score
float32 1.04
1.25
| Rundi
stringlengths 10
498
| Zulu
stringlengths 10
500
|
|---|---|---|
1.249999
|
Naho woba ureze abana batari abawe, niwibuke akarorero ka Yozefu, umwe wese ubone ko ameze ukwiwe kandi ko ari uw'agaciro.
|
Ngokufanayo, uma ungusingamzali noma unengane yokutholwa, khumbula isibonelo sikaJosefa futhi uphathe ingane ngayinye njengekhethekile neyigugu.
|
1.249972
|
5 Waramaze gutera intambwe ya mbere.
|
5 Ususithathile kakade isinyathelo sokuqala.
|
1.249966
|
4, 5. (a) Ni ibiki Yezu ariko arakora kuva mu 1914?
|
4, 5. (a) Khuyini uJesu ebekasolo akwenza solo kwango-1914?
|
1.249965
|
Abarobanuwe bazana gute "izindi ntama" ku bugororotsi?
|
Abagcotshiwe baziletha kanjani "ezinye izimvu" ekulungeni?
|
1.249949
|
'Kamere zayo zitaboneka ziribonekeza neza'
|
"Izimfanelo Zakhe Ezingabonakali Zibonakala Ngokucacile"
|
1.249915
|
Niwibuke ko Imana yakomeje Asa yongera iramufasha.
|
Khumbula ukuthi uNkulunkulu waqinisa futhi wasiza u-Asa, ngakho nawe uzokuqinisa.
|
1.249901
|
2 Na twebwe dutegerezwa gufata ingingo.
|
2 Nathi kunezinqumo okufanele sizenze.
|
1.249888
|
Niwapfukama rero imbere yanje, buzoba rwawe bwose."
|
Ngakho-ke wena, uma ukhuleka phambi kwami, konke kuzakuba ngokwakho."
|
1.249882
|
Ntihagire uwugirira nabi mwenewabo muri ivyo rero, kandi ntihagire uwumugunga, kuko Imana igera ingere ku yindi muri ivyo vyose, nk'uko twamaze kubibabwira n'ukubibemeza.
|
ukuba kungabikho noyedwa omonayo, aphambe umfowabo ngento, ngokuba iNkosi ingumphindiseli kukho konke lokho, njengokuba sanitshela phambili, saqinisa.
|
1.249876
|
Henoki ashobora kuba yaribaza nimba yokwigeze asubira kubona umuryango wiwe.
|
Kungenzeka u-Inogo wazibuza ukuthi uzakhe awubone godu umndenakhe na.
|
1.249849
|
Ni nde dukwiye kwizera? - Rom.
|
Ngubani okumele sibe lokholo kuye? - Rom.
|
1.249844
|
Utwo tujambo natwandikishije Silivano mwenewacu akwiye kwemerwa uko niyumvira, kugira ngo ndabahanure, nkabigisha ko bwa butore bw'Imana murimwo ari bwo bw'ukuri.
|
NgoSilvanu umfowethu othembekayo ngokubona kwami nginilobele ngokufushane, ngincenga, ngifakaza ukuthi lo yiwo umusa oqinisekileyo kaNkulunkulu; yimani kuwo.
|
1.24982
|
Aho nyene ni Jewe azoninahaza, kuko azobabwira ivyo akuye iwanje.
|
Uyakungikhazimulisa, ngokuba uyakuthatha kokwami anibikele khona.
|
1.249804
|
N'uko rero abatumwa bagira ubukuru bwinshi mu gushingira intahe izuka ry'Umukama bagaterwa na bose iteka rinini.
|
Abaphostoli baveza ngamandla amakhulu ubufakazi ngokuvuka kweNkosi uJesu; umusa omkhulu wawuphezu kwabo bonke.
|
1.249784
|
Wumva none vyari kumunanira gukora ivyo bintu vyose bivugwa muri iyo nkuru ya Nowa?
|
Wayengeke-ke yini akwenze konke okuchazwe endabeni kaNowa?
|
1.249682
|
Wibaza ko Beth azokwihanganira umugenzi nk'uwo kugeza ryari?
|
Ucabanga ukuthi uBeth angambekezelela isikhathi esingakanani umngane onjalo?
|
1.249679
|
Ubukerebutsi buriko burasemerera - Woba ubwumva?
|
Ukuhlakanipha Kuyamemeza - Ingabe Uyakuzwa?
|
1.24966
|
Umwe mu bamarayika yaragararije Imana.
|
Enye yezingelosi yavukela uNkulunkulu.
|
1.249591
|
Mu kiringo c'imisi ine yamaze yapfuye 'nta co yari azi namba.'
|
Phakathi nezinsuku ezine efile, 'wayengazi lutho.'
|
1.24957
|
Ikinyamakuru "Be maso!" caramubajije ukuntu vyagenze.
|
I-Phaphama! yaxoxa naye ngokwenzeka.
|
1.249568
|
Nimugamburukire Imana rero, nimurwanye shetani, na yo izohunga.
|
Ngakho thobelani uNkulunkulu, kepha nimelane noSathane, khona uyakunibalekela;
|
1.249568
|
17 Woba ushobora gukora ubutsimvyi?
|
17 Ungakghona ukungenela ubuphayona?
|
1.249529
|
Jewe na Data turi umwe. "
|
Mina loBaba simunye.
|
1.24951
|
Egome, abansi b'umuntu bazoba abo mu rugo rwiwe bwite."
|
Izitha ezikulu zomuntu izaba ngebekhabo."
|
1.249505
|
Imana si amayobera; yipfuza ko tuyimenya. - Ivyakozwe 17:27.
|
UZimu akasiyifihlakalo, ufuna simazi. - IzEnzo 17:27.
|
1.249493
|
Uranka koko abaza barakora ibintu bibabaza bose."
|
Uyabazonda bonke abenza okubi."
|
1.249459
|
Imana "izohanagura amosozi yose" ku maso y'abantu b'intahemuka.
|
"Uyosula zonke izinyembezi emehlweni" abantu abathembekile.
|
1.249418
|
Iyo ahitamwo kugamburukira Imana, yari kubaho ibihe bidahera mw'Iparadizo ng'aha kw'isi.
|
Ukube wayekhethe ukulalela uNkulunkulu, ngabe waphila phakade ePharadesi emhlabeni.
|
1.2494
|
Mu nyuma, yarabandanije ati: "[Ivyagezwe vyawe] ni vyo ndimbūra bukarinda bgīra."
|
Ngaphezu kwalokho, waqhubeka: "[Umthetho wakho] uyinto engiyikhathalela usuku lonke."
|
1.249369
|
5/bagatamira ijambo ryiza ry'IMANA,n'ububasha bwo mugihe kizoza,
|
banambitha izwi elihle likaNkulunkulu namandla ezwe elizayo,
|
1.249363
|
Nurondere rero uwogufasha gutahura ivyo usoma.
|
Ngakho, funa usizo ukuze ukuqonde lokho okufundayo.
|
1.249336
|
Ese iyaba wokwumviriza koko amabwirizwa yanje!
|
Nengabe uzoyilalela uyitjheje imilayo yami!
|
1.249328
|
Umukobwa wiwe yaciye asubizayo ati: "Nungirire nk'uko vyakwiviriye mu kanwa."
|
Indodakazi yakhe yamphendula yathi: "Kimi yenza njengoba uthembisile."
|
1.249327
|
Vyoba none bishaka kuvuga ko Imana ata na kimwe ikora ku bijanye n'agahahazo?
|
Ingabe lokho kusho ukuthi uNkulunkulu akenzi lutho ngokucindezelwa kwabantu?
|
1.249322
|
Avuga ururimi rwanje!"
|
Ukhuluma ulimi lwami!"
|
1.249303
|
12 Ivyo bishobora kuba ari ko vyari vyifashe ku Batesalonika bamwebamwe.
|
12 Kungenzeka bekunjalo nangabanye beThesalonika.
|
1.249278
|
Nihagira uwusambura ingoro y'Imana, Imana izomusambura; kuko ingoro y'Imana ari nyeranda, kandi iyo ngoro ni mwebwe.
|
Uma umuntu echitha ithempeli likaNkulunkulu, uNkulunkulu uyakumchitha yena, ngokuba ithempeli likaNkulunkulu lingcwele; niyilo-ke nina.
|
1.249262
|
"Adamu wa nyuma" azofasha gute abapfuye?
|
Yini "u-Adamu wokugcina" ayoyenza ukuze asize abafileyo?
|
1.249259
|
Ibibazo bitatu vyarahinduye ubuzima bwanje
|
Imibuzo Emithathu Eyashintsha Ukuphila kwami
|
1.249247
|
Ica gatatu, Eliya yari afise ubwoba.
|
Kwesithathu, u-Elija bekasaba.
|
1.249215
|
Abasavyi b'Imana baremera badakeka ico kintu c'ukuri kandi barahumurizwa no kukimenya.
|
Izikhonzi zikaNkulunkulu zincika kuleli qiniso futhi zizizwa zivikelekile kulolu lwazi.
|
1.249168
|
Ehe iyindi mvo: Abavyeyi bawe baripfuza cane kugukingira.
|
Nasi esinye isizathu: Abazali bakho banesifiso esinamandla sokukuvikela.
|
1.249161
|
12 Ikintu nk'ico kirashobora kudushikira.
|
12 Into enjengaleyo ingenzeka nakithi namhlanjesi.
|
1.249153
|
Pawulo abihekako aguma iwabo, akama akenura hamwe na bo kuko bakora umwuga umwe w'ukujisha amahema.
|
lokhu wayemsebenzi munye nabo, wahlala nabo, basebenza.
|
1.24915
|
Mweho rero, umve ico umugani w'umubivyi uvuga.
|
"Yizwani-ke nina umfanekiso womhlwanyeli.
|
1.249083
|
Birahambaye ko umenya ico kintu kubera yuko hari ibintu bikomeye Imana yavuze vyerekeye kazoza ka vuba bitazobura kugira ico bihinduye kuri wewe.
|
Kubalulekile ukuba ukwazi lokhu, ngoba kunezinto ezinkulu uNkulunkulu azibikezele ngokuphathelene nekusasa eziyokuthinta nakanjani.
|
1.249079
|
Bose uko ari bane ni abakurambere.
|
Womane akhonza njengabadala.
|
1.249058
|
Kubera ico, barahomba ico izuba rishobora kutwigisha.
|
Ngenxa yalokho baphuthelwa yilokho ilanga elingasifundisa kona.
|
1.249036
|
Woba uryohewe no kumenya ko utigera uba wenyene vy'ukuri? -
|
Uyajabula yini ngokwazi ukuthi akwenzeki ube wedwa ngempela? -
|
1.248947
|
Bibiliya yerekana yuko vyashitse abamarayika barakingira abasavyi b'Imana b'ukuri kugira ngo ivyo Imana igomba bikorwe.
|
IBhayibhili litshengisa ukuthi kwezinye izikhathi izingilosi zazivikela izinceku zikaNkulunkulu ukuze intando yakhe yenzeke.
|
1.248933
|
Umwana yoba arushe canke atamerewe neza?
|
Ingabe ingane ikhathele noma iyagula?
|
1.248916
|
Rimbura ukuntu yabigize kuri Eva.
|
Cabanga ngendlela akwenza ngayo lokhu ku-Eva.
|
1.248909
|
Woba ubona "Umwe ataboneka"?
|
Ingabe Uyambona "Lowo Ongabonakali"?
|
1.248899
|
Nipfuza ko wogira umunezero mu buzima kubera ko uri Icabona canje!"
|
Ngifuna ukuthi ukujabulele ukuphila kwakho njengomunye woFakazi bami!"
|
1.248878
|
Twaribaza ukuntu igikorwa cobandanije."
|
Sasizibuza ukuthi umsebenzi uzoqhubeka kanjani."
|
1.248841
|
Iyi Bibiliya itanzwe mu bijanye n'igikorwa kirangurirwa kw'isi yose c'ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n'intererano zitangwa n'abavyishakiye.
|
Ilungiselelwe njengengxenye yomsebenzi wokufundisa ngeBhayibheli owenziwa emhlabeni wonke osekelwa ngeminikelo yokuzithandela.
|
1.248839
|
Ikibabaje, bahisemwo kugambararira Imana baca baratakaza akaryo ko kuba muri ba "bagororotsi bazokwigabira isi."
|
Nokho, bakhetha ukungamlaleli uNkulunkulu ngakho balahlekelwa ithuba lokuba phakathi 'kwabalungile abayokudla ifa lomhlaba.'
|
1.248829
|
Yezu ati" Ndi umuzabibu w'ukuri, naho Data akaba umuhinzi."
|
Wathi: "Mina ngingumvini weqiniso, uBaba ungumlimi.
|
1.248808
|
Ijambo ry'Imana rigira riti: "Nimwanke ikibi, mukunde iciza."
|
ILizwi likaNkulunkulu lithi: "Zondani okubi lithande okuhle."
|
1.248787
|
Ni bande Petero yasanze bakoraniye muri iyo nzu?
|
Obani uPetru abathola bebuthene kuleyo ndlu?
|
1.248723
|
Inyuma y'imisi itatu, ivyo Yozefu yavuze vyarabaye.
|
Ngemva kwezinsuku ezintathu, amazwi kaJosefa agcwaliseka.
|
1.248714
|
Ku musi w'urubanza, umwamikazi wo mu bumanuko azohaguruka kwagiriza urwo rwaruka, agireko arutsinde, kuko yahanutse ku nkiko ngo aze kwumva ubwenge bwa Salomo; kandi hano hari uwuruta Salomo."
|
Inkosikazi yaseningizimu iyakusukuma ekwahlulelweni kanye namadoda alesi sizukulwane, iwalahle; ngokuba yavela emikhawulweni yomhlaba izakuzwa ukuhlakanipha kukaSolomoni; bhekani, lapha kukhona okukhulu kunoSolomoni.
|
1.248675
|
"Abana banje ni bo nshira imbere y'ibindi vyose.
|
"Ayikho into ebaluleke kakhulu kimi ukwedlula izingane zami.
|
1.248642
|
Woba uzoha agaciro abandi kubera kamere zabo z'ivy'impwemu?"
|
Ingabe uyobazisa abanye ngenxa yezimfanelo zabo ezingokomoya?"
|
1.248627
|
Tweho ntidushobora kureka kuvuga ico twabonye n'ico twumvise."
|
ngokuba thina asinakuyeka ukukhuluma ngalokho esikubonileyo nesikuzwileyo."
|
1.248601
|
Avuga ati: "Sinatevye kubona ko abantu benshi batanyitaho.
|
Uyakhumbula: "Ngasheshe ngaqaphela ukuthi abantu abaningi babengenandaba nami.
|
1.248582
|
Umwe muri abo bahungu yari azi amajambo makeyi y'icongereza.
|
Omunye wabafana wayazi amagama ambalwa esiNgisi.
|
1.248513
|
Hoba hariho ikibazo umaze kwibaza kijanye na Bibiliya?
|
Ingabe ikhona indaba ethile eseBhayibhelini owake wazibuza ngayo?
|
1.248506
|
9 Woba wipfuza gufasha abatsimvyi mu busuku?
|
9 Ungathanda yini ukusiza amaphayona enkonzweni?
|
1.248505
|
Kubera iki izo ntama zikwiye kubumviriza?
|
Kungani izimvu kufanele zibalalele?
|
1.248492
|
Woshobora kuvuga ko nari ntanguye kwamamaza ubwo nyene.
|
Ungase uthi ngaqala ukushumayela zisuka nje.
|
1.248485
|
Hari uwoshobora kuruta Imana?"
|
Manje-ke kungenzeka njani bona kube nomuntu ongaphezu kwakaZimu?"
|
1.248476
|
Nk'uko vyari biri kuri bo, abasavyi b'Imana bo muri iki gihe barahabwa impanuro bakongera bagatozwa indero.
|
Izinceku zikaNkulunkulu namuhla zithola iseluleko nesiyalo njengoba kwakunjalo nango-Israyeli.
|
1.248469
|
Ni kubera iki umuntu wa mbere Adamu yapfuye?
|
Kungani indoda yokuqala, u-Adamu, yafa?
|
1.248469
|
Kandi ivyo bizoba ikimenyetso c'isezerano hagati yanje namwe."
|
Futhi kumelwe kusebenze njengesibonakaliso sesivumelwano phakathi kwami nani."
|
1.248466
|
Ni kubera iki dupfa? - Abaroma 5:12.
|
Kungani sisifa? - KwabaseRoma 5:12.
|
1.248447
|
Yezu na we arabishura ati: " Gende mubwire Yohani ivyo mwumvise n'ivyo mwabonye: impumyi zirabona, abacumbagira baratambuka, abanyambembe barakizwa, ibipfa-matwi birumva, abapfuye barazuka, aboro barigishwa Inkuru Nziza.
|
Yaphendula, yathi kuwo: "Hambani nimlandise uJohane lokho enikubonile nenikuzwile ukuthi: Izimpumputhe ziyabona, izinyonga ziyahamba, abanochoko bayahlanjululwa, izithulu ziyezwa, abafileyo bayavuswa, abampofu bayashunyayezwa ivangeli;
|
1.248447
|
Muntey'ubwoba, yuko nkumbure ivyo nabakoreye, naruhiye ubusa.
|
Nginovalo ngani ukuthi mhlawumbe nginihluphekele ngeze.
|
1.248441
|
Wibaza ko ivyo yabigize kubera iki? - Yari afise ubwoba.
|
Ucabanga bona wakwenzelani lokho? - Iye, bekasaba.
|
1.248408
|
Barateye imbere ningoga na ningoga maze bidatevye baraba abakozi b'ishengero."
|
Bathuthuka ngokushesha futhi kungakabiphi bamiswa njengezinceku ezikhonzayo."
|
1.248374
|
Umusi umwe ku mugoroba mu mpera za Myandagaro 1952, nagiye numva telefone ivuye i Toronto.
|
Kusihlwa ngolunye usuku ngasekupheleni kuka-August 1952, ngathola ucingo luvela eToronto.
|
1.248304
|
Nurabe ukuntu Umusi w'Urubanza uzoba ari umuhezagiro ku bantu bose b'abizigirwa.
|
Funda indlela uSuku Lokwahlulela oluyoba isibusiso ngayo kuso sonke isintu esithembekile.
|
1.248285
|
Ubu sekuru na inakuru ba Gabriel barasengera hamwe buri musi.
|
Manje umkhulu nogogo kaGabriel bathandaza ndawonye nsuku zonke.
|
1.248279
|
" Ko jewe Umukama n'Umwigisha ndabogeje ibirenge, mubwirizwa namwe kwozanya ibirenge."
|
Uma-ke mina, iNkosi noMfundisi, ngigeze izinyawo zenu, nani-ke nifanele ukugezana izinyawo.
|
1.248243
|
Ntitwipfuza kugisha iyo myaka ya mbere y'ubuzima bwiwe."
|
Asifuni ukulahlekelwa minyaka yokuthoma le yokuphila kwakhe."
|
1.248206
|
Nta jambo na rimwe muri yo ritashitse."
|
Akuphuthanga nezwi elilodwa kuwo."
|
1.248191
|
None ntibinezereza kandi bikandemesha?'
|
Lokho akungithabisi begodu kungikhuthaze?'
|
1.248182
|
"Adamu wa nyuma" azofasha gute abapfuye?
|
Khuyini okuzokwenziwa 'ngu-Adamu wokugcina' bona asize abafileko?
|
1.248172
|
None, ivyanditswe vyoheza bikaranguka bite?"
|
Pho-ke ingagcwaliseka kanjani imibhalo yokuthi kumelwe ukuba kube njalo na?"
|
1.248145
|
Ni uko rero, hari abahora ari aba nyuma bazoba aba mbere, n'abandi bahora ari aba mbere bazoba aba nyuma. "
|
Bheka! kukhona abokugcina abayoba ngabokuqala, futhi kukhona abokuqala abayoba ngabokugcina. "
|
1.248106
|
Ubukerebutsi bwo gufata ingingo nziza. - Yakobo 1:5.
|
Ukuhlakanipha kokwenza izinqumo ezinhle. - Jakobe 1:5.
|
1.248072
|
Aho nihaba hari umuntu w'umunyamahoro, amahoro yanyu azomujako, ahandiho, azobagarukako.
|
Kuyakuthi uma kukhona lapho indodana yokuthula, ukuthula kwenu kohlala phezu kwayo; kepha uma kungenjalo, kuzakubuyela kini.
|
1.248071
|
Umuvukanyi umwe aribuka ikintu cashitse igihe yari akiri agahungu.
|
Omunye umzalwane ukhumbula isenzakalo esithile esenzeka lapho esengumfanyana.
|
1.248049
|
Abantu baba mu gihugu bazoba bahariwe ikosa ryabo."
|
Abantu abahlala ezweni kuyoba yilabo abaxolelwe isiphambeko sabo."
|
1.248047
|
4 Ako gatima kariraye hose.
|
4 Lowo moya ukuyo yonke indawo.
|
1.248047
|
Umwana wawe yoba azi ukuri ku vyerekeye igitsina?
|
Ingabe ingane yakho iyalazi iqiniso ngocansi?
|
1.248037
|
Imana yipfuza ko 'badapfa rubi, ahubwo ko baronka ubuzima budashira.'
|
UNkulunkulu uhlose ukuba labo abanokholo 'bangabhubhi kodwa babe nokuphila okuphakade.'
|
1.24803
|
" Kuko abo yamenye kera yabatoranije kera gushushanywa n'ishusho y'Umwana wayo , kugirango abe Imfura muri bene Se benshi.
|
Ngokuba labo ayebazi ngaphambili wabamisa ngaphambili, bafane nesimo seNdodana yakhe, ukuze yona ibe yizibulo phakathi kwabazalwane abaningi;
|
1.248028
|
Ntibisobanura ko Imana yagendagenda kw'isi, canke ko Nowa yoba yaragiye mw'ijuru.
|
Akusikho bona uZimu wakhamba ephasini, nanyana bona uNuwa ngandlela thize waya ezulwini.
|
1.248022
|
Woba ushoboye gukomeza abavukanyi bawe kandi ukaba uvyipfuza?
|
Ingabe ungakwazi futhi uzimisele ukuqinisa abafowenu?
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.