabudu, toera kwenda kaimwesa madzi? 16 Mphapo nkazi uyu wa dzindza ya Abharaamu adamangwa na Sathani pyaka khumi na pisere, nkhabe kukwanira kuti iye akwanise kusudzulwa nthenda yace ntsiku ya Sabudu?"
|
Na we uyu mwana wa Aburahamu yari amaze imyaka cumi n'umunani yose aboshwe na shetani, ntiyari akwiye kubohorwa ngo ni uko ari ku musi w'isabato?"
|
1.246294
|
Ndinawafotokozera kuti Mulungu ndi amene akufuna kuti tizilalikira uthenga wabwino wa Ufumu.
|
Naramusiguriye ko Imana ari yo ishaka ko twamamaza inkuru nziza y'Ubwami.
|
1.246294
|
Lapani anthu inu, ndipo khulupirirani uthenga wabwino."
|
Nimwigaye, kandi mwizere inkuru nziza."
|
1.246288
|
Pakuti ngakhale Khristu sanadzikondweretse yekha."
|
Kuko na Kristu atishimishije ubwiwe."
|
1.24628
|
Pakuti iwo akunena zotere awonetserapo kuti alikufuna kuti dziko likhale lawo.
|
Abavuga bartyo baba berekana ko barondera igihugu cabo bwite " (Abaheburayo 11: 14-15).
|
1.246268
|
Kodi Mose akuuza ena mwa amunawo kuchita chiyani?
|
Musa abarira abagabo bamwe ngo bakore iki?
|
1.246263
|
Alongowa anali amsinkhu wofanana ndi mayi anga choncho ndinkawalemekeza kwambiri.
|
Abo bashiki bacu ni nk'aho bangana na mawe, nkaba rero narabubashe.
|
1.246258
|
Kodi mumbatenda basa lomwe akulu ambaticitira?
|
Woba ukenguruka igikorwa abakurambere badukorera?
|
1.246248
|
Jezu adalewa kuti: 'Pakumalizira pace, pomwe iye adabwerera pambuyo pakukhala mambo, adacemeresa akapolo omwe akhadawapasa kobiri wale, kuti adziwe bzomwe akhadawina pa basa lawo la malonda.
|
Ntibitevye noneho arahindukira, aza ari umwami; ashitse ahamagara ba basuku yasigarana ya mahera ngo arabe ingene bari bayacuruje.
|
1.246239
|
M'bale Russell anapita ku Ireland maulendo 7.
|
Umuvukanyi Russell yagize ingendo muri Irlande incuro indwi.
|
1.246235
|
Tsopano nʼkuti Yesu asanalowe mʼmudzi, koma anali akanali pa malo pamene Marita anakumana naye.
|
Yezu ntiyari bwashike mu gisagara, yari akiri aho bahwaniye na Marita.
|
1.246222
|
Cifukwa cace, abale, yang'anani mwa inu amuna asanu ndi awiri a mbiri yahwino, odzala ndi Mzimu ndi nzeru, amene tikawaike asunge nchito iyi.
|
None rero bagenzi, nimwitorere muri mwebwe abantu indwi b'imigenzo myiza, buzuye Mutima Mweranda n'ubwitonzi, tuzobagenere ico gikorwa.
|
1.246213
|
Ngakhale amayi amenewa akhoza kuiwala, koma ine sindidzakuiwala."
|
Mbere abo bagore boshobora kwibagira, yamara jewe sinzokwibagira." *
|
1.246202
|
Cotero munthu atiyese ife, monga atumiki a Kristu, ndi adindo a zinsinsi za Mulungu.
|
Umuntu wese rero n'atubonemwo abasuku ba Kristu n'abashikiriza b'amabanga y'Imana.
|
1.246198
|
Koma anathamanga onse awiri pamodzi; ndipo wophunzira winayo anathamanga naposa Petro, nayamba kufika kumanda;
|
Bompi bagenda bariruka, ariko wa mwigishwa wundi arasiga Petero, amutanga ku ruhafu.
|
1.246121
|
Cifukwa cace, abale, yang'anani mwa inu amuna asanu ndi awiri a mbiri yahwino, odzala ndi Mzimu ndi nzeru, amene tikawaike asunge nchito iyi.
|
None rero bagenzi, nimwitorere muri mwebwe abantu indwi b'imigenzo myiza, buzuye Mutima Mweranda, bitonda, tuzobagenere ico gikorwa.
|
1.246099
|
9 Koma sikuti atumiki a Mulungu amangoganizira za iwowo.
|
9 Abasavyi b'Imana ntibagumiza umutima ku vyabo gusa.
|
1.246053
|
33 Na tenepo, nkhabe m'bodzi wanu anakwanisa kukhala nyakupfundza wanga, angakhonda kusiya pyonsene pina iye.
|
33Ni ko biri, umuntu wese muri mwebwe adaheba ivyo afise vyose ntashobora kuba umwigishwa wanje.
|
1.246045
|
3 Natenepa, citani mbamutoweza pyonsene pinakupangani iwo, mbwenye lekani kucita pinacita iwo, thangwi iwo asalonga, mbwenye nee asacita pinalonga iwo.
|
Ivyo bababwira vyose rero murabikore, mugireko mubizigame; yamara ntimubigane mu vyo bakora, kuko ico bavuga si co bakora.
|
1.246026
|
Mpostolo Juwau adanemba kuti: 'Ule omwe an'khulupira Mwanayo ana moyo wakusaya kumala, omwe an'khulupira lini Mwanayo an'dzaugumana lini moyo, koma ukali bwa Mulungu bun'dzakhala pa iye.'
|
Intumwa Yohani yanditse ati: "Uwizera Umwana arafise ubuzima budahera; uwugambararira Umwana ntazobona ubuzima, ahubwo uburake bw'Imana buguma kuri we."
|
1.246007
|
Tidzakhala okondwa kuyankha mafunso anu.
|
Azohimbarwa no kuyaga nawe ku bibazo nk'ivyo.
|
1.245978
|
Pakuti ndidzakupanga iye mtundu waukulu. "
|
Ariko wewe, nzokugira igihugu kininiya. "
|
1.245951
|
Kapena kodi munthu adzaperekanji chosinthana ndi moyo wake?
|
Canke umuntu yotanga iki ngo acungure ubuzima bwiwe?"
|
1.24594
|
Kodi ali a Israyeli?
|
Ni Abanyisrayeli?
|
1.245921
|
Muzigwiritsa Ntchito Bwino Lilime Lanu
|
Nukoreshe neza ububasha bw'ururimi rwawe
|
1.245917
|
Anthu owongoka mtima, iye amawasungira nzeru zopindulitsa."
|
Kandi abagororotse azobabikira muri ntibate ubukerebutsi ngirakamaro."
|
1.245914
|
16 Tizipemphera kwa Mulungu nthawi zonse.
|
16 Dusenge Imana tudahorereza.
|
1.245901
|
Kodi N'zothekadi Kukwatira Kapena Kukwatiwa "Mwa Ambuye"?
|
Kwubaka "mu Mukama gusa," vyoba bikibereye?
|
1.245901
|
Apo iwo antawira tenepa: "Pano ife tina mikate mixanu, na nyama ziwiri basi za m'madzi.
|
Na bo bati: "Nta kintu dufise ngaha, ndetse imikate itanu n'ifi zibiri."
|
1.245898
|
Kodi John ndi Alison amathetsa bwanji vuto limeneli?
|
None John na Alison batorera gute umuti iyo ngorane?
|
1.245868
|
Pakuti mudziwa malangizo amene tinakupatsani mwa Ambuye Yesu.
|
Ni ko, musanzwe muzi ya mabwirizwa twabahaye kubw'Umukama Yezu uko ameze.
|
1.245861
|
Nsembe ya Mwana wanu si yokwaniranso moti ingaphimbe machimo anga.'
|
Incungu y'Umwana wawe ntihagije ku buryo yopfuka ibicumuro vyanje.'
|
1.245845
|
Koma Abrahamu anati, Ali ndi Mose ndi aneneri; amvere iwo.
|
Ibrahimu amwishura ati: 'Barafise Musa n'abahanuzi, nibabumvire.'
|
1.245839
|
23 Atate wathu amafuna kuti tiyandikane naye.
|
23 Dawe wa twese ashaka yuko tumwiyegereza.
|
1.245834
|
Zinthu izi ukuyenera kuziphunzitsa ndi kuwalamula anthu.
|
Uzokwigishe ivyo, ubibahanure.
|
1.245827
|
Lapani ndi kukhulupirira Uthenga Wabwino. "
|
Nimwigaye, kandi mwizere inkuru nziza.' " (Mrk.
|
1.245788
|
Idzaona Mwana wa Munthu akubwera ndi mitambo, mphamvu ndi ulemerero waukulu.
|
Niho bazobona Umwana w'umuntu aje mu bicu afise inganji nyinshi n'ubuninahazwa bwinshi.
|
1.245764
|
Ngati kuli Mulungu Wamphamvuyonse, n'chifukwa chiyani sateteza anthu abwino kuti asamakumane ndi mavuto?
|
Nimba hariho Imana mushoboravyose, kubera iki idakingira ingorane abantu beza
|
1.245724
|
Komatu palibe ngakhale imodzi imene idzagwa pansi Atate wanu osadziwa.
|
Ariko rero, nta na kamwe muri two gapfa, So wanyu atabishatse.
|
1.245711
|
Kunena zoona, adani a munthu adzakhala a m'banja lake lenileni." - Mat.
|
Egome, abansi b'umuntu bazoba abo mu rugo rwiwe bwite." - Mat.
|
1.245665
|
Anthu ndi angelo amene Mulungu analenga akanakwanitsa kumvela Mulungu bwino-bwino.
|
Abantu be n'abamarayika Imana yaremye, bari bashoboye kuyigamburukira ata gahaze.
|
1.245634
|
Akasankha zochita mwanzeru, zinthu zingawayendere bwino.
|
Iyo bafashe ingingo nziza, birabagirira akamaro.
|
1.245578
|
Kodi Ramiro anasankha chiyani chimene chinamuthandiza kukhala wosangalala?
|
Ni ihitamwo irihe ryatumye Ramiro agira ubuzima burangwa agahimbare?
|
1.245569
|
Miriam anati: "Tinapemphedwa kuti tikhale apainiya apadera.
|
Miriam avuga ati: "Twari twagenywe kuba abatsimvyi badasanzwe.
|
1.245567
|
Mngeloyo anati: "Iye sali pano chifukwa wauka kwa akufa."
|
Nya mumarayika yavuze ati: "Nta wuri ng'aha, kuko yazuwe."
|
1.245534
|
Kodi odzozedwa amathandiza bwanji a "nkhosa zina" kukhala olungama?
|
Abarobanuwe bazana gute "izindi ntama" ku bugororotsi?
|
1.245525
|
Ndithu akanalembedwa m'buku!
|
Ese iyaba yokwanditswe mu gitabu!
|
1.245507
|
Nayenso mwamuna wake ndi mwana wake ankamusowa kwambiri.
|
Umugabo wiwe n'umwana wiwe na bo nyene baramukumbuye.
|
1.245482
|
Joh 15:4 Khalani mwa Ine, ndi Ine mwa inu.
|
Yohana15:4 Ni mugume muri jewe,nanje ngume muri mwebwe.
|
1.24548
|
Kenako Yesu anagwiritsa ntchito zizindikiro pouza munthuyo zimene ankafuna kuchita.
|
Maze Yezu akoresha ibimenyetso binaka kugira ngo amenyeshe uwo mugabo ico yari agiye kugira.
|
1.245476
|
Odala ndi amene amakhulupirira ngakhale sanaone." - Yohane 20:29.
|
Hahirwa abemera batarinze kubona." - Yohani 20:29.
|
1.24544
|
Baibulo limatchula za angelo maulendo oposa 250.
|
Bibiliya iravuga ibijanye n'abamarayika incuro zirenga 250.
|
1.245433
|
Yesu anauza atumwi ake kuti: "Ndili ndi zambiri zakuti ndikuuzeni, koma simungathe kuzimvetsa zonsezo pakali pano.
|
Yezu yabwiye abigishwa biwe ati: "Ndacari n'ibindi vyinshi nobabwiye, ariko ubu ntimwoshobora kuvvakira.
|
1.245428
|
Iyeyu, wapakhomo am'tsegulira ndi nkhosa zimva mawu ake; ndipo aitana nkhosa za iye yekha mayina awo, nazitsogolera kunja.
|
Ni we umurindarembo yugururira, intama na zo zikumva ijwi ryiwe: ahamagara intama ziwe, imwe imwe mw'izina ryayo, akaziturutsa.
|
1.245427
|
Kodi Mawu a Mulungu amathandiza bwanji kuti mpingo ukhale woyera, wamtendere komanso wogwirizana?
|
Impanuro ziri mw'Ijambo ry'Imana zidufasha gute gutuma ishengero riguma rityoroye kandi rirangwamwo ubumwe n'amahoro?
|
1.245398
|
Ndinapeza ntchito ina ndipo ndinakhala ku Sydney chaka chimodzi.
|
Nararonse akazi, nca mara umwaka ndi ng'aho i Sydney.
|
1.24538
|
Kodi Aisiraeli anamvera malangizo ati?
|
Abisirayeli bakurikije ubuyobozi ubuhe babigiranye ukugamburuka?
|
1.245374
|
Koma winango omwe pakuyamba akhanamata bzifanikisobzo, akhawona kuti kudya nyamayo kungadakhala ninga mbali ibodzi ya kunamata.
|
Abahoze basenga ivyo bigirwamana bobo, babona ko kuzirya ari nko kubisenga.
|
1.245361
|
Fanizo ili Yesu ananena kwa iwo; koma sanazindikira zimene Yesu analikulankhula nao.
|
Uwo ni wo mugani Yezu yabaciriye, ariko ntibategereye ico yashaka kubabwira.
|
1.245289
|
10 Kodi ndimavutika kukhululukira anthu?
|
10 Vyoba bingora kubabarira abandi?
|
1.245255
|
Tingathe kusankha kumutumikira kapena ayi.
|
Turahitamwo kumukorera canke kutamukorera.
|
1.245244
|
'Ntsiku zakumalisa' za makhaliro ano a pinthu zatoma. - 2 Tim.
|
"Imisi ya nyuma" y'ivy'iyi si yari itanguye. - 2 Tim.
|
1.245244
|
ndipo m'mene analinkudya, Iye anati, Indetu ndinena kwa inu, mmodzi wa inu adzandipereka Ine.
|
Bariko barafungura, arababarira ati: "Ni ivy'ukuri ndababariye: umwe muri mwebwe aza kungurisha."
|
1.245236
|
Pamene ndinkafika ku El Salvador ntchito yolalikira inali itangoyamba kumene.
|
Igihe nashika muri Salvador ari bwo bwa mbere, igikorwa co kwamamaza ni ho cari kigitangura.
|
1.245226
|
Mbani mwa ife wakuti nee asafuna kulekererwa na Mulungu ntsiku zonsene?
|
Ni nde muri twebwe adakeneye guharirwa n'Imana uko bukeye uko bwije?
|
1.245223
|
Ngati oipa asintha njira zawo, iye ndi wokonzeka 'kukhululukira.'
|
Iyo abanyakibi bahinduye inzira zabo, aba "[a]gabirije guharira."
|
1.245159
|
Muzikumbukira Atumiki a Nthawi Zonse
|
Twibuke abari mu murimo w'igihe cose
|
1.245127
|
Kodi iwepo ungadalekambo lini kumubvera nsisi kapolo mwanzako ule, ninga momwe ine ndakucitira nsisi?'
|
None weho ntiwari ukwiye kugirira imbabazi umushumba mugenzawe, nk'uko nanje nakugiriye imbabazi?"
|
1.245123
|
Paja Mawu a Mulungu amati: "Danani ndi choipa ndipo muzikonda chabwino."
|
Ijambo ry'Imana rigira riti: "Nimwanke ikibi, mukunde iciza."
|
1.24511
|
16:32 Ndipo iwo anayankhula Mawu a Ambuye kwa iye, limodzi ndi onse amene anali m'nyumba yake.
|
AccueilBamubarira Ijambo ry'umwami Yesu,n'abo mu nzu yiwe bose...aca arabatizwa,no n'abiwe bose.
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.