score
float32
1.04
1.25
Rundi
stringlengths
10
498
Zulu
stringlengths
10
500
1.246148
Ntibikenewe ko dutinya ishitswa ry'imanza z'Imana.
Kakulasidingo sokuthi sesabe ukukhitshwa kwezahlulelo zikaNkulunkulu.
1.246141
Musa abwira Kora n'abantu 250 bamushigikiye ngo bagire iki?
UMosisi watjela uKora nabalandeli bakhe abayi-250 bona benzeni?
1.246106
Bukeye, bavuye i Betaniya, Yezu yumva arashonje.
Ngangomuso ekuphumeni kwabo eBethaniya walamba.
1.246096
Nturahire umutwe wawe, kuko ata n'agashatsi kawo wobwira ngo kere canke kirabure.
njalo ungafungi ngekhanda lakho, ngoba ungelwenze unwele lalunye lube mhlophe kumbe lube mnyama.
1.246073
Iryo ni ryo zina ryanje; kandi nta wundi n'umwe nzoha ubuninahazwa bwanje.'
Yilelo igama lami; futhi angisoze nganika muntu omunye inkazimulo yami.'
1.246073
kandi n'aho ndababaza ntimunyishura.
Godu nanginganibuza, angekhe niphendule."
1.246068
Naho abamarayika b'Imana atari bo bamamaza, barayobora abasavyi b'Imana ku bantu bipfuza kumenya ibiyerekeye.
Izingelosi ziyalwa ukuba zingaqhubeki kuze kube yilapho izigqila zikaNkulunkulu [ezikhethiwe] zibekwa uphawu emabunzini azo.
1.246063
Mu nyuma zawe, hazokwirikira ubundi bwami butanganya n'ubwawe gukomera; hanyuma na ho, ubwami bwa gatatu, ubw'imiringa nyene, buzoganza isi yose.
"Emva kwakho kuyakuvuka omunye umbuso omncane kunawe, nomunye umbuso wesithathu wethusi oyakubusa emhlabeni wonke.
1.246059
Baramubwira bati: "Ko ata n'umwe mu muryango yitwa iryo zina !"
Bathi kuye: "Akakho noyedwa emndenini wakini obizwa ngalelo gama."
1.246056
"Abavyeyi banje baranyankiye gutunga telefone.
"Abazali bami abangivumeli ukuthi ngibe lefoni.
1.246039
Hanyuma, Urupfu n'Ukuzimu bitabwa muri ya nyenga y'umuriro; iyo nyenga y'umuriro ni yo rupfu rwa kabiri.
Lokhu kutjho ukufa kwesibili, ilitsha lomlilo.
1.246024
Arabona ukudahemuka kw'abiwe.
Uyabubona ubuqotho balabo abangabakhe.
1.245984
Mu 1962, naratanguye gusoma ikinyamakuru citwa Be maso!
Ngo-1962, ngaqala ukufunda umagazini i-Phaphama!
1.245976
Ryobaye "mu gihe c'ukuhaba kwiwe."
Kwakuyokwenzeka "phakathi nokuba khona kwakhe."
1.245937
Naho mwene ayo masengesho yari atandukanye, yari afise ikintu ahuriyeko.
Nakuba le mithandazo yayingefani, kukhona eyayifana ngakho.
1.245912
Ubu ndashobora gufasha abandi
Manje Sengingakwazi Ukusiza Abanye
1.245904
Twarasengeye hamwe duca tuja kuryama.
Sathandaza ndawonye sabe sesiyolala.
1.245881
Ariko, si uko bimeze ku musavyi wanje Musa, kuko ari we musavyi wanje w'intatirimuka nashinze umuryango wanje wose.
Inceku yami uMose akanjalo; uthembekile endlini yami yonke."
1.245833
Bari barumvise ingene igisagara ca Yeruzalemu cahoze ari ciza cane.
Bekhe bezwa ukuthi idorobho leJerusalema belilihle kangangani.
1.24579
Na ho nihaba hari umuntu akwiye amahoro, amahoro yanyu azomujako; ahandi ho, azobagarukako.
Kuyakuthi uma kukhona lapho indodana yokuthula, ukuthula kwenu kohlala phezu kwayo; kepha uma kungenjalo, kuzakubuyela kini.
1.245789
Joachim yishuye ati: "Nari mfise ishavu n'ubwibone.
UJoachim waphendula: "Ngangithukuthele futhi ngiqhosha.
1.245778
Rimbura nk'akarorero inguvu yahaye izuba.
Ngokwesibonelo, cabanga ngamandla awanika ilanga.
1.245767
Ibara rya mbere riraheze, eh'ukundi kubon'ibara kubiri guhava kuza hanyuma.
UMaye wokuqala udlulile; bheka, kuseza oMaye ababili ngasemva kwalokho.
1.245759
Noba nguma niyumvira amahera?
Ingabe ngihlale ngicabanga ngemali?
1.245747
2:15-17) Aho honyene ni ho bari gushitsa umugambi Imana yari ibafitiye.
(Gen. 2:15-17) Ngilokho kwaphela ebekufuze bakwenze nebazakufumana lokho uZimu abahlosele khona.
1.24573
Shetani arazi yuko afise "igihe gito" gusa.
USathana uyazi naye bona "isikhathi sakhe sifitjhani."
1.245723
Urugo rw'igisagara rwari rufise amashimikiro cumi n'abiri, kuri yo handitsweko amazina cumi n'abiri y'abatumwa b'Umwagazi.
Ugange lomuzi lwalunezisekelo eziyishumi nambili, naphezu kwazo amagama ayishumi nambili abaphostoli abayishumi nambili beWundlu.
1.245713
"Amaboko yawe ntaregere." - ZEF.
"Ungavumeli ukuba izandla zakho zibe buthakathaka." - ZEF.
1.245706
Abasavyi banje bazonezerwa, mugabo mwebwe muzokwicwa n'ibimaramare."
Izinceku zami ziyojabula, kodwa nina niyoba namahloni."
1.245706
Shetani akoresha ivyo abantu boshobora kubona yuko ari ibintu bisanzwe bakenera buri musi kugira ngo atume bipfuza gukora ibiteye kubiri n'amategeko y'Imana.
USathane usebenzisa lokho abantu abangase bakubheke njengezidingo ezivamile zansuku zonke ukuze abenze bafune ukwenza okuphambene nemithetho kaNkulunkulu.
1.245688
Igihe woroheye inyosha mbi, uba ubaye umuja w'ivyipfuzo vyawe
Lapho uvumela ukulingwa, uba yisigqila sezifiso zakho
1.245681
Naciye ndahasanga ikete ryanje rivuye i Brooklyn.
Ngathola kunencwadi ebhalelwe mina ivela eBrooklyn.
1.245681
Ariko ko twizigiye ivyo tutarabona, bidutuma tubirindirana ingoga z'intashinguka.
Kodwa uma sithemba lokho esingakuboniyo, siyakulindela ngokubekezela.
1.245676
Yohani atubwira ati: "Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w'intama aho aja hose.
UJohane uyasitshela: "Laba yibo abaqhubeka belandela iWundlu kungakhathaliseki ukuthi liyaphi.
1.24566
Uzojana nanje i Mowabu mu ntambara?"
Uzohamba nami yini siyolwa noMowabi?"
1.245657
Ndabashimira kubera bampa uwu mwidegemvyo mfise." - Marina.
Ngiyababonga ngokunginikeza le nkululeko enginayo." - UMarina.
1.245592
Ivyawe bishobora kuba bitifashe nk'ivya Bianca canke Paula.
Isimo sakho kungenzeka sihlukile kwesikaBianca noma uPaula.
1.245558
Azohimbarwa no kuyaga nawe ku bibazo nk'ivyo.
Uyokujabulela ukuphendula imibuzo yakho.
1.245558
Mu 1995 narubakanye n'umuhinga mu vyo gutunganya amasinema.
Kwathi ngo-1995 ngatjhada nomvezi wamafilimu.
1.245544
Kandi iki ni co kibabera ikimenyetso: Muraza kubona uruyoya ruzingiriye mu dutambara, ruryamye mu bwato bw'ibitungwa."
Nakhu enizombona ngakho: Nizokufumana umntwana aphuthelwe ngamatjhila, alaliswe ngemkhonjeni."
1.24552
Jewe na Data turi umwe."
Mina loBaba simunye.
1.245494
Herodi we ngo yumve bamuvuga, ati: "Ni Yohani nacishije umutwe, yazutse!"
Kepha uHerode ekuzwile wathi: "UJohane engamnquma ikhanda nguye ovukile."
1.245494
Wa mugabo w'umwizigirwa Yobu yavuze ati: "Nagiranye isezerano n'amaso yanje.
UJobe, indoda ethembekile, wathi: "Ngenzé isivumelwano namehlo ami.
1.245493
Abana b'abo banyamahangakazi ntibashobora gusoma canke kuvuga igiheburayo.
Izingane zalabo besifazane bezinye izizwe zazingakwazi ukufunda noma ukukhuluma isiHebheru.
1.245485
Abantu be n'abamarayika Imana yaremye, bari bashoboye kuyigamburukira ata gahaze.
Abantu nezingelosi uNkulunkulu azidala zazikwazi ukumlalela ngokuphelele.
1.245474
"Urukundo rw'amahera" rushobora gutuma umuntu . . .
"Ukuthanda imali" kungenza . . .
1.245419
Urugo rw'igisagara rwari rufise amashimikiro icumi n'abiri no kuri ya mashimikiro icumi n'abiri hariko amazina icumi n'abiri y'abatumwa b'Umwagazi
Ugange lomuzi lwalunezisekelo eziyishumi nambili, naphezu kwazo amagama ayishumi nambili abaphostoli abayishumi nambili beWundlu.
1.245407
Yarakozwe ku mutima n'ubukerebutsi buri mw'Itegeko ry'Imana, aca avuga ati: "Itegeko rya Yehova ntirigira akanenge, rihembura umuntu.
Yaphinda yababaza inhlakanipho eseMthethweni kaNkulunkulu, yathi: "Umthetho kaJehova uphelele uvuselela umphefumulo.
1.245402
Uko ivyawe vyoba vyifashe kwose, rimbura akarorero ka Musa.
Uma uzithola ukulesi simo, cabanga ngesibonelo sikaMose.
1.245364
Ewe Mana, ese ukuntu igitigiri cavyo cose hamwe ari kinini cane!
O Nkulunkulu, yeka ukuthi ingqikithi yayo iba ngakanani!
1.245338
Namubwiye nti: "Katie, nta ko ntazogira.
Ngathi, "Katie ngizazama ngamandla ami wonke.
1.245335
Ngiye kumukorera umufasha bikwiranye.'" - ITA.
Ngizayenzela umsizi oyifaneleyo."' - GEN.
1.245281
Yavuze ati: "Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira."
Wathi: 'Kikho koke, yenzani kabanye lokho eningathanda bonyana bakwenze kini.'
1.245269
Abo bamarayika bane bari biteguriwe iyo saha n'uwo musi, n'uko kwezi, n'uwo mwaka, babohorerwa kwica ikigira gatatu c'abantu.
Zase zithukululwa izingelosi ezine ezilungiselwe ihora, nosuku, nenyanga, nomnyaka, ukuba zibulale okwesithathu kwabantu.
1.245251
Imana yoba yemera abantu bose bayisenga ata buryarya, naho boba bari mw'idini irihe?
Ingabe uNkulunkulu wamukela bonke abamkhulekela ngobuqotho, kungakhathaliseki ukuthi bakuyiphi inkolo?
1.24523
13 Rimbura kandi akarorero ka mushiki wacu wo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika.
13 Cabanga nangokuhlangenwe nakho kukadade ose-United States.
1.245206
Uguhazuka kwabo kwaraciye intege abandi." - GARY.
Ingxabano yawo yabadumaza abanye." - UGARY.
1.245193
Muzobon'ibara mwebwe abanyabwenge b'Ivyanditswe n'Abafarisayo, mwa ndyarya mwe, kuko mukirya ingo z'abapfakazi mwivugisha amasengesho menshi y'ububeshi, nico gituma urubanza rubaraririye ruruta urw'abandi (Matayo 23: 14).
Maye kinina babhali nabaFarisi, bazenzisi, ngokuba nidla izindlu zabafelokazi, nangokuzenzisa nenza imikhuleko emide!
1.24518
"Ubu sinkibona ko ntegerezwa guhindura isi"
"Angisenawo Umuzwa Wokuthi Kumelwe Ngiguqule Umhlaba"
1.24518
8 "Hazoba vya nyamugigima bikomakomeye."
8 "Kuzakuba kunengi ukuzamazama komhlaba okukhulu."
1.245178
Sinigeze ndaburonka." - Samuel * wo muri Kenya.
Lokho akuzange kwenzeke." - USamuel, * eKenya.
1.245149
Ivyo vyatumye intumwa n'abandi bavukanyi bashira aho Imana ishize, baremera kwakira Abanyamahanga mw'ishengero rya gikirisu.
Lokhu kwenza abaphostoli nabanye abazalwane bathobela intando kaNkulunkulu futhi bamukela Abezizwe abangasokile ebandleni lobuKristu.
1.245132
Ijambo ry'Imana rigira riti: "Nimwanke ikibi, mukunde iciza."
IZwi likaNkulunkulu lithi: "Zondani okubi, nithande okuhle."
1.24513
3 Ubuto ni igihe co kugira amahitamwo ahambaye.
3 Ubusha buyisikhathi sokwenza izinqumo ezibaluleke kakhulu.
1.245126
Muri iryo joro twaramaze umwanya munini tuganira kuri Bibiliya.
Saxoxa isikhathi eside ngeBhayibheli ngalobo busuku.
1.245122
Ivyo Yehova yarabikoze canecane guhera mu 1914.
UJehova ukwenzile lokhu, ikakhulukazi kusukela ngo-1914.
1.245114
Nta n'umwe yogukunda!'
Akekho umuntu oyoke akuthande!'
1.245112
Kuba zintu zyoonse kubantu bamisyobo yoonse (19-23)
Ukuba yizinto zonke kubo bonke abantu (19-23)
1.245102
Ni co gituma wa mwami w'inkerebutsi Salomo yanditse ati: "[Nta] muntu w'umugororotsi ariho mw'isi aguma akora ivyiza ntacumure."
Yingakho iNkosi uSolomoni yabhala: "Akekho umuntu olungileyo emhlabeni oqhubeka enza okuhle futhi angoni."
1.245071
Benshi bazorokoka umuhero - Nawe worokoka
Banengi Abazokusinda Ekupheleni Kwephasi - Nawe Ungasinda
1.245049
Batazira ico gisato bagisenga, ko cahaye ico gikoko ububasha bwaco; batazira kino gikoko bagisenga, bati ninde ahwanye n'iki gikoko, kandi ninde ashobora kukirwanya?
bakhuleka kudrako, ngokuba wanika isilo amandla akhe, bakhuleka nakuso isilo, bethi: "Ngubani ofana nesilo, ngubani ongalwa naso na?"
1.245048
Ivyo vyose ni mwabibona ntimuzoranduke imitima.
Uma nazi lokho, nibusisiwe uma nikwenza.
1.245045
Na none, Ibitabu Vyeranda bivuga biti: " Nzoshira muri Siyoni ibuye rigumya imfuruka nitoreye kandi riteye igomwe, uwuzoryishimikiza ntazoteterwa. "
Ngokuba kukhona embhalweni ukuthi: "Bhekani, ngibeka eSiyoni itshe legumbi elikhethekile, liyigugu; okholwa yilo akasoze ajabhiswa."
1.245044
Yabwiye umuhungu wiwe ati: "Nta muvinyu bafise."
Watjela indodanakhe: "Abasenalo iwayini."
1.245038
Yanditse ati: "Inzu yose yubakwa n'umuntu, mugabo uwubatse ibintu vyose ni Imana."
Wabhala wathi: "Yileyo laleyo indlu yakhiwa ngumuntu othize, kodwa uNkulunkulu ungumakhi wezinto zonke."
1.245018
Hoba hariho ikibazo umaze kwibaza kijanye na Bibiliya?
Ikhona yini into eseBhayibhelini ozibuza ngayo?
1.244999
Ubwo none boba babereye kubabazwa ibihe bidahera?
Ingabe zifanelwe ukuhlushwa phakade?
1.244976
Yezu asigura ati: "Hari aba nyuma [abatari Abayuda hamwe n'Abayuda bacinyizwa] bazoba aba mbere, hakaba n'aba mbere [Abayuda bubahwa mw'idini kandi birata ngo ni abana ba Aburahamu] bazoba aba nyuma."
UJesu uhlathulula uthi: "Kunalabo abangebokugcina [njengabangasimaJuda namaJuda agandelelekileko] abazokuba ngebokuthoma, kube nalabo abangebokuthoma [abadosiphambili bekolo abazikhakhazisa ngokuba ziinzukulwana zaka-Abrahama] abazokuba ngebokugcina."
1.244964
Nukurikize rya Tegeko ry'agakura mu busuku bwawe
Sebenzisa UMthetho Wegolide Enkonzweni Yakho
1.244951
Baramubwira bati: "Ko ata n'umwe mu muryango yitwa iryo zina!"
Bathi kuye: "Akakho noyedwa emndenini wakini obizwa ngalelo gama."
1.244948
Bamusanga hakurya y'ikiyaga, bamubwira bati: "Mwigisha, washitse ino ryari?
Bathi sebemtholile bambuze bathi: "Rabi, kanti ufike nini lapha?"
1.244909
Haza rero abamuzaniye ikimuga kiteruwe n'abantu bane.
Basebesiza kuye, beletha oyisigoga, ethwelwe ngabane.
1.244894
Bukeye bwaho mu gitondo kare asubira mu murwa, arasonza.
Kepha ekuseni esebuyela emzini walamba.
1.244873
Aburahamu ati: "Nibatumviriza Musa n'abahanuzi, uwapfuye n'iyo yozuka ntibomwumvira.""
UAbrahama waphendula wathi: Uma bengalaleli uMose nabaProfethi, ngeke bakholwe noma ngabe kuvuka umuntu kwabafileyo.
1.244865
Wari ubizi? - Ntwarante 2020
Ingabe Bewazi? - Mashi 2020
1.244795
Ivyo biratwibutsa abavukanyi b'i Makedoniya ho mu kinjana ca mbere.
Lokhu kusikhumbuza abazalwane baseMakedoniya yangekhulu lokuqala.
1.244779
Araheza amugaranzurirako ibiganza, nya mugore aca aragororoka muri ako kanya nyene, aca aninahaza Imana.
Wabeka izandla phezu kwakhe; weluleka khona lapho, wamdumisa uNkulunkulu.
1.244777
Rimbura ivyabaye mu 1973.
Cabanga ngalokho okwenzeka ngo-1973.
1.244776
Munteye ubwoba, yuko kumbure ivyo nabakoreye noba naruhiye ubusa.
Nginovalo ngani ukuthi mhlawumbe nginihluphekele ngeze.
1.244763
Kuri uwo musi nyene yaciye azura Lazaro.
Wavusa uLazaru ngalo lolo suku.
1.244723
Musa n'Abisirayeli bari basanzwe bazi neza izina ry'Imana.
UMose nama-Israyeli base belazi kakade igama likaNkulunkulu.
1.244682
Mbona intebe z'ubwami, mbona n'abazicayeko bahabwa ubucamanza.
"Futhi ngabona izihlalo zobukhosi, futhi abahleli kuzo banikwa igunya lokwahlulela.
1.244659
Mugabo wewe, uguma wironderera ibintu bihambaye.
Kodwa wena, uqhubeka uzifunela izinto ezinkulu.
1.244655
Mfise imyaka 12, ni ho natanguye kwumva ivy'Ubutatu.
Ngathoma ukuzwa ngefundiso kaZiquntathu nangineminyaka eli-12.
1.24465
Ikibi catanguye kw'isi igihe Shetani yavuga ikinyoma ca mbere.
Ububi baqalisa emhlabeni lapho uSathane ekhuluma amanga okuqala.
1.244648
Isi ni iy'Umukama, kumwe n'ibiri kuri yo vyose,
ngokuba umhlaba ungoweNkosi, nakho konke okukuwo.
1.244622
8 "Hazoba vya nyamugigima bikomakomeye."
8"Kuzaba khona ukuzamazama kwephasi okusabekako."
1.244619
Reka ndacandike nze mbaze abavyeyi banje."
Ngizowubhala phansi bese ngibuza abazali bami."
1.244605
2 Hariho ico Abeli akubwira muri iki gihe.
2 U-Abela uyakhuluma nawe namuhla.
1.244592
Ati agira ubuntu umusi ukira akagurana abandi, uruvyaro rwiwe rukagira umugisha.
Usuku lonke uyahawukela, atsheleke, nenzalo yakhe iyisibusiso.