score
float32 1.04
1.25
⌀ | Chichewa
stringlengths 10
500
| Rundi
stringlengths 9
498
⌀ |
|---|---|---|
1.249982
|
Ngati mutandilambira, zonsezi zidzakhala zanu."
|
Niwapfukama rero imbere yanje, buzoba rwawe bwose."
|
1.249981
|
Iye Anayamba kusuta fodya ali mtsikana.
|
Yatanguye kunywa itabi mu buyabaga.
|
1.249952
|
Ndithudi, lonjezo loti dziko lapansi lidzakhala paradaiso linasintha moyo wanga.
|
Mu vy'ukuri, umuhango w'uko isi izohinduka Iparadizo warahinduye ubuzima bwanje!
|
1.249944
|
Koma m'zonsezi, Ife tilakatu mwa Iye amene anatikonda.
|
Naho zwo ralo hezwo zwoṱhe ro zwi kunda tshoṱhe nga we a ri funa.
|
1.249938
|
Iwo anati, "Mneneri wamkulu waonekera pakati pathu.
|
Bavuze bati: "Umuhanuzi akomeye yahagurukijwe muri twebwe."
|
1.249922
|
14 Tizikhazikitsa mtendere.
|
14 Nubane amahoro n'abandi.
|
1.249914
|
amene anapita kumwamba ndipo ali kudzanja lamanja la Mulungu komwe angelo ndi maulamuliro ndi amphamvu amamvera Iye.
|
none akaba ari iburyo bw'lmana, akayobokwa n'Abamalayika, Abanyabutegetsi n'Abanyabubasha.
|
1.249882
|
Yesu anati kwa iye, Wamuona iye, ndiponso wakulankhula ndi iwe ndi Iyeyo.
|
Yezu amubwira ati: " Wamubonye, mbere bi uwo muriko murayaga. "
|
1.249879
|
Koma Olga alibe kubwezera cakuipa na cakuipa.
|
Ariko Olga ntiyigeze yishura ikibi ku kindi.
|
1.249861
|
Pamene mukuwerenga mavesiwo, yerekezani kuti inuyo mukuona zimene zikuchitikazo.
|
Igihe usoma ivyanditswe, nubone yuko ufise uruhara muri ivyo biriko biraba.
|
1.249849
|
Lero abalwa mpulumusi wanu mu nzinda wa Dhavidhi, ndiye Kristu Mbuya.
|
Uyu musi, mu gisagara ca Dawudi, Umukiza yabavukiye: ni We Kristu Mukama.
|
1.249845
|
KODI muli wachinyamata munali ndi zolinga ziti?
|
IGIHE wari ukiri muto, ni imigambi iyihe wari ufise?
|
1.249837
|
Khalani inu acifundo monga Atate wanu ali wacifundo.
|
Nimube abanyampuhwe nk'uko So ari Umunyampuhwe
|
1.24982
|
32 Ndipo ife ndife mboni za zinthu izi; ndi Mzimu Woyeranso, amene Mulungu adapereka kwa iwo akumvera Iye.
|
32Natwe turi ivyabona vyo gushingira intahe ivyo, na Mpwemu Yera na we ni uko, uwo Imana yahaye abayumvira. " 33Ariko bo bavyumvise baribwa mu mitima, bashaka kubica.
|
1.249811
|
Pakuti ayenera kuchita ufumu kufikira [Mulungu] ataika adani onse pansi pa mapazi ake.
|
Kuko ategerezwa kuganza gushika Imana ishize abansi bose munsi y'ibirenge vyiwe.
|
1.249803
|
M'Baibulo muli nkhani zambiri zosonyeza kuti iye amadalitsa atumiki ake okhulupirika.
|
Irimwo inkuru nyinshi zerekana ingene Imana yahaye impera abasavyi bayo b'abizigirwa.
|
1.249802
|
Khalani inu acifundo monga Atate wanu ali wacifundo.
|
Nimube abanyakigongwe, nk'uko So wanyu ari umunyakigongwe
|
1.249796
|
"Koma tsopano ndinu kuwala mogwirizana ndi Ambuye." - 5:8.
|
"Mugabo ubu muri umuco mu bijanye n'Umukama." - 5:8.
|
1.249734
|
Inu munditcha Ine Mphunzitsi, ndi Ambuye: ndipo munena bwino; pakuti ndine amene.
|
Mwebwe munyita 'Mwigisha' na 'Mukama,' kandi muvuga vyo, kuko ari ko ndi.
|
1.249727
|
Ndipo ndinaona cizindikilo cina m'mwamba, cacikuru ndi cozizwitsa, angelo asanu ndi awiri akukhala nayo miliri isanu ndi iwiri, ndiyo yotsiriza, kuti mwa iyo watsirizika mkwiyo wa Mulungu.
|
Mbona ikindi kimenyetso mw'ijuru gihambaye, gitangaza, abamarayika ndwi bafise ivyago ndwi, nivyo vy'iherezo. kuko muri vyo ari ho hari uburake bw'Imana buheraherezwa.
|
1.249716
|
Iye anati, 'Ayi; kuopera kuti mwina pozula udzu, mungazule pamodzi ndi tirigu.
|
Na we abishura ati: "Oya, mururanduye, mwohava murandurana n'ingano.
|
1.249701
|
Pa masiku onse 4 amene anali atamwalira, iye 'sankadziwa chilichonse.'
|
Mu kiringo c'imisi ine yamaze yapfuye 'nta co yari azi namba.'
|
1.249684
|
Ndipo Ambuye adati kwa ine, Tawuka, pita ku Damasiko; kumeneko adzakufotokozera zinthu zonse zoyikika kwa iwe uzichite.
|
Aranyishura ati: "Va hasi ugende i Damasi, ni ho bazokubwira ivyo utegerezwa gukora vyose."
|
1.249678
|
Iwo ankafuula mobwerezabwereza kuti: "Inu a Baala, tiyankheni!"
|
Basemereye incuro n'izindi bavuga bati: "Ewe Bayali, nutwishure!"
|
1.249669
|
Koma Petro ndi Yohane anayankha nati kwa iwo, Weruzani, ngati nkwabwino pamaso pa Mulungu kumvera inu koposa Mulungu;
|
Na bo Petero na Yohani bati: "Usangwa bikwiye mu maso y'Imana kugamburukira mwebwe aho twogamburukiye Imana, ngaho vyibaze!
|
1.249662
|
Munthu angakubulusira nguwo yako, tenepa nsiye kuti akubulusire cakufinika cako.
|
Uwushaka kukwitwarira ngo agutware ikanzu, muhebane n'igikwemu.
|
1.249637
|
Patapita nthawi, ndinapeza ntchito ina ku Texas.
|
Mu nyuma, nararonse akazi muri Texas.
|
1.249635
|
Kodi inunso munayamba mwamva ngati mmene Yosefe ankamveramu?
|
Woba urigera wiyumva nk'ukwo kwa Yozefu?
|
1.249616
|
(trg) ="50"> Baibulo imati: " Cifukwa ca ucimo wa munthu mmodziyo [ Adamu ] imfa inalamulila monga mfumu " kwa mbadwa za Adamu .
|
Bibiliya isigura iti: "Bivuye kw'ikosa ry'umuntu umwe [Adamu] urupfu rwaraganje" uruvyaro rwa Adamu.
|
1.249595
|
Ndakulemekezani padziko lapansi, popeza ndatsiriza kugwira ntchito imene munandipatsa.
|
Narakuninahaje kw'isi, nararanguye ibikorwa wanshinze gukora.
|
1.249593
|
Mwachitsanzo, akuba angakhale m'ndende kwa nthaŵi yakutiyakuti.
|
Nk'akarorero, ibisuma bishobora kumara igihe mw'ibohero.
|
1.249568
|
Paja analemba kuti: "Ine ndine wakuthupi, wogulitsidwa ku uchimo.
|
Yanditse ati: "Jewe ndi uw'umubiri, nagurishijwe ngo ngabwe n'igicumuro.
|
1.249566
|
Kodi mudzawononga mzinda wonse chifukwa cha asanuwo?"
|
Mbega uzohonya ico gisagara cose ku bw'abo batanu?"
|
1.249526
|
Adamu anadya chipatso cha mtengo umene Mulungu anamuletsa.
|
Adamu yarariye ku giti Imana yari yamubujije.
|
1.249516
|
Kodi bambo adakali moyo?'
|
Dawe aracariho?'
|
1.249452
|
Kuyambira tsopano palibe munthu andivute, pakuti ndili nayo ine m'thupi mwanga mikwingwirima ya Yesu.
|
Kuva ubu, ntihagire uwucirirwa arangora, kuko ntwara mu mubiri wanje inkovu za Yezu.
|
1.249423
|
"Panopa Ndilibenso Maganizo Ofuna Kusintha Zinthu M'dzikoli"
|
"Ubu sinkibona ko ntegerezwa guhindura isi"
|
1.249415
|
Ndikukuwuzani choonadi, aliyense amene sadzalandira Ufumu wa Mulungu ngati kamwana sadzalowamo."
|
Ni ivy'ukuri ndabibabwiye: uwutakira Ubwami bw'Imana nka kurya abana babwakira, ntazobwinjiramwo."
|
1.249389
|
Ndipo AMBUYE Mulungu anati kwa mkaziyo, Ndi chiyani ichi chimene iwe wachita?
|
Umukama abwira umugore ati: " Wagize ibiki ? "
|
1.249383
|
Ngati tili pa banja, mnzathu wapamtima kwambiri ndi mwamuna kapena mkazi wathu.
|
Nimba twubatse, mugenzi wacu wa hafi kuruta abandi bose ni uwo twubakanye.
|
1.249372
|
Koma ngati samvera, pita ndi mmodzi kapena awiri, kuti nkhani iliyonse ikatsimikizike pakakhala mboni ziwiri kapena zitatu.
|
Ariko n'atakwumvira,ujane umwe canke babiri,kugira ngw'ijambo ryose rize riringanizwe,bivuye mu kanwa k'ivyabona bibiri canke butatu.
|
1.249342
|
1Ti 5:19 Pamkulu usalandire chom'nenezera koma pakhale mboni ziwiri kapena zitatu.
|
19Umukuru ntukemere ico bazomukuregako hatabonetse ivyabona bibiri canke bitatu.
|
1.249302
|
Iye anati: "Pa tsiku la nsautso yanga ndidzaitana pa inu, ndipo inu mudzandiyankha."
|
Yavuze ati: "Ku musi w'amarushwa yanje ni wewe nzokwambaza, kuko uzonyishura."
|
1.249285
|
Motero sazindikira zimene dzuŵa lingatiphunzitse.
|
Kubera ico, barahomba ico izuba rishobora kutwigisha.
|
1.249282
|
Kodi Abele akulankhula nafe bwanji masiku ano?
|
Abeli agira ico atubwiye gute muri iki gihe?
|
1.249264
|
40 Ndipo ndi mawu ena ambiri adachita umboni, nawadandaulira iwo, nanena, Mudzipulumutse nokha kwa m'bado uno wokhotakhota.
|
Petero yongera kubabwira n'ayandi majambo menshi, abahanura ati: " Nimwirinde abo bantu b'ubu bazimiye. "
|
1.249242
|
Ndipo iye adabwera kumweko kudzathandiza Paulo.
|
Yari yaje gufasha Paulo.
|
1.249228
|
Koma Mose anawauza kuti: 'Musaope!
|
Musa arabishura ati: "Reke gutinya!
|
1.24919
|
Kodi anthu ambiri amaona bwanji ntchito yawo?
|
Abantu benshi babona gute igikorwa bakora?
|
1.249189
|
Apostolo nee adatawira tayu, thangwi m'njira iwo akhapokanyisana kuti mbani mwa iwo akhali nkulu.
|
Baranuma, kubera ko bari bamye baharīra ngo bamenye umukuru muri bo uwo ari we.
|
1.249178
|
Inu ndinu mboni, Mulungunso, kuti tinakhala oyera mtima ndi olungama ndi osalakwa kwa inu akukhulupirira;
|
Muratubera ivyabona, - n'Imana nyene yotubera icabona, - ingene twabamereye mwebwe abemeye mu kwigenza mu bweranda no mu butungane kandi tutagira amahinyu.
|
1.249167
|
Nkhombo zakutumikira Mulungu zisabwera kuna ale akuti 'angamala kubva mafala na ntima wadidi, iwo asaakoya mbapirira mu ndzidzi unabala iwo misapo.' - Luka 8:15.
|
Emwe, abahezagirwa mu murimo w'Imana ni "bamwe iyo bamaze kwumva iryo jambo n'umutima mwiza kandi umeze neza baheza bakarigumya, bakama ivyamwa bihanganye." - Luka 8:15.
|
1.249157
|
Ndipo mudzataya zochimwa zawo zonse m'nyanja yakuya.'
|
Uzoterera ivyaha vyacu vyose i bgina mu kiyaga."
|
1.249134
|
Iye amakonda chilungamo;
|
kandi arakunda ubutungane;
|
1.249106
|
Kodi ndani adzawononga zipembedzo zonyenga?
|
Ni nde azotikiza idini ry'ikinyoma?
|
1.249105
|
Pamenepo ophunzirawo anati: 'Ambuye, ngati iye akupumula, apeza bwino.'
|
Abigishwa rero bamubwira bati: 'Mukama, nimba aruhutse, azokira.'
|
1.249071
|
Amuna khumi anabwerako ndi lipoti loipa.
|
Cumi muri bo bagarukana inkuru mbi.
|
1.24907
|
Pomwe idamala kubiriyense, dziko imweire iadzakhala na njala ikulu, mulumbwana uyu wadzasauka kwene-kwene ndipo akhakhala na njala.
|
Vyose bimaze kumuherako, hatera ikigoyi muri iyo ntara, atangura gukena.
|
1.24906
|
Ine Paulo, ndikukuwuzani kuti mukalola kuchita mdulidwe, Khristu simupindula nayenso konse.
|
Umve, ni je Pawulo ndabibabwiye: nimwigenyeresha, Kristu nta co azobamarira.
|
1.249027
|
Choncho, khala wodzipereka ndipo ulape."
|
Nugire umwete rero, wigaye."
|
1.249025
|
Mmawa mwake pamene amachoka ku Betaniya, Yesu anamva njala.
|
Bukeye, bavuye i Betaniya, Yezu yumva arashonje.
|
1.248989
|
Ndipo Jeruzalema un'dzapondedwa na wanthu anyakunja, mpaka kudzakwana nthawe yawo.
|
Kandi i Yerusalemu hazosiribangwa n'abanyamahanga, kugeza aho ibihe vy'abanyamahanga bizoshirira.
|
1.248988
|
Mutha kupita ku cinema.
|
coba aja sini.
|
1.248913
|
Yesu ananena kuti: "Pakuti Yohane [M'batizi] anabwera kwa inu m'njira yachilungamo, koma inu simunam'khulupirire.
|
Yezu avuga ati: "Yohani [Umubatizi] yaje kuri mwebwe mu nzira y'ubugororotsi, mugabo ntimwamwemera.
|
1.248905
|
53Choncho kuyambira tsiku limeneli iwo anakonzekera za kuti amuphe.
|
53 Nuko bahera uwo musi baja inama yo kumwica.
|
1.2489
|
Ndipo anawonjezeranso kuti: "Ndimachita zinthu zom'kondweretsa nthawi zonse."
|
Yongeyeko ati: "Nama nkora ibimuhimbara."
|
1.248899
|
4 Komabe n'kutheka kuti Rute ankada nkhawa akaganiza za tsogolo lake.
|
4 Ariko rero, Rusi ashobora kuba yaguma yibaza ibijanye na kazoza kiwe.
|
1.248897
|
Ndipo tsopano, abale, ndidziwa kuti mudachita izi mosazindikira monganso atsogoleri anu.
|
None rero, benewacu, ndazi yuko mwagize ivyo mwe n'abakuru banyu, ku kuyoberwa.
|
1.248874
|
33Koma ambiri amene anawaona akuchoka anawazindikira ndipo anathamanga wapansi kuchokera mʼmidzi yonse nakayambirira kufika.
|
Ariko abantu barababona bagenda; benshi rero barahwihwisha iyo baroye, barahava bava mu bisagara vyose birukayo n'amaguru, barabatanga.
|
1.248872
|
Koma ngati palibe, udzabwerera kwa inu."
|
Mugabo nimba ata wuhari, azogaruka kuri mwebwe."
|
1.24887
|
kungakuthandizeni bwanji kuti musamaope anthu?
|
bizokurinda gute gutinya abantu?
|
1.248862
|
Kwa Ayuda ndinalandira kasanu mikwingwirima makumi anai kuperewera umodzi.
|
24Abayuda ibihe bitanu bankubise ibimoko mirongo itatu n'icenda.
|
1.248856
|
Kenako anauza Yosefe kuti: "Popeza kuti Mulungu wakudziwitsa zonsezi, palibenso munthu wina wozindikira ndi wanzeru ngati iwe.
|
Yaciye abwira Yozefu ati: "Ko Imana yatumye umenya ivyo vyose, nta muntu n'umwe ariho w'ubwenge kandi w'inkerebutsi nkawe.
|
1.248846
|
Iyeyu anabwera kwa Yesu usiku ndi kumuuza kuti: 'Rabi, tikudziwa kuti inu ndinu mphunzitsi wochokera kwa Mulungu; chifukwa munthu sangathe kuchita zizindikiro zimene inu mumachita ngati Mulungu sali naye.'
|
Agendera Yezu mw'ijoro, araheza amubwira ati: "Rabbi, turazi yuko wewe uri Umwigisha yatumwe n'Imana, kuko na none atawushobora kugira ibimenyetso ukora atari kumwe n'Imana."
|
1.248845
|
Pakuti chilengedwe chikudikira ndi chiyembekezo kuonetsedwa poyera kwa ana a Mulungu.
|
Erega, ibiremwa vyose biriteze umusi ubuninahazwa bw'abana b'Imana buzohishurirwa.
|
1.248843
|
Mayi wina dzina lake Gail, yemwe panopa ali ndi zaka 60, anati: "Mwamuna wanga Robert, anamwalira pa 9 July, mu 2008, atachita ngozi.
|
"Umugabo wanje Robert yapfuye itariki 9 Mukakaro 2008.
|
1.248834
|
Kodi inu simukudziwa kuti mpikisano othamanga onse kupikisana, koma mmodzi alandira mfupo?
|
Ntimuzi yuko ku kibuga c'abasiganwa bose biruka, ariko uwutwara ishimwe akaba umwe?
|
1.24878
|
16:32 Ndipo iwo anayankhula Mawu a Ambuye kwa iye, limodzi ndi onse amene anali m'nyumba yake.
|
Bamubarira Ijambo ry'umwami Yesu,n'abo mu nzu yiwe bose...aca arabatizwa,no n'abiwe bose. _ Abisezerano
|
1.248717
|
Koma ngati ife tinafa ndi Kristu, tikhulupirira kuti tidzakhalanso amoyo ndi Iye.
|
Nitwaba twapfanye na Kristu, tuzorambana na We;
|
1.24868
|
Mafunso: Kodi Danieli ankachita chiyani katatu patsiku?
|
Ibibazo: Ni igiki Daniyeli yama akora gatatu ku musi?
|
1.248676
|
Iwo anakhalabe komweko mpaka pamene Herode anamwalira.
|
Baragumyeyo gushika Herodi apfuye.
|
1.248672
|
ndi kuti tilanditsidwe m'manja a anthu osayenera ndi oipa; pakuti si onse ali nacho chikhulupiriro.
|
Saba dukire inda mbi y'ababisha badushakira inabi, murazi ko bose badafise ukwemera.
|
1.248666
|
Pakuti mkaziyo, m'mene anathira mafuta awa pathupi panga, wandicitiratu ici pa kuikidwa kwanga.
|
Kuko igihe uyu mugore yasuka ku mubiri wanje aya mavuta amota neza, yabigize kugira antegure ku bw'amaziko.
|
1.248646
|
Anyakubala a ntsikana adzuma na pidalonga Yezu.
|
Se na nyina batangazwa n'ivyo bamuvugako.
|
1.248627
|
5 Ndinakusiya ku Krete kuti ulongosole zonse zimene ndinazisiya zisanathe ndiponso usankhe akulu ampingo mʼmizinda yonse, monga momwe ndinakulamulira.
|
5Icatumye ndagusiga i Kirete kwari ukugira ngo utunganye ivyasigaye, kandi mu gisagara caho cose ngo uhashinge abakuru b'ishengero, nk'uko nabikubariye.
|
1.248615
|
Inu muli nawo mawu a moyo wosatha."
|
Wewe ufise amajambo y'ubuzima budahera."
|
1.248578
|
Kuyambira tsopano palibe munthu andivute, pakuti ndili nayo ine m'thupi mwanga mikwingwirima ya Yesu.
|
Kuva ubu ntihagire uwucirirwa arangora, kuko ntwara mu mubiri wanje inkovu za Yezu.
|
1.248561
|
Ana anu amadziwa kuti nanunso mumalakwitsa nthawi zina.
|
Abana bawe barazi ko udatunganye.
|
1.248539
|
"Pambuyo pa masiku atatu ndi theka mzimu wamoyo kuchokera kwa Mulungu unalowa mwa iwo, ndipo iwo anaimirira, ndi mantha akulu anawagwera.
|
Iyo misi itatu n'igice ishize, impwemu z'ubugingo zivuye ku Mana zibinjiramwo, baravyuka barahagarara, ubwoba bwinshi butera ababaraba.
|
1.248503
|
Ngati ndiwedi Khristu, tiuze mosapita m'mbali."
|
Niba uri Kristu bitwerurire ubitubwire."
|
1.248495
|
Ndinkakondanso nyimbo komanso kuvina.
|
Narakunda kandi umuziki be no gutamba.
|
1.248462
|
Tsopano Solomo anadziŵa zoona zake.
|
Buno Salomo aca amenya aho ukuri kuri.
|
1.248437
|
"Ndakulemekezani padziko lapansi, popeza ndatsiriza kugwira ntchito imene munandipatsa.
|
Narakuninahaje kw'isi, nkaba ndangije igikorwa wampaye ngo nkore.
|
1.248436
|
9 Sitidziwa zonse.
|
9 Ntitumenya amakuru yose.
|
1.248414
|
Zakumwamba zisangalale, dziko lapansi likondwere;
|
Ijuru niryishime kandi isi nihimbarwe!
|
1.248407
|
Zonsezo munazipanga mwanzeru zanu.
|
Di cose ragazze amano.
|
1.248387
|
Anepo nkukwela mmeli nkuuka pa Efeso.
|
Ariko Tikiko namurungitse muri Efezi.
|
1.248375
|
50 Kapena simuganiza kuti mkokoma kwa inu kuti munthu m'modzi afere anthu, ndi kuti mtundu wonse usawonongeke.
|
Ntimubona ko vyoba vyo umuntu umwe apfiriye igihugu, hako igihugu cose gitikira?
|
1.248371
|
Sikuti kumwamba kwakhala kuli mtendere nthawi zonse.
|
Vyarigeze gushika amahoro arahungabana mw'ijuru.
|
1.248354
|
Koma ngati sizikukuyenderani, tengani mmodzi kapena awiri ndikupita nawo, kuti zonse zomwe mukanene zitsimikizidwe ndi mboni ziwiri kapena zitatu.
|
Ariko n'atakwumvira,ujane umwe canke babiri,kugira ngw'ijambo ryose rize riringanizwe,bivuye mu kanwa k'ivyabona bibiri canke butatu.
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.