score
float32 1.04
1.25
⌀ | Rundi
stringlengths 8
500
| Shona
stringlengths 10
499
⌀ |
|---|---|---|
1.248019
|
Intumwa zimaze gupfa, ni ibiki vyashikiye "igisata ku bw'izina [rya Yehova]"?
|
Vaapostora pavakafa chii chakaitika 'kuvanhu vezita raJehovha'?
|
1.248013
|
Reka ndacandike nze mbaze abavyeyi banje."
|
Ndichaunyora pasi ndonobvunza vabereki vangu."
|
1.24801
|
Bavishije amaraso y'abera n'ay'abavugishwa nawe, kand.amaraso nyene niyo ubahaye ngo banywe, birababereye.
|
6 Nokuti vakadurura ropa ravatsvene neravaporofita, mukavapa ropa, kuti vanwe; vakafanirwa naizvozvo.
|
1.248006
|
Ahamagara rero umusuku amubaza ivyo ari vyo.
|
Naizvozvo akashevedza mumwe wevashandi, akabvunza kuti zvinhu izvi zvairevei.
|
1.247984
|
Abapfuye ntibashobora gukunda umuntu canke kumwanka, kandi "[n]ta gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi, canke ubukerebutsi [biri] mu kuzimu."
|
Vakafa havagoni kuda kana kuvenga munhu, uye muguva hamuna "basa rinoitwa kana kuronga zvekuita kana ruzivo kana uchenjeri."
|
1.247983
|
10 Kurindira si ikintu coroshe.
|
10 Kumirira hakusi nyore.
|
1.247981
|
Nk'uko iyo zaburi ivyerekana, Musa, Aroni na Samweli barashigikiye bimwe bishitse intunganyo ijanye n'ugusenga kw'ukuri mu gihe cabo.
|
Pisarema iroro rinoratidza kuti Mosesi, Aroni uye Samueri vakanyatsotsigira urongwa hwokunamata kwechokwadi panguva yavakararama.
|
1.247965
|
11 Ivyo Dawidi atashobora gukora: Dawidi ntiyashobora gusubiza inyuma ivyo yari yakoze.
|
11 Zvaisagona kuitwa naDhavhidhi: Dhavhidhi aisagona kuchinja zvaakanga atoita kare.
|
1.247949
|
Natani aramusubiza ati: "Erega, uwo muntu ni wewe nyene!
|
Natani akabva ati: "Imi ndimi munhu wacho!"
|
1.247892
|
Nusenge umusaba impwemu nyeranda, ubukerebutsi n'ubuyobozi.
|
Mukumbire kuti akupe mudzimu mutsvene, uchenjeri uye kuti akutungamirire.
|
1.247866
|
Naho yari amaze imyaka myinshi akorera Imana adahemuka, Yehova yabwiye Musa ngo amuremeshe.
|
Ainge ashumira Mwari akavimbika kwemakore akawanda.
|
1.247858
|
8 Ariko rero, tuba mw'isi iteye akaga.
|
8 Zvisinei, tiri kurarama munyika ine ngozi.
|
1.247851
|
Abantu bakora ivy'ubugarariji bavugwa muri wa mugani w'ingano n'icatsi kibi bazorira bongere bahekenye amenyo ryari?
|
Vanhu vasingateereri mutemo vanotaurwa mumufananidzo wegorosi nemasora vachasvimha misodzi uye kugeda-geda mazino avo rini?
|
1.247847
|
Yezu yavuze ati: "Ntimutangazwe n'ico, kuko isaha igira igere, aho abari mu mva bose bazokwumva ijwi [ryanje] bakazivamwo."
|
Jesu akati: "Musashamiswa neizvi, nokuti awa iri kuuya mairi vaya vose vari mumakuva vachayeukwa uye vachanzwa inzwi [rangu], vobuda."
|
1.247839
|
Oya, kubera ko yipfuza ko tuyironka.
|
Hongu, nokuti anoda kuti timuwane.
|
1.247833
|
Ku bw'ivyo, naciye nsubira i muhira." - Ef.
|
Saka ndakadzokera kumusha kunogara nayo." - VaEf.
|
1.247742
|
Ivyo Paulo yabwiye Abanyatene biracari ivy'ukuri.
|
Zvakataurwa naPauro kuvaAtene zvichiri zvechokwadi.
|
1.24772
|
Canke, ntimuzi yuko abatagira ubutungane batazoragwa ubwami bw'Imana?
|
[9] Ko, hamuzivi here kuti vasakarurama havagari nhaka youmambo hwaMwari?
|
1.247716
|
Mu bihugu vyinshi, abantu b'igitsina-gore bafatwa gute?
|
Munyika dzakawanda, vanhukadzi vanobatwa sei?
|
1.247666
|
(Itanguriro 37:36) Muri ayo makuba Yozefu yaciyemwo, ukwizera kwiwe n'umwiyemezo yari afise wo kuguma yiyegereje Imana yiwe vyagumye birushiriza gukomera.
|
(Genesisi 37:36) Matambudziko ose aya akaita kuti Josefa ave nokutenda kwakasimba uye atsunge kuramba ari pedyo naMwari wake.
|
1.247615
|
Igihe Yezu yavuga ngo "ntimukigere mwiganyira" yashaka kuvuga iki?
|
Jesu airevei paakati: "Musambozvidya mwoyo"?
|
1.247596
|
Ukwizera kwabo gukomeye n'urukundo rwabo be n'ukuntu banyitwararika, vyarakomeje cane ukwizera kwanje."
|
Kutenda kwavo kwakasimba uye rudo rwavo zvinosimbisa kutenda kwangu chaizvo."
|
1.247573
|
gituma twiyegereza Imana n'abandi?
|
richitiswededza pedyo naMwari uye nevamwe?
|
1.24754
|
Bari bazi uwo amasengesho akwiye guturwa.
|
Vaiziva kuti minyengetero yavo yaifanira kuendeswa kuna ani.
|
1.247467
|
Nari mfise inyigisho za Bibiliya ziri hagati ya 15 na 20.
|
Ndaidzidza Bhaibheri nevanhu vari pakati pe15 ne20.
|
1.247438
|
Ni ibigeragezo ibihe vyashikiye abahanuzi bamwebamwe kubera ukwizera kwabo?
|
Vamwe vaprofita vakatsungirira miedzo ipi pamusana pekutenda kwavo?
|
1.247416
|
Yabwiye umuhungu wiwe ati: "Nta muvinyu bafise."
|
Akaudza mwanakomana wake kuti, "Havasisina waini."
|
1.247409
|
Ijambo ry'Imana ryishura riti: "Dukorere iciza bose, ariko canecane incuti zacu mu kwizera."
|
Shoko raMwari rinoti: "Ngatiitirei vose zvakanaka, asi kunyanya vaya vane ukama nesu mukutenda."
|
1.247402
|
Kubera iki dukwiye kwibuka umugore wa Loti?
|
Nei tichifanira kuyeuka mudzimai waRoti?
|
1.247397
|
8 Amasengesho utura yigisha iki abana bawe?
|
8 Vana vako vanodzidzei paminyengetero yako?
|
1.247369
|
Amahoro yawe rero yomera nk'uruzi, ubugororotsi bwawe na bwo nk'imipfunda y'ikiyaga."
|
Rugare rwako rwaizoita sorwizi, nokururama kwako semafungu egungwa."
|
1.247331
|
Ububi bw'umusi umwumwe wose buramaze.'
|
Zvakakwanira zuva zvakaipa kwayo. "
|
1.247328
|
Umugabo wiwe n'umwana wiwe na bo nyene baramukumbuye.
|
Ndizvo zvaiitawo murume wake nemwanakomana wake.
|
1.24731
|
Bwari bwo bwa mbere numva ko Imana ifise izina.
|
Ndiwo wakanga uri musi wangu wokutanga kunzwa kuti Mwari ane zita.
|
1.247298
|
Haciye umwaka, naciye nimukira muri Gana gukorerayo ubutsimvyi."
|
Papera gore, ndakatamira kuGhana kuti ndinoshumira ikoko sapiyona."
|
1.24727
|
Kubera ko na Paulo yarwara igihe yaba ari ku rugendo.
|
Nemhaka yekuti Pauro aimborwarawo pavaifamba.
|
1.247175
|
Inyuma y'aho, hari aho vyokenerwa ko abavyeyi bamara igihe gito canke kirekire bafashwa. *
|
Vabereki vacho vangada kubatsirwa kwenguva duku kana kuti kwenguva refu. *
|
1.247144
|
Umuntu wese usanga afise imana kanaka akorera.
|
Munhu wese anotova namwari waanoshumira.
|
1.24713
|
Abavukanyi benshi bo hirya no hino kw'isi baradusengera."
|
Hama nehanzvadzi dzakawanda pasi rese dziri kutinyengeterera."
|
1.247126
|
David: Gwen yarambwiye ivyo yariko ariga.
|
David: Gwen akandiudza zvaaidzidza.
|
1.247126
|
Nugumize rero umuzirikanyi ku vyo Yehova yadusezeraniye, ntureke ngo hagire ikikubuza kuronka ako gashimwe!
|
Saka ramba wakaisa pfungwa dzako pane zvakavimbiswa naJehovha, uye ngaparege kuva nechinhu chinokutadzisa kuwana mubayiro!
|
1.247123
|
Inabibondo umwe wo mu Buyapani ni ko yabigenjeje.
|
Vamwe amai vekuJapan ndizvo zvavakaita pakudzidzisa vanakomana vavo vaviri.
|
1.24711
|
Jewe na Evelyn twarakumburana cane.
|
Ichokwadi kuti taisuwana chaizvo naEvelyn.
|
1.247099
|
Mbe hoho ni nde yomwitwararitse amaze gusaza?
|
Uye ndiani aizomuriritira kana achembera?
|
1.24709
|
"Naho mutigeze mumubona, muramukunda.
|
"Kunyange musina kumbomuona, munomuda.
|
1.247087
|
Jewe nabona ko ndi Umwisilamu.
|
Ndaizviti ndiri muMuslim.
|
1.247064
|
Uzojana nanje i Mowabu mu ntambara?"
|
Uchaenda neni kuMoabhi kuhondo here?"
|
1.246992
|
Ni impera iyihe irindiriye abakenguruka ubuntu ata wari abukwiriye bw'Imana?
|
Ndi mbuyelo dzifhio dzine dza ḓo wanwa nga vhane vha dzhiela nṱha vhuthu vhuhulu ha Mudzimu?
|
1.24698
|
Bansengera ubusa, kuko inyigisho bigisha ari amabwirizwa y'abantu.'"
|
Vanoramba vachindinamata pasina, nokuti vanodzidzisa mirayiro yevanhu sedzidziso."
|
1.246945
|
Ariko hari ico basabwa: Bategerezwa kuyigamburukira.
|
Asi pane chinhu chimwe chete chavaitarisirwa kuita: Vaifanira kumuteerera.
|
1.24694
|
Bansengera ubusa, kuko inyigisho bigisha ari amabwirizwa y'abantu.'"
|
Vanoramba vachindinamata pasina, nokuti vanodzidzisa mirayiro yevanhu sedzidziso.'"
|
1.246938
|
Kigira giti: "Yehova azoguma arindiriye kubagirira ubutoni, kandi ni co gituma azohaguruka ngo abereke imbabazi.
|
Runoti: "Jehovha acharamba akamirira kuti akunzwirei nyasha, naizvozvo achasimuka kuti akunzwirei ngoni.
|
1.246929
|
Yakuze yigishwa kwanka Abanyaserebiya.
|
Paaikura aidzidziswa kuti aifanira kuvenga vanhu vokuSerbia.
|
1.246879
|
Yavuze ati: "Iki kigereranya umubiri wanje ugiye gutangwa ku bwanyu.
|
Anoti: "Ichi chinomirira muviri wangu uchapiwa nokuda kwenyu.
|
1.246869
|
Ico canditswe kivuga giti: "Imana ubwayo izobana na bo.
|
Inoti: "Mwari pachake achava navo.
|
1.246844
|
(Ivyahishuwe 19:10) Kubera ko abamarayika bakorera Imana, bakora ivyo Imana ibategetse ntibakora ivyo bategetswe n'abantu.
|
(Zvakazarurwa 19:10) Sezvo ngirozi dziri vashumiri vaMwari, dzinoita zvadzinoudzwa naye, kwete nevanhu.
|
1.246843
|
Ubugenzi bwanyu bwoba bwosubira gukomera nka kera?
|
Ushamwari hwenyu hwaigona kuzosimbazve sezvahwakanga hwakamboita here?
|
1.246836
|
Birashoboka ko Adamu yatahuye yuko uwo "musi" wari umusi w'amasaha 24.
|
Adhamu anogona kunge akafunga kuti "zuva" iri raiva remaawa 24.
|
1.246712
|
Ububi bw'umusi umwumwe wose buramaze."
|
Zvakakwanira zuva zvakaipa kwayo. "
|
1.246682
|
Umuntu agenda, si ivyiwe kuyobora intambuko yiwe."
|
Munhu anofamba haakwanisi kudzora nhanho dzake."
|
1.246625
|
Bimwe mu vyo yanditse ni ibi: "Uyu musi namenye izina ry'Imana.
|
Pamwe pacho akanyora kuti: "Nhasi ndadzidza zita raMwari.
|
1.246618
|
Abisirayeli bakiwubona ubwa mbere babajije bati: "Ibi ni ibiki?"
|
Pavakatanga kuona chingwa chacho, vaIsraeri vakabvunza kuti, "Chii ichi?"
|
1.246617
|
Imbere y'uko Yezu atora intumwa ziwe, 'yabandanije gusenga Imana ijoro ryose.'
|
Asati asarudza vaapostora vake, Jesu 'akanyengetera kuna Mwari usiku hwose.'
|
1.24661
|
12 Impwemu nyeranda irashobora kutubumbabumba mu buryo bwinshi.
|
12 Mudzimu mutsvene unogona kutiumba nenzira dzakasiyana-siyana.
|
1.2466
|
Mugabo Imana yaramusubirije umutima mu nda ko atobaye ari wenyene.
|
Asi Mwari akamuvimbisa kuti aisazomusiya.
|
1.24659
|
2:14) Nitwamurwanya azoduhunga.
|
2:14) Kana tikamurwisa, achatitiza.
|
1.246578
|
Yamubwiye ati: "Uragahezagirwa na Yehova, mukobwa wanje.
|
Akati: "Jehovha ngaakukomborere, mwanasikana wangu.
|
1.246503
|
Reka tuze tuyage kuri ico kibazo uwundi musi. *
|
Tinogona kuzopindura mubvunzo wacho imwe nguva. *
|
1.246481
|
Henoki yari yaravuze yuko umusi w'urubanza woje ku bantu batibanga Imana bo mu gihe ciwe.
|
Inoki akanga afanotaura kuti zuva rokutongwa raizouya pavanhu venyika yacho vasingadi Mwari.
|
1.246471
|
Yavuze ati: "Hashimirwe Imana biciye kuri Yezu Kristu Umukama wacu!"
|
Akati: "Mwari ngaaongwe nokuna Jesu Kristu Ishe wedu!"
|
1.246465
|
19 Umwe Christopher twavuga mu ntango z'iki kiganiro we bite?
|
19 Ko Christopher ambotaurwa kwatangira nyaya ino akazoita sei?
|
1.246464
|
Ndahimbawe no kuvuga yuko mu myaka n'iyindi ihaciye, umukenyezi wanje nikundira yamye anshigikira cane.
|
Ndinofara kuti kwemakore ose aya mudzimai wangu ange achinditsigira chaizvo.
|
1.246442
|
Niwirinde gutegurira abandi ibifungurwa igihe urwaye. *
|
Usabikira vamwe kana uchirwara. *
|
1.246431
|
None abo "batoyi" Se wiwe abaha agaciro kangana iki?
|
"Vaduku ava" vanokosha zvakadini kuna Baba vake?
|
1.246388
|
None yoshoboye gute kuvyara umwana atunganye, ari we Mwana w'Imana?
|
Naizvozvo, aizobereka sei mwana akakwana, Mwanakomana waMwari?
|
1.246371
|
7 Rimbura ivyashikiye mushiki wacu yitwa Sakura * wo mu Buyapani.
|
7 Funga zvakaitika kuna Sakura * wekuJapan.
|
1.246362
|
Ntibikenewe ko dutinya ishitswa ry'imanza z'Imana.
|
Hatifaniri kutya kutonga kwaMwari.
|
1.246359
|
Hilda wo muri Filipine na we yashaka guheba kunywa itabi.
|
Hilda wokuPhilippines aida kusiya fodya.
|
1.246338
|
Ku bijanye n'ivyo bisagara, Yehova yavuze ati: "Bize bibabere aho guhungira."
|
Achitaura nezvemaguta iwayo, Jehovha akati: "Ave kwamungapotera."
|
1.246271
|
None azogwisha imvura ryari?'
|
Achaunza mvura rini?'
|
1.246256
|
Hari aho woba umaze kwibonera ko aya majambo ari ay'ukuri, ayagira ati: "Gutanga birimwo agahimbare kuruta guhabwa."
|
Rugwaro urwu rwakamboshandawo here kwauri runoti: "Kupa kune mufaro mukuru kupfuura kugamuchira"?
|
1.24625
|
Woba usoma ikinyamakuru cose gishasha be n'ibisohokayandikiro bishasha vyose biboneka mu rurimi rwawe buri mwaka?
|
Unoverenga magazini ose matsva uye mamwe mabhuku matsva anobudiswa gore negore mumutauro wako here?
|
1.24624
|
17 Yezu na we nyene yararindiriye n'umutima ukunze.
|
17 Jesu anewo chido chekumirira.
|
1.246231
|
Yabwiye abanyagihugu ati: "Igihugu kiracari icacu, kuko twarondeye Yehova Imana yacu.
|
Akaudza vanhu kuti: "Nyika ichiri pamberi pedu, nokuti takatsvaka Jehovha Mwari wedu.
|
1.246179
|
Wipfuza ko abana bawe biyumva nk'umwanditsi w'amazaburi, uwanditse ati: "Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye, kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe."
|
Unoda kuti vana vako vave nemanzwiro akafanana neemunyori wepisarema uyo akanyora kuti: "Ndakafarira kuita zvamunoda, haiwa Mwari wangu, mutemo wenyu uri mukati mangu."
|
1.246175
|
Barateye imbere ningoga na ningoga maze bidatevye baraba abakozi b'ishengero."
|
Vakafambira mberi zvinoshamisa uye pasina nguva vakanga vava vashumiri vanoshumira."
|
1.246174
|
Na twebwe abamamaji b'Ubwami, turakwiye kubigenza gutyo nyene.
|
Sevazivisi veUmambo, tinofanirawo kuita saizvozvo.
|
1.246138
|
Woshima kubaho igihe Shetani azoba atakiriho?
|
Ungada kurarama panguva yakunenge kusisina Satani here?
|
1.24613
|
"igiti co kumenya iciza n'ikibi."
|
muti wokuziva zvakanaka nezvakaipa
|
1.246092
|
Ukwizera kwa Musa kwarakomeje abasavyi b'Imana.
|
Kutenda kwaMosesi kwakasimbisa vanhu vaMwari.
|
1.246088
|
Benshi mu bo twigana na bo nyene ntibari bwubake izabo.
|
Vakawanda vandaiva navo mukirasi yacho vainge vasati varoorawo.
|
1.246026
|
Nyereka aho ivuga ko udakwiye gusenga Mariya.
|
Ndiratidze parinoti haufaniri kunamata Mariya.
|
1.246022
|
17 Ukuntu Mariya yavuga.
|
17 Zvaitaurwa naMariya.
|
1.245984
|
Urupfu rwoba ruri mu mugambi Imana idufitiye?
|
Mwari aida kuti tife here?
|
1.245978
|
Imwe mu nyigisho zitomoye kuruta izindi zo mw'Ijambo ry'Imana ni iy'uko abacu bapfuye bazosubira kuba bazima.
|
Imwe yedzidziso dzakajeka dziri muShoko raMwari ndeyokuti vadiwa vedu vakafa vachamutswa.
|
1.245964
|
Ese iyaba yokwanditswe mu gitabu!
|
Haiwa, kudai ainyorwa mubhuku!
|
1.245956
|
Guheba itabi ntivyanyoroheye.
|
Zvakanga zvisiri nyore kusiya fodya.
|
1.24595
|
5 Niwishire mu kibanza ca Asa.
|
5 Ngatitii ndiwe Asa.
|
1.245836
|
Karoli: Ubajije ikibazo ciza, Yoha.
|
Cameron: Mubvunzo wako wakanaka, Jon.
|
1.24578
|
None ni kubera iki abantu benshi bicwa n'inzara?
|
Saka nei vanhu vakawanda vachishayiwa zvekudya?
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.