score
float32 1.04
1.25
⌀ | Chichewa
stringlengths 10
500
| Rundi
stringlengths 9
498
⌀ |
|---|---|---|
1.248325
|
"Tulukani Mwa Iye Anthu Anga"
|
"Nimuve iwe, bantu banje"
|
1.248311
|
Ndipo mngelo anati kwa iye, Usaope, Maria; pakuti wapeza chisomo ndi Mulungu.
|
Nya mumarayika yamara aramubwira ati: "Humura, Mariya, warashimwe n'Imana.
|
1.248303
|
nati, Tikuyamikani, Ambuye Mulungu, Wamphamvuyonse, amene muli, nimunali; popeza mwadzitengera mphamvu yanu yaikuru, ndipo mwacita ufumu.
|
Na hano hejuru babisubiyemwo ngo: Turagushima Mwami Mana ushobora vyose, uriho kandi wamyeho, wabiriye ububasha bwawe buhambaye, ukima.
|
1.248301
|
Aliyense wakumva anene kuti: "Bwera!"
|
Uwumviriza na we n'avuge ati: "Ngw'ino!"
|
1.248295
|
Rev 16:20 Ndipo zilumba zonse zidathawa, ndipo mapiri sadapezeke.
|
Mwabonye ko mu tuzitizo, handitswe ngo: Ibizinga vyo mu kiyaga vyose birahunga, kandi imisozi ntiyasubira kuboneka.
|
1.248279
|
Kodi pamlungu ndimacheza kangati ndi mwamuna kapena mkazi wanga popanda ana?
|
Mbega noba mara umwanya ungana gute buri ndwi ndi kumwe n'uwo twubakanye, tutari kumwe n'abana?
|
1.24827
|
Kodi anthu anataya bwanji ufulu weniweni?
|
Umwidegemvyo nyakuri watakaye gute?
|
1.248259
|
Onani, ndinabadwa m'mphulupulu: Ndipo mayi wanga anandilandira m'zoipa.
|
Rāba, nabumbanywe ukugabitanya, mu vyaha ni ho mama yamvyariye.
|
1.248235
|
Kodi Nthawi Zonse Umafuna Kukhala Woyamba?
|
In Mono Imito ni Ibed Mukwongo Kare Ducu?
|
1.248228
|
Ngati ndi kotheka, khalani mwamtendere ndi anthu onse, monga mmene mungathere.
|
Nimba bishoboka, uko bivana namwe kwose, mubane amahoro n'abantu bose.
|
1.248196
|
Zimakhala bwino kukhala ndi anzako ambiri."
|
Ni vyiza kugira abagenzi benshi."
|
1.248172
|
Pakuti pamene Mulungu analonjezana naye Abrahamu, popeza analibe wamkuru woposa kumlumbira, analumbira pa iye yekha,
|
- Imana yasezeranije Aburahamu umwana ashaje irabisohoza;
|
1.248124
|
Komatu palibe ngakhale imodzi imene idzagwa pansi Atate wanu osadziwa.
|
Ariko muri two nta na kamwe gakorokera hasi, So atabizi.
|
1.2481
|
Uthengawu ndi wonena za Mwana wake amene mwa umunthu wake anali wochokera mwa Davide.
|
Iyo Nkuru Nziza yerekeye Umwana wayo, Yezu Kristu Umwami wacu, wabayeho ku bw'umubiri ari mwene Dawudi, ariko izuka rye ava mu bapfuye rikagaragaza ko ari Umwana w'Imana mu bubasha bwose ku bwa Roho Mutagatifu.
|
1.2481
|
Kodi anthu ambiri othawa kwawo amakumana ndi mavuto otani?
|
Impunzi nyinshi zahuye n'ingorane izihe?
|
1.248086
|
Abulahamu anayankha kuti: 'Mwana wanga, Yehova akatipatsa.'
|
Aburahamu yamwishuye ati: 'Mwananje, Yehova araza kukiduha.'
|
1.248073
|
Apo iwo antawira tenepa: "Pano ife tina mikate mixanu, na nyama ziwiri basi za m'madzi.
|
Na bo bati: " Nta kintu dufise ngaha, ndetse imikate itanu n'ifi zibiri. "
|
1.248056
|
Kumwamba ndi dziko lapansi zidzapita; koma mau anga sadzapita.
|
Ijuru n'isi bizoteba bihere, yamara amajambo yanje ntazohera.
|
1.248051
|
Amandilambira Ine kwachabe ndi kuphunzitsa malamulo ndi malangizo a anthu.' "
|
Bansengera ubusa, kuko inyigisho bigisha ari amabwirizwa y'abantu.'"
|
1.24805
|
." . .Choncho Ayuda anayamba kutsutsana wina ndi mnzake, nati: "Kodi munthu ameneyu angatipatse bwanji thupi lake kuti tidye?"
|
Abayuda baja mu gaharira, bavuga bati: " Uwo ashobora ate kuduha umubiri wiwe ngo tuwufungure ? "
|
1.248037
|
Nsiku iri-yense imbakwane na bzakuipa bzace.'
|
Umusi wose ugorwa n'ivyawo."
|
1.248031
|
Pa nthawi imeneyi n'kuti inenso nditabwerera ku Hong Kong.
|
Ico gihe nanje naba i Hong Kong.
|
1.248029
|
Koma Yesu pamene anamva, anati, Kudwala kumene sikuli kwa imfa, koma chifukwa cha ulemerero wa Mulungu, kuti Mwana wa Mulungu alemekezedwe nako.
|
Ngo avyumve, Yezu ati: " Iyo ndwara si urujanyi, ni uburyo bwo kuninahaza Imana; izotuma Umwana w'Imana aninahazwa. "
|
1.248019
|
Kodi ndi ziphunzitso ziwiri ziti zimene zimalepheretsa anthu kudziwa zoona zokhudza Mulungu?
|
Ni inyigisho zibiri izihe zituma abantu badatahura ukuri kwerekeye Imana?
|
1.248008
|
Davide anamvera bambo akewo ndipo ananyamula katundu woti akapereke kwa abale akewo n'kuyamba ulendo wopita kuchigwa cha Ela.
|
Dawidi yaragamburutse, aja kuraba benewabo ku mwonga wa Ela abashiriye ibifungurwa.
|
1.248003
|
Kuno ndiko kumene Yesu anakulira.
|
Ni ho Yezu yakuriye.
|
1.247939
|
tawonani, kuyambira tsopano mibadwo yonse idzanditcha wodala; pakuti iye amene ali wamphamvu wachita zazikulu
|
Kuko, ehe kuva ubu amayaruka yose azonyita umuhirwe; kubera ko wa Munyabubasha ankoreye ibikomeye."
|
1.247927
|
Choncho Mulungu anamukweza Iye kukhala wapamwamba kwambiri, ndipo anamupatsa dzina loposa dzina lina lililonse
|
ikamugabira Izina rirengeye amazina yose,
|
1.247924
|
Ngati Mzimu akutsogolerani, simuli omvera lamulo.
|
Nimwaba muyoborwa na Mutima, ntimuganzwa n'Ibwirizwa.
|
1.247917
|
Onse awiri anali olungama pamaso pa Mulungu, ndipo amasunga malamulo ndi malangizo onse a Ambuye osalakwa konse.
|
Bose bari intungane mu maso y'Imana, bari intahinyuka mu gukora amabwirizwa n'amategeko yose y'Umukama.
|
1.247911
|
Inu, dzazani inu muyeso wa makolo anu.
|
Cinta segi lima awowkwokwwokwokwok
|
1.24788
|
27 Ndikulamurirani mwa Ambuye kuti kalatayu awerengedwe kwa abale onse woyera mtima.
|
27Nimbarahiza Mukama ku ebaruha egi eshomerwa abanyaruganda boona.
|
1.247871
|
Chifukwa pamene tinali kum'mawa, tinaona nyenyezi yake ndipo tabwera kudzaigwadira.'"
|
Kuko twabonye inyenyeri yiwe, turi i burasirazuba none tukaba tuzanywe no kumushengerera.
|
1.247871
|
(Mwachitsanzo, kodi mumacheza bwino ndi anthu?
|
(Nk'akarorero, woba uzi kubana neza n'abandi?
|
1.247862
|
Kodi iye sindiye "wokhulupirika" wamkulu wa Mulungu?
|
Mbega none si we "ntahemuka" (NW) mukuru w'Imana?
|
1.247861
|
Zaka 10 zapitazo, iye sankakonda kulalikira.
|
Mu myaka nka cumi iheze, ntiyiyumvamwo na gato igikorwa co kwamamaza.
|
1.247854
|
M'bale wina dzina lake Keith ndi mkazi wake Erika anachita zimenezi.
|
Ivyo ni vyo Keith na Erika bagize.
|
1.247828
|
Yesu anayankha kuti, "Zoonadi, ndikukuwuza kuti lero lino udzakhala ndi Ine mʼparadaiso."
|
Yezu aramwishura ati: " Ndakubariye ivy'ukuri: uyu munsi tuza kuba turi kumwe mw'Iparadizo ! "
|
1.247827
|
"Kodi inunso mumakhulupirira kuti kulibe Mulungu?
|
"Woba ubayeho neza naho utemera Imana?
|
1.247789
|
Koma iye analenga munthu amene kenako anadzakhala Mdyerekezi.
|
Ahubwo, yaremye uwahavuye aba Shetani.
|
1.24777
|
Pano pali nzeru: yemwe amvetsetsa awerengetsera chiwerengero cha chirombo, chifukwa ndi chiwerengero cha munthu ndipo chiwerengero chake ndi mazana asanu ndi limodzi mphambu makumi asanu ndi limodzi kudza zisanu ndi chimodzi. "
|
Aha niho ubwenge buri: Ufite ubwenge abare (aharure) umubare w'iyo nyamaswa, kuko ari umubare w'umuntu (igitigiri c'umuntu), kandi umubare we ni (igitigiri ciwe ni) magana atandatu na mirong'itandatu n'itandatu (majana atandatu na mirongw'itandatu na gatandatu.
|
1.247729
|
Koma mtima wokonda kuwerengawu unandithandiza kusukulu.
|
Ariko rero, gukunda gusoma vyaramfashije kw'ishure.
|
1.247724
|
Ndipo anakwera nao kunka kunyumba kwace, nawakhazikira cakudya, nasangalala kwambiri, pamodzi ndi a pabanja pace, atakhulupirira Mulungu.
|
Hanyuma abajanye iwe, arabazimana cane, anezerewe cane we n'abiwe bose, kuko bari bemeye Imana.
|
1.247716
|
Mkazi wanga Maria anaphunzira choonadi ku Ukraine pa nthawi ya nkhondo yachiwiri yapadziko lonse.
|
Umugore wanje Maria yamenyeye ukuri muri Ukraine mu gihe c'intambara ya kabiri y'isi yose.
|
1.247713
|
12 Tiyeni tikambiranenso zimene zinachitika ku Iguputo zija.
|
12 Mugabo nimuze dusubire twihweze ca kintu caba mu Misiri.
|
1.247654
|
Zimenezi zingakhale zopweteka eti? - Mulungunso amamva kupweteka mumtima anthu akamamunenera zabodza.
|
Ivyo birababaza, si ko none? - Imana na yo nyene irashobora kubabara igihe hagize uwuyibeshera.
|
1.247627
|
Anthu anu adzakhala anthu anga ndipo Mulungu wanu adzakhala Mulungu wanga.'
|
Abantu bawe bazoba abantu banje, n'Imana yawe ibe Imana yanje.'
|
1.247626
|
Khristu anakwezedwa kukhala kudzanja lamanja la Mulungu, nalandira Mzimu Woyera amene Atate anamulonjeza, ndipo watipatsa ife zimene mukuona ndi kumvazi.
|
Amaze kuninahazwa n'ukuryo kw'Imana kandi amaze kuronka wa Mutima Mweranda yari yaraturaganiye, yaramuturungikiye nk'uko muvyibonera mukavyiyumvira. "
|
1.247618
|
Koma ankafunabe kudziwa kumene Johnny anapita.
|
Ariko rero bagumye bibaza ukuntu Johnny yari amerewe.
|
1.247567
|
53 Mbwenye anthu a kucisa cenecire akhonda kuntambira, thangwi iwo aona kuti Yezu akhaenda ku Djerusalema.
|
Ariko ntibamwakira, kuko yaja i Yeruzalemu.
|
1.247566
|
Koma Ambuye ndiye Mzimuyo; ndipo pamene pali Mzimu wa Ambuye pali ufulu.
|
None rero Umukama ni we Mutima; bisubiye, ahari Mutima w'Umukama, ni ho imwidegemvyo uba.
|
1.247542
|
Ndakulemekezani padziko lapansi, popeza ndatsiriza kugwira ntchito imene munandipatsa.
|
Narakuninahaje kw'isi, nkaba ndangije igikorwa wampaye ngo nkore.
|
1.247535
|
Ophunzira Baibulo, m'ma 1870
|
Abatohoji ba Bibiliya mu myaka ya 1870
|
1.247517
|
Mngelo mmodzi anagalukira Mulungu.
|
Umwe mu bamarayika yaragararije Imana.
|
1.247503
|
Uthengawu ndi wonena za Mwana wake amene mwa umunthu wake anali wochokera mwa Davide.
|
Iyo Nkuru Nziza yerekeye Umwana wayo, Yezu Kristu Umwami wacu, wabayeho ku bw'umubiri ari mwene Dawudi, ariko izuka rye ava mu bapfuye rikagaragaza ko ari Umwana w'Imana, mu bubasha bwose ku bwa Roho Mutagatifu.
|
1.24746
|
Alinafe: Ndiye taganizirani za mayi anu.
|
Janine: Subira wiyumvire ibijanye na nyoko wawe.
|
1.247458
|
13 Tizithandiza ofooka.
|
13 Nufate mu mugongo abagoyagoya.
|
1.247425
|
6 Zimene anakumana nazo pa moyo wake.
|
6 Ivyo yari yariboneye.
|
1.247413
|
Inu ndinu mboni, ndiponso Mulungu, kuti tinali oyera mtima, olungama ndi wopanda chifukwa pakati panu amene munakhulupirira.
|
Muratubera ivyabona, - n'Imana nyene yotubera icabona, - ingene twabamereye mwebwe abemeye mu kwigenza mu bweranda no mu butungane kandi tutagira amahinyu.
|
1.247406
|
Iye analandira magaziniwa ndipo anandiuza kuti dzina lake ndi Katie.
|
Yaravyakiriye aca ambwira ko yitwa Katie.
|
1.24737
|
Mulungu nayenso akuchenjezeratu anthu mapeto asanafike.
|
Muri ubwo buryo nyene Imana yaratunganije ivy'uko hatangwa imburi imbere y'uko iherezo rishika.
|
1.247355
|
10 Kodi Satana anagwiritsa ntchito bwanji "chilakolako cha maso" poyesa Yesu?
|
10 Tuvuge iki ku vyerekeye Yezu?
|
1.247349
|
Akatulutsa zake zonse kunja, amazitsogolera, ndipo nkhosazo zimamutsatira, chifukwa zimadziwa mawu ake.
|
Amaze gusohora iziwe zose, azija imbere, intama na zo zikamukurikira, kuko zizi ijwi ryiwe.
|
1.247345
|
Yesu Amadyetsa Anthu Ambiri Kudzera mwa Anthu Ochepa
|
Kugaburira benshi biciye kuri bake
|
1.247336
|
"Ambuye, onani! amene mumamukonda akudwala. "
|
" Mukama, umwe ukunda ararwaye. "
|
1.24733
|
Ndipo iye anati, "Taonani, Ndikuona kumwamba kotseguka, ndi Mwana wa munthu alikuyimilira pa dzanja lamanja la Mulungu. "
|
Ni vyo twumvise na Sitefano yavuze, aho yagira ati: " Ubu mbona ijuru ryuguruye, na we Umwana w'umuntu ahagaze iburyo bw'Imana. "
|
1.247309
|
Chifukwa cha zonsezi, mkwiyo wake sunabwerere, ndipo dzanja lake lidakali lotambasula.
|
Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.
|
1.247303
|
Munthu wina dzina lake Alonso anali pa ukapolo wamtundu wina.
|
Alonso yari umuja w'ubundi bwoko.
|
1.247299
|
Panopa tikuona kuti moyo wathu uli ndi cholinga chenicheni kuposa kale." - Gregorio ndi Marilou
|
Turiyumvamwo kuruta ikindi gihe cose yuko ubuzima bwacu buri n'ico buvuze." - Gregorio and Marilou
|
1.247289
|
Mwachitsanzo, mlongo wina anati: "Ndinkaona kuti mlongo winawake ankanditenga ngati mwana.
|
Avuga ati: "Nabona ko umuvukanyikazi umwe yamfata nk'umwana.
|
1.247286
|
Koma chochititsa chidwi kwambiri n'chakuti alipo a mitundu yosiyanasiyana."
|
Igitangaje kuruta, ni uko mudasangiye ibara ry'urukoba."
|
1.247239
|
39 Choncho adafunanso kumgwira Iye; koma adapulumuka m'dzanja lawo.
|
39 Nuko bongera kurondera ingene bomufata, abava mu maboko.
|
1.247239
|
Kodi Jezu adakhala tani ciratizo cabwino ca kubvera Mulungu?
|
Ni gute Yezu ari akarorero keza mu vyo kugamburukira Imana?
|
1.24722
|
Kenako tingamufunse kuti: "Ndiyeno ngati Yesu ndi Mulungu, kodi amene anamutumayo ndi ndani?
|
Tumaze gusoma uwo murongo, twoshobora kubaza uwo muntu duti: "Nimba Yezu ari Imana, ni nde yamurungitse?
|
1.247209
|
." . .Choncho Ayuda anayamba kutsutsana wina ndi mnzake, nati: "Kodi munthu ameneyu angatipatse bwanji thupi lake kuti tidye?"
|
Abayuda baja mu vyo guharira bavuga bati: " Uwo ashobora ate kuduha umubiri wiwe ngo tuwurye ? "
|
1.247191
|
Chifukwa Inu nokha muli woyera: chifukwa mitundu yonse idzadza nidzalambira pamaso panu, popeza ziweruziro zanu zawonetsedwa.
|
Kuko ari wewe wenyene wera, amahanga yose azoza akwikubite imbere, agusenge, kuko imanza zawe zigororotse ziseruwe.
|
1.247183
|
Ngati ine, wokhala Ambuye ndi Mphunzitsi, ndasambitsa mapazi anu, inunso muyenera kusambitsana mapazi.
|
Ko rero jewe Mukama Mwigisha nabogeje ibirenge, mubwirizwa namwe kwozanya ibirenge.
|
1.247176
|
"Mukhalabe mabwenzi anga mukamachita zimene ndikukulamulani." - YOH.
|
Muri abagenzi banje nimba mukora ico ndabategetse." - Yoh.
|
1.24716
|
Ambiri amangondinena kuti Amama kapena Agogo.
|
Benshi muri bo banyita mawe abandi na bo nyogokuru.
|
1.247134
|
36 Nʼchifukwa chake ngati Mwana adzakumasulani, mudzakhala mfulu ndithu.
|
36 Umwana ni yabaha kwidegemvya, muzoba abidegemvya nyakuri.
|
1.247106
|
Taonani, ora layandikira ndipo Mwana wa Munthu akuperekedwa mʼmanja mwa ochimwa.
|
Ehe isaha iregereje y'uko Umwana w'umuntu agaburwa mu maboko y'abacumuzi.
|
1.247102
|
29Koma ndikukuuzani, kuyambira tsopano sindidzamwanso chilichonse champhesa kufikira tsiku lomwe ndidzamwa chatsopano ndi inu mu ufumu wa Atate wanga. "
|
Ariko ndababariye, singisubira kunywa iki kinyobwa c'umuzabibu, gushika umusi nzosubira kukinywa hamwe namwe mu Bwami bwa Data. "
|
1.247081
|
Mukagonja pa mayesero, mumakhala kapolo wa zilakolako zanu
|
Igihe woroheye inyosha mbi, uba ubaye umuja w'ivyipfuzo vyawe
|
1.247069
|
Kodi muli ndi galimoto?
|
Urafise umuduga?
|
1.247056
|
20 - Milandu imene tawina ku Khoti Loona za Ufulu wa Anthu ku Ulaya kuyambira mu April 2000
|
20 - Imanza twatsinze muri ya Sentare y'Abanyaburaya ijejwe kwubahiriza agateka ka zina muntu, kuva muri Ndamukiza 2000
|
1.247055
|
Anawauza kuti: "M'nyumba ya Atate wanga muli malo ambiri okhalamo. . . .
|
Ababwira ati: "Mu nzu ya Dawe hariho aho kuba henshi. . . .
|
1.247041
|
N'chifukwa chake Yesu sanangopempherera "awa okha, [kutanthauza anthu omwe anali nawo pa nthawiyo] komanso amene amakhulupirira [Yesu] kudzera m'mawu awo."
|
Yezu rero ntasabira 'abo bonyene bari ng'aho, arasabira n'abazomwizera biciye kw'ijambo ryabo.'
|
1.24701
|
Kodi ndine wokonzeka kukaphunzira chilankhulo cha m'dzikolo?
|
Noba niteguriye kwiga ururimi rwo muri ico gihugu?
|
1.247001
|
Ana amapindula kwambili ngati muwalimbikitsa ndi kuwayamikila.
|
Igihe muremesha abana banyu mukongera mukabakeza birabagirira akamaro.
|
1.247
|
Pamene mukuwerenga mavesiwo, yerekezani kuti inuyo mukuona pamene nkhaniyo ikuchitika.
|
Igihe usoma ivyanditswe, nubone yuko ufise uruhara muri ivyo biriko biraba.
|
1.247
|
Koma Rahabi anali wosiyana ndi anthuwa.
|
Rahabu yari atandukanye na bo.
|
1.246987
|
Kenako ganizirani lemba limene lingawathandize.
|
Nuce wiyumvira icanditswe gihuje n'ivyo bakeneye.
|
1.246979
|
Patapita zaka ziwiri, mu 2007, ndinapita m'dziko la Mongolia.
|
Haciye imyaka ibiri, ni ukuvuga mu 2007, naragiye muri Mongoliya.
|
1.246907
|
Chifukwa chakuti iye ndi Atate wake salowerera m'mikangano ya m'dzikoli.
|
Kubera ko we na Se batagira aho bahengamiye mu ndyane zo muri iyi si.
|
1.246906
|
Cifukwa cace Ayuda anang'ung'udza za iye, cifukwa anati, Ine ndine mkate wotsika Kumwamba.
|
Abayuda baridogeye Yezu kuko yari yavuze ati: " Jewe ndi wa mukate muzima wamanutse uva mw'ijuru. "
|
1.246901
|
Tsono iwo adatawira kuti: "Tiribe cakudya cizinji, tina mikate mixanu na ntsomba ziwiri basi.
|
Baramwishura bati: " Nta vyo dufise hano atar'udutsima dutanu n'udufi tubiri.
|
1.246896
|
Katy anati: "Zinali zovuta kupeza nyumba yabwino.
|
Katy avuga ati: "Ntivyari vyoroshe kuronka ahantu habereye ho kuba.
|
1.246887
|
Munthu wolungama Elihu anati: "N'kutali ndi Mulungu kuchita choipa, ndi Wamphamvuyonse kuchita chosalungama."
|
Elihu yamenyesheje ati: "Biragahera kw Imana yokora ivyaha, Īshobora vyose ko yokora ivy'ukugabitanya."
|
1.246885
|
Mutu 22 wa bukuli ndi woti, "Chifukwa Chake Tiyenera Kupewa Bodza."
|
Ikigabane ca 22 c'ico gitabu kivuga ngo "Igituma tudakwiye kubesha."
|
1.246882
|
Kodi Aisiraeli ena anachita chiyani ataona mphamvu za Mulungu?
|
Abisirayeli bamwebamwe babonye gute ukuboko kw'Imana?
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.