score
float32
1.04
1.25
Amharic
stringlengths
8
484
Rundi
stringlengths
10
500
1.224792
แˆตแˆˆ แˆตแŠ•แ‹ดแ‹แŠ“ แŠฅแŠ•แŠญแˆญแ‹ณแ‹ฑ แ‰ แˆšแŠ“แŒˆแˆจแ‹ แˆแˆณแˆŒ แˆ‹แ‹ญ แ‹จแ‰ฐแŒ แ‰€แˆฑแ‰ต แ‹“แˆ˜แ€แŠžแ‰ฝ แ‹จแˆšแ‹ซแˆˆแ‰…แˆฑแ‰ตแŠ“ แ‰ แˆแ‹˜แŠ• แŒฅแˆญแˆณแ‰ธแ‹แŠ• แ‹จแˆšแ‹ซแ‹แŒฉแ‰ต แˆ˜แ‰ผ แАแ‹?
Abantu bakora ivy'ubugarariji bavugwa muri wa mugani w'ingano n'icatsi kibi bazorira bongere bahekenye amenyo ryari?
1.224762
แ‰ณแ‹ฒแ‹ซ แŠ แˆแ‹“แ‹›แˆญ แ‰ แŠฅแАแ‹šแ‹ซ แŠ แˆซแ‰ต แ‰€แŠ“แ‰ต แ‹จแ‰ต แАแ‰ แˆญ?
None Lazaro yari hehe muri iyo misi ine?
1.22468
แˆตแˆˆแˆ†แАแˆ แ‰ตแŠญแŠญแˆˆแŠ› แŠฅแ‹แ‰€แ‰ต แˆˆแˆ›แŒแŠ˜แ‰ต แ‹จแˆ›แˆ˜แ‹›แ‹˜แŠ• แ‰ฝแˆŽแ‰ณแ‰ฝแˆแŠ• แ‰ฐแŒ แ‰€แˆ™แข
Nukoreshe rero ubushobozi bwawe bwo kwiyumvira kugira ngo uronke ubumenyi butagira amakosa.
1.224662
แŠฅแŠ”แˆ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹จแˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ฑแŠ• แˆแˆฅแˆซแ‰ฝ แŠฅแŠ•แ‹ตแŠ•แˆฐแ‰ฅแŠญ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแˆแˆแŒ แŠ แ‰ฅแˆซแˆซแˆแˆˆแ‰ตแข
Naramusiguriye ko Imana ari yo ishaka ko twamamaza inkuru nziza y'Ubwami.
1.22464
แŠฅแŠ”แŠ“ แŠฅแŠ“แ‰ด แŠฅแ‹แАแ‰ตแŠ• แ‰ แ‰ฐแ‰€แ‰ แˆแŠ•แ‰ แ‰ต แŒŠแ‹œ แŠ แ‰ฃแ‰ด แŠฅแ‹แАแ‰ตแŠ• แŠ แˆแ‰ฐแ‰€แ‰ แˆˆแˆ แАแ‰ แˆญแข
Dawe ntiyakiriye ukuri igihe twe na mawe twizera.
1.224627
17 แˆแŒ†แ‰ฝ แŠจแŠขแ‹จแˆฑแˆต แˆŠแˆ›แˆฉ แ‹ญแ‰ฝแˆ‹แˆ‰?
17 Abana boba bashobora kugira ico bigiye kuri Yezu?
1.224616
แŠฅแАแˆฑแˆ "แ‰ณแ‹ฒแ‹ซ แ‰ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹˜แŠ•แ‹ต แ‰ฐแ‰€แ‰ฃแ‹ญแАแ‰ต แ‹ซแˆˆแ‹แŠ• แˆฅแˆซ แˆˆแˆ˜แˆฅแˆซแ‰ต แˆแŠ• แ‰ฅแŠ“แ‹ฐแˆญแŒ แ‹ญแˆปแˆ‹แˆ?
Baramubwira rero bati: " Tuze tugire iki ngo turangure ibikorwa bishimisha Imana ?"
1.2246
แˆฝแˆ›แŒแˆŒแ‹Žแ‰ฝแฃ แˆŒแˆŽแ‰ฝแŠ• แˆตแˆˆแˆ›แˆ แˆแŒ แŠ• แˆแŠ• แŠ แˆ˜แˆˆแŠซแŠจแ‰ต แŠ แˆ‹แ‰ฝแˆ?
Bakurambere, mubona gute ivyo kumenyereza abandi?
1.224545
แ‰ แˆฐแˆ›แ‹ญ แ‹ซแˆˆแ‹ แŠ แ‰ฃแ‰ณแ‰ฝแŠ•แฃ แ‰ƒแˆ แ‹จแŒˆแ‰ฃแ‰ธแ‹แŠ• แ‰ แˆจแŠจแ‰ถแ‰ฝ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‹ซแˆ˜แŒฃ แˆ™แˆ‰ แ‰ แˆ™แˆ‰ แŠฅแˆญแŒแŒ แŠ› แˆตแˆˆแˆ†แА แŠฅแАแ‹šแˆ…แŠ• แ‰ฐแˆตแ‹แ‹Žแ‰ฝ แแŒปแˆœแ‹ซแ‰ธแ‹แŠ• แŠฅแŠ•แ‹ณแŒˆแŠ™ แŠ แ‹ตแˆญแŒŽ แ‹ญแ‰†แŒฅแˆซแ‰ธแ‹‹แˆแข
Uwo Muvyeyi wacu wo mw'ijuru nta makenga namba afise ku bijanye n'ivyo yasezeranye, ku buryo abibona nk'aho vyamaze kuranguka.
1.224496
แŠ–แŠ… แŠ แŠซแˆ„แ‹ฑแŠ• แŠจแŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ”แˆญ แŒ‹แˆญ แŠ แ‹ฐแˆจแŒˆ แ‹จแ‰ฐแ‰ฃแˆˆแˆˆแ‰ต แ‰…แ‹ฑแˆต แАแ‹แข
Nowa yari umuntu yagendanye n'Imana adahemuka.
1.2244
"แ‰ณแˆ‹แ‰… แАแ‰ขแ‹ญ แ‰ แˆ˜แŠซแŠจแˆ‹แ‰ฝแŠ• แ‰ฐแАแˆตแ‰ทแˆ" แ‰ แˆ›แˆˆแ‰ต แ‰ฐแŠ“แŒแˆจแ‹‹แˆแข
Bavuze bati: "Umuhanuzi akomeye yahagurukijwe muri twebwe."
1.224233
แ‰ แŠ แˆแŠ‘ แŒŠแ‹œ แŠฅแ‹แАแ‰ฐแŠ›แ‹ แŠฅแ‹แ‰€แ‰ต แ‰ แˆ˜แˆ‹แ‹ แˆแ‹ตแˆญ แŠฅแŠ•แ‹ฒแ‰ณแ‹ˆแ‰… แˆˆแˆ›แ‹ตแˆจแŒ แ‰ แˆ•แ‹แ‰ก แŠฅแ‹จแ‰ฐแŒ แ‰€แˆ˜ แАแ‹แข
Ubu ariko arakoresha abasavyi biwe kugira atume ubumenyi nyakuri bukwira kw'isi yose.
1.224209
แ‹ญแˆ… แˆแˆจแŒ แ‹จแŠ แ‰ฅแˆญแˆƒแˆแŠ•แŠ“ แ‹จแˆŽแŒฅแŠ• แ‰ณแˆชแŠญ แ‹ซแˆตแ‰ณแ‹แˆฐแŠ• แ‹ญแˆ†แŠ“แˆแข
Ivyo vyoshobora guca bitwibutsa akarorero ka Aburahamu n'aka Loti.
1.224014
แŠจแ‹šแ‹ซแŠ• แŒŠแ‹œ แŠ แŠ•แˆตแ‰ถ แˆแŠ•แŒŠแ‹œแˆ แˆˆแ‹ˆแˆ‹แŒ†แ‰ผ แˆแ‰€แŠ› แАแŠแข
Kuva ico gihe, nama mbwiza ukuri abavyeyi banje.
1.223922
แ‰ฅแˆ‰แค แŒฅแ‰‚แ‰ตแŠ•แˆ (แŒŠแ‹œ) แ‰ฐแŒ แ‰€แˆ™แข
Ngaho nimurye, mwishime gake kuko
1.223491
แˆšแˆญแ‹ซแˆ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แ‰ฅแˆ‹แˆˆแ‰ฝแฆ "แˆแ‹ฉ แŠ แ‰…แŠšแ‹Žแ‰ฝ แˆ†แАแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ตแŠ“แŒˆแˆˆแŒแˆ แ‰ฐแŒ‹แ‰ แ‹แŠ•แข
Miriam avuga ati: "Twari twagenywe kuba abatsimvyi badasanzwe.
1.22349
10 แ‹ˆแ‹ญแˆต แˆˆแŠ แˆซแ‰ฑ แˆบแˆ… แˆฐแ‰ฃแ‰ฑ แŠฅแŠ•แŒ€แˆซแฅ แˆตแŠ•แ‰ต แ‰…แˆญแŒซแ‰ตแˆ แŠฅแŠ•แ‹ณแАแˆฃแ‰ฝแˆ แ‰ตแ‹ แŠ แ‹ญแˆ‹แ‰ฝแˆแˆแŠ•?
Ati: "Aho nagaburira imikate, indwi abantu ibihumbi bine, mwatwaye ibikemanyi bingahe vyuzuye ibimanyu?"
1.22349
แ‰ แˆแ‹ตแˆจ แ‰ แ‹ณ แŠฅแŠ•แ‹ฐ แ‰ฐแˆแ‰ณแ‰ฐแŠ‘แ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ณแˆตแ‰ˆแŒกแ‰ต แŒŠแ‹œแฅ แ‹›แˆฌ แ‹ตแˆแแŠ• แ‰ฅแ‰ตแˆฐแˆ™ แˆแ‰ฃแ‰ฝแˆแŠ• แŠ แ‰ณแŒฝแŠ‘แข
Uyu musi ni waramuka wumvise ijwi ryiwe, ntukomantaze umutima wawe nka kera."
1.223478
แˆแ‰ฃแ‰ธแ‹ แˆตแˆˆแ‰ฐแˆฐแ‰ แˆจ แ‹จแˆšแ‹ซแˆตแˆแˆแŒ‹แ‰ธแ‹ แ‹จแˆšแ‹ซแŒฝแŠ“แŠ“แ‰ธแ‹ แАแŒˆแˆญ แАแ‰ แˆญแข
Bari baravunitse umutima, bakaba rero bari bakeneye guhumurizwa.
1.223424
แ‹ฐแŒแˆžแˆต แ‹จแŠฅแˆฑ แ‰ตแŠ•แˆฃแŠค แˆˆแŠฅแŠ› แˆแŠ• แ‰ตแˆญแŒ‰แˆ แŠ แˆˆแ‹?
Izuka ryiwe ritumariye iki vy'ukuri?
1.223341
9 แ‰ แ‹šแˆ… แ‰คแ‰ต แ‹แˆตแŒฅ แŠจแŠฅแŠ” แ‹จแˆšแ‰ แˆแŒฅ แˆฐแ‹ แ‹จแˆˆแˆแค แŒŒแ‰ณแ‹ฌ แŠจแŠ แŠ•แ‰บ แ‰ แˆตแ‰ฐแ‰€แˆญ แˆแŠ•แˆ แ‹ซแˆแˆฐแŒ แŠ แАแŒˆแˆญ แ‹จแˆˆแˆแค แ‹ญแˆ…แŠ• แ‹ซแ‹ฐแˆจแŒˆแ‹แˆ แˆšแˆตแ‰ฑ แˆตแˆˆแˆ†แŠ•แˆฝ แАแ‹แข
Nta wunduta muri iyi nzu, kandi nta kintu na kimwe yanyimye kiretse wewe, kuko uri umugore wiwe.
1.223309
แŠฅแŠ•แ‹ฐ แˆ แˆซแ‹Šแ‰ต แ‰ แ‰แŒฅแˆญ แ‹จแˆšแˆ˜แˆซแ‰ธแ‹ แŠฅแˆฑ แАแ‹แค แˆแˆ‰แŠ•แˆ แ‰ แ‹จแˆตแˆ›แ‰ธแ‹ แ‹ญแŒ แˆซแ‰ธแ‹‹แˆแข
Ni Umwe asohora ingabo zavyo ku gitigiri, zose akazihamagara mu mazina yazo.
1.223215
แŠ แˆแŠ• แ‰ฃแ‰ณแ‹ฉแ‰ตแˆ แŠฅแŠ•แŠณ แ‰ แŠฅแˆฑ แˆ‹แ‹ญ แŠฅแˆแАแ‰ต แŠฅแ‹ซแˆณแ‹ซแ‰ฝแˆ .
Naho mutamubona muri iki gihe, ntikibuza yuko mumwizera." - 1 PET.
1.223192
แ‰คแ‰ฐแˆฐแ‰ก แŠจแŒˆแŠ•แ‹˜แ‰ฅ แ‹จแ‰ แˆˆแŒ  แŠจแŠฅแˆฑ แ‹จแˆšแˆแˆแŒ‰แ‰ต แАแŒˆแˆญ แˆแŠ•แ‹ตแŠ• แАแ‹?
Ni ibiki umuryango wiwe umukeneyeko bisumba amahera?
1.223182
แˆˆแˆฐแˆ›แ‹ซแ‹Š แŠ แ‰ฃแ‰ฑ แ‰ฃแ‰€แˆจแ‰ แ‹ แŒธแˆŽแ‰ต แˆ‹แ‹ญ "แ‰ƒแˆแˆ… แŠฅแ‹แАแ‰ต แАแ‹" แˆฒแˆ แ‰ฐแŠ“แŒแˆฏแˆแข
Mw'isengesho yatuye Se wiwe wo mw'ijuru, yavuze ati: "Ijambo ryawe ni ukuri."
1.223158
" แŠฅแŠ”แˆ "แŠฌแ‰ฒแฃ แ‹จแ‰ปแˆแŠฉแ‰ตแŠ• แˆแˆ‰ แŠ แ‹ฐแˆญแŒ‹แˆˆแˆแข
Namubwiye nti: "Katie, nta ko ntazogira.
1.223126
แ‰ แŠฅแˆฑแˆ แˆ‹แ‹ญ แ‹จแ‰ฐแ‰€แˆ˜แŒ แ‹ 'แ‹จแ‰ณแˆ˜แАแŠ“ แŠฅแ‹แАแ‰ฐแŠ›' แ‰ฐแ‰ฅแˆŽ แ‹ญแŒ แˆซแˆแค แŠฅแˆฑแˆ แ‰ แŒฝแ‹ตแ‰… แ‹ญแˆแˆญแ‹ณแˆ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆแˆ แ‹ญแ‹‹แŒ‹แˆแข
Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa na Munyakuri, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi.
1.223074
แˆ™แˆดแˆ แ‹ญแˆ…แŠ• แ‰ แˆ˜แŒˆแŠ•แ‹˜แ‰ก แ‹ญแˆ–แ‹‹ แ‹ซแ‹˜แ‹˜แ‹แŠ• แŠ แ‹ตแˆญแŒ“แˆแข
Ivyo Musa yaravyemera icese kandi yarakoze ivyo Yehova yamutegetse gukora.
1.222987
) แŠจแˆ˜แŠซแŠจแˆ‹แ‰ฝแŠ• แ‰ แŠฅแ‹ซแŠ•แ‹ณแŠ•แ‹ท แ‹•แˆˆแ‰ต แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹ญแ‰…แˆญแ‰ณ แ‹จแˆ›แ‹ซแˆตแˆแˆแŒˆแ‹ แˆ›แŠ• แŠ แˆˆ?
Ni nde muri twebwe adakeneye guharirwa n'Imana uko bukeye uko bwije?
1.222984
แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆแˆ แˆแˆ‰แˆ แˆฐแ‹ แ‹จแ‹จแˆซแˆฑ แ‹ตแˆญแˆป แŠจแ‰ฐแАแŒˆแˆจแ‹แฃ แ‹จแ‰คแ‰ฐแˆฐแ‰ฅ แŠ แˆแˆแŠฎแ‹ แŠฅแˆฑแŠ•แˆ แ‹จแˆšแ‹ซแŠซแ‰ตแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆ†แА แ‹ญแˆฐแˆ›แ‹‹แˆแข
Vyongeye, nimba umwe wese afise ico azokora, azobona ko ari ugusenga kwiwe kwo mu muryango.
1.222877
แˆ•แ‹ญแ‹ˆแ‰ต แ‰ฐแŒˆแˆˆแŒ แค แŠฅแŠ›แˆ แŠ แ‹ญแ‰ฐแАแ‹‹แˆแค แŠฅแŠ•แˆ˜แˆฐแŠญแˆญแˆˆแ‰ณแˆˆแŠ•แˆแข
Nka ko, ubuzima bwarabonetse, kandi twarabubonye,
1.222731
แˆแ‹ตแˆญแฃ แŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ•แŠ“ แ‰ฃแˆแŠ•แŒ€แˆซแ‰ธแ‹แŠ• แ‰ แˆšแ‹ˆแ‹ฑ แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แˆตแ‰ตแˆžแˆ‹ แˆ•แ‹ญแ‹ˆแ‰ต แˆแŠ•แŠ› แŠ แˆตแ‹ฐแˆณแ‰ฝ แ‹ญแˆ†แŠ“แˆ!
Ese ukuntu bizoba ari agahore igihe abantu bose bari kw'isi bazoba bakunda Imana na bagenzi babo!
1.222577
"แ‰ณแˆ‹แ‰… แ‹จแˆšแ‰ฃแˆˆแ‹ แˆซแˆฑแŠ• แŠจแˆแˆ‹แ‰ฝแˆ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‹ซแŠ•แˆต แŠ แ‹ตแˆญแŒŽ แ‹จแˆšแ‰†แŒฅแˆญ แАแ‹แข
Nka ko, uwusanzwe ari we mutomuto muri mwebwe mwese, uwo ni we mukuru."
1.222575
แŠจแ‹šแˆ… แ‰ แˆ‹แ‹ญ แ‹ฐแŒแˆž แ‹จแˆšแŒˆแ‹ตแˆแ‰ฝแˆ แˆแˆ‰ แŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ”แˆญแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‹ซแŒˆแˆˆแŒแˆ แ‹จแˆšแˆ˜แˆตแˆแ‰ แ‰ต แŒŠแ‹œ แ‹ญแˆ˜แŒฃแˆแข
Mbere, haza kuza igihe uwuzobica wese azogira ngo akorera Imana.
1.22245
แŠฅแˆญแŒแŒฅ แАแ‹แฃ แˆ˜แŒ€แˆ˜แˆชแ‹ซ แˆ‹แ‹ญ แˆ›แŠ•แˆ แŠƒแŒขแŠ แ‰ฐแŠ› แŠ แˆแАแ‰ แˆจแˆแข
Ni ivy'ukuri ko mu ntango ata n'umwe yari umucumuzi.
1.222265
แˆตแˆˆ แŠฅแˆญแˆฑแˆต แˆณแ‹ญแˆฐแˆ™ แŠฅแŠ•แ‹ดแ‰ต แ‹ซแˆแŠ‘แ‰ แ‰ณแˆ?
Kandi bazokwizera bate uwo batarumva?
1.222195
แ‹ซแˆ แ‰ขแˆ†แŠ• แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆแ‰ƒแ‹ฑแŠ• แˆˆแˆ›แˆตแˆแŒธแˆ แ‰ณแˆ‹แ‰… แŠƒแ‹ญแˆ‰แŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแŒ แ‰€แˆ แˆ›แˆตแ‰ฐแ‹‹แˆ‹แ‰ฝแŠ• แŠ แ‹ญแ‰€แˆญแˆแข
Mugabo turashobora gutahura yuko Imana ikoresha ububasha bwayo buhambaye kugira ngo yiyemeze neza ko ivyo igomba bikorwa.
1.222189
แŠฅแАแ‹šแˆ… แˆแŒ†แ‰ฝ แˆฒแ‹ซแ‹ตแŒ‰ แˆซแˆณแ‰ธแ‹แŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐ แŠฅแˆตแˆซแŠคแˆ‹แ‹Š แ‹ญแ‰†แŒฅแˆซแˆ‰?
Bamaze gukura, boba bari kuvuga ko ari Abisirayeli?
1.222172
แˆแŠ•แˆ แŠฅแŠ•แŠณ แ‰ แˆฅแˆซแ‹Žแ‰ปแ‰ธแ‹ แˆ‹แ‹ญ แˆตแˆ›แ‰ธแ‹ แ‰ฃแ‹ญแ‰€แˆจแŒฝแˆ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŒฅแˆจแ‰ณแ‰ธแ‹แŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแ‰ฃแˆจแŠจแˆ‹แ‰ธแ‹ แ‰ แˆ›แ‹ˆแ‰ƒแ‰ธแ‹ แŠฅแˆญแŠซแ‰ณ แ‰ฐแˆฐแˆแ‰ทแ‰ธแ‹ แˆ˜แˆ†แŠ• แŠ แˆˆแ‰ แ‰ตแข
Naho amazina yabo atanditswe kuri ivyo bintu bakoze, bategerezwa kuba barahimbawe n'uko Imana yari yahezagiye utwigoro twabo twose.
1.222162
แˆแ‹‹แˆญแ‹ซแ‹ แŒณแ‹แˆŽแˆต แ‰ แ‹˜แˆ˜แŠ‘ แ‹จแАแ‰ แˆฉแ‰ตแŠ• แŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‹ซแŒˆแˆˆแŒแˆ‰ แ‹จแˆšแŠ“แŒˆแˆฉ แ‰ฅแ‹™ แˆฐแ‹Žแ‰ฝแŠ• แŠ แˆตแˆ˜แˆแŠญแ‰ถ "แ‰ แ‰ตแŠญแŠญแˆˆแŠ› แŠฅแ‹แ‰€แ‰ต แˆ‹แ‹ญ แ‹จแ‰ฐแˆ˜แˆ แˆจแ‰ฐ แŠ แ‹ญแˆแŠ• แŠฅแŠ•แŒ‚ แˆˆแŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰…แŠ•แ‹“แ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ณแˆ‹แ‰ธแ‹ แŠฅแˆ˜แˆ แŠญแˆญแˆ‹แ‰ธแ‹‹แˆˆแˆ" แ‰ฅแˆŽ แАแ‰ แˆญแข
Intumwa Paulo yavuze ku bijanye n'abantu benshi bo mu gihe ciwe bavuga ko bakorera Imana, ati: "Ndabashingira intahe yuko bafitiye Imana umwete; mugabo si mu bumenyi butagira amakosa."
1.222132
แŠฅแ‹แАแ‰ฑแŠ• แˆˆแˆ˜แŠ“แŒˆแˆญ แŒแŠ• แŠจแŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ต แ‹ˆแ‹ญแˆ แŠจ1914 แŒ‹แˆญ แˆแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‹ซแŒˆแŠ“แŠ˜แ‹ แŠ แˆแŒˆแ‰ฃแŠแˆแข
Ariko mvugishije ukuri, simbona isano ifitaniye n'Ubwami bw'Imana be n'umwaka wa 1914.
1.222034
แ‰ฐแŒจแˆ›แˆช แˆ˜แ‰แˆจแŒซ แˆˆแˆ›แŒแŠ˜แ‰ต แˆ˜แ‹แˆจแ‹ต แ‹จแˆšแ‰ฝแˆ‰แ‰ แ‰ต แˆ˜แŠ•แŒˆแ‹ต แŠ แˆแАแ‰ แˆจแˆแค แ‰ แˆ˜แˆ†แŠ‘แˆ แˆ˜แ‰แˆจแŒซ แ‹จแ‹ซแ‹˜ แŠ แŠ•แ‹ต แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆแŠญแˆ‹แ‰ธแ‹ แ‹ˆแ‹ฐ แ‹ญแˆ–แ‹‹ แŒธแˆแ‹จแ‹ แАแ‰ แˆญแข
Kubera ko ata kundi bari kubigenza, baciye basenga Yehova ngo abarungikire umuvukanyi afise imbugita.
1.222013
แŒแŠ•แ‰ฆแ‰ต 1, 1949 แ‹จแ‹˜แ‹ˆแ‰ตแˆญ แŠ แ‰…แŠš แˆ†แŠ•แŠฉแข
Ku wa 1 Rusama 1949, narabaye umutsimvyi asanzwe.
1.221951
แŠ แŠ•แ‹ฒแ‰ต แˆดแ‰ต 20 แ‰…แŒ‚แ‹Žแ‰ฝ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆฐแŒงแ‰ต แŒ แ‹จแ‰€แ‰ฝแข
Hari umugore umwe yasavye amakopi 20.
1.221678
แˆŒแˆŽแ‰ฝ แ‹จแˆšแˆ แˆฉแ‰ต แˆตแˆ…แ‰ฐแ‰ต แŠฅแŠ•แ‰…แ‹แ‰ต แŠ แ‹ญแˆแŠ•แ‰ฅแˆ…
Ntureke ngo amakosa y'abandi agutsitaze
1.221611
แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แˆฒแˆ แŒฝแแˆแฆ "แ‰ แŠฅแАแ‹šแ‹ซแˆ แ‰€แŠ“แ‰ต แŠจแ‹จแ‹ˆแŒˆแŠ‘แŠ“ แŠจแ‹จแ‰‹แŠ•แ‰‹แ‹ แ‹แˆฅแˆญ แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แ‹จแŠ แŠ•แ‹ตแŠ• แŠ แ‹ญแˆแ‹ณแ‹Š แˆแ‰ฅแˆต แ‹˜แˆญแ แŠ แŒฅแ‰ฅแ‰€แ‹ แ‰ แˆ˜แ‹ซแ‹แฃ 'แŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ”แˆญ แŠจแŠฅแŠ“แŠ•แ‰ฐ แŒ‹แˆญ แŠฅแŠ•แ‹ณแˆˆ แˆฐแˆแ‰ฐแŠ“แˆแŠ“ แŠ แ‰ฅแˆจแŠ• แŠฅแŠ•แˆ‚แ‹ต' แ‹ญแˆ‰แ‰ณแˆแข
Yanditse ati: "Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z'amahanga bazofata koko impuzu y'Umuyuda, bavuge bati: 'Turajana, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe.' " (Zek.
1.221596
8แ‹ˆแ‹ฐ แŠแ‰ต แ‹จแŒฝแ‹ตแ‰… แŠ แŠญแˆŠแˆ แ‰ฐแ‹˜แŒ‹แŒ…แ‰ถแˆแŠ›แˆแค แ‹ญแˆ…แŠ•แˆ แŒปแ‹ตแ‰… แˆแˆซแŒ… แ‹จแˆ†แАแ‹ แŒŒแ‰ณ แ‰ แ‹šแ‹ซ แ‰€แŠ• แˆˆแŠฅแŠ” แ‹ญแˆฐแŒ แŠ›แˆแค แ‹ฐแŒแˆžแˆ แˆˆแŠฅแŠ” แ‰ฅแ‰ป แˆณแ‹ญแˆ†แŠ•แฃ แ‹จแŠฅแˆญแˆฑแŠ• แˆ˜แŒˆแˆˆแŒฅ แˆˆแŠ“แˆแ‰ แˆแˆ‰ แАแ‹แข
Ibisigaye ni ukuronka rwa rugori rw'ubutungane, Umukama, We Mucamanza w'intungane, azompereza kuri urya musi kandi ntazoruhereza jewe jenyene, azoruhereza n'abo bose bazoba baroreranye urukundo iseruka ryiwe.
1.221385
แŠ แ‹Žแฃ แŠขแ‹จแˆฑแˆต แ‰ขแ‹ซแŠ•แˆต แˆตแ‹ตแˆตแ‰ต แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆžแ‰ฝแŠ“ แŠฅแˆ…แ‰ถแ‰ฝ แАแ‰ แˆฉแ‰ตแข
Ego cane, Yezu afise n'imiburiburi bene wabo na bashikiwe batandatu.
1.221137
แ‹ฎแŠ“แ‰ณแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แ‹ซแˆˆ แ‰ฐแˆแ‰ณแ‰ณแŠ แˆแŠ”แ‰ณ แŠ แŒ‹แŒฅแˆžแ‰ต แˆŠแˆ†แŠ• แ‹ญแ‰ฝแˆ‹แˆแข
Yonatani ashobora kuba yarashikiwe n'ingorane nk'iyo.
1.221063
17 แŠ แŠ•แ‰ฐแˆต แŠ แ‰…แŠš แˆ˜แˆ†แŠ• แ‰ตแ‰ฝแˆ แ‹ญแˆ†แŠ•?
17 Woba ushobora gukora ubutsimvyi?
1.220968
แˆ™แˆด แ‹ญแˆ–แ‹‹แŠ• แ‰ แˆ›แŒˆแˆแŒˆแˆ แ‹ซแˆณแˆˆแˆแ‹แŠ• แˆจแŒ…แˆ แ‹˜แˆ˜แŠ• แˆ˜แˆˆแˆต แ‰ฅแˆŽ แ‰ แˆ›แˆฐแ‰ฅ "แ‰ แˆ•แ‹ญแ‹ˆแ‰ต แ‹˜แˆ˜แŠ“แ‰ฝแŠ• แˆแˆ‰ แŠฅแˆแˆ แŠฅแŠ•แ‹ตแŠ•แˆแŠ“ แˆแˆดแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ตแŠ“แ‹ฐแˆญแŒแฃ แ‰ แˆ›แˆˆแ‹ณ แ‰ณแˆ›แŠ แแ‰…แˆญแˆ…แŠ• แŠ แŒฅแŒแ‰ แŠ•" แ‰ฅแˆแˆแข
Amaze kuzirikana ku kiringo kirekire yari amaze akorera Yehova, yavuze ati: "Mu gitondo nuduhaze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, kugira ngo twihe akamo k'umunezero, tunezerwe mu misi yacu yose."
1.220735
แค แŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ„แˆญแŠ• แŠฅแŠ•แŠปแŠ• แŠ แ‰ตแˆแˆซแˆ?
cara nyotirnya gimana ya,.?
1.22064
แŠฅแˆญแˆต แ‰ แŠฅแˆญแˆณแ‰ธแ‹แˆ " แŠ แ‰ฃแ‰ฑแŠ•แŠ“ แŠฅแŠ“แ‰ฑแŠ• แ‹จแˆแŠ“แ‹แ‰ƒแ‰ธแ‹ แ‹ญแˆ… แ‹จแ‹ฎแˆดแ แˆแŒ… แŠขแ‹จแˆฑแˆต แŠ แ‹ญแ‹ฐแˆˆแˆแŠ• ?
Baja barabwirana bati: "None si Yezu mwene Yozefu, ntituzi se na nyina?
1.220633
4แ‹จแŠจแ‰ฐแˆ›แ‹แˆ แˆ•แ‹แ‰ฅ แ‰ฐแŠจแ‹แˆแˆˆแค แŒˆแˆšแˆฑ แŠจแŠ แ‹ญแˆแ‹ต แŒ‹แˆญแฃ แŒˆแˆšแˆฑแˆ แŠจแˆแ‹‹แˆญแ‹ซแ‰ต แŒ‹แˆญ แˆ†แАแข
4 Ariko nya bantu indiri bo muri ico gisagara bicamwo imigwi, bamwe baja ku ruhande rw'Abayuda, abandi na bo ku ruhande rw'intumwa.
1.220622
แ‹ˆแˆ‹แŒ†แ‰ผ แ‰…แ‹ณแˆœ แ‰…แ‹ณแˆœ แˆˆแŠ แŒญแˆญ แŒŠแ‹œ แŠฅแ‹จแˆ˜แŒก แŠฅแŠ•แ‹ฒแŒ แ‹ญแ‰แŠ แ‰ฐแˆแ‰…แ‹ถแˆ‹แ‰ธแ‹ แАแ‰ แˆญแข
Abavyeyi banje baremererwa kuza kundaba umwanya mutoyi ku misi ya gatandatu.
1.220606
แˆˆแˆแˆณแˆŒ แ‹ซแˆ…แˆแฃ แŠจแˆแˆ‰ แŠ แˆตแ‰€แ‹ตแˆ˜แ‹ แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ตแŠ“ แŒฝแ‹ตแ‰… แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆแˆแŒ‰ แ‰ แˆ˜แŠ“แŒˆแˆญ แ‰ฅแ‰ป แŠ แˆแ‰ฐแ‹ˆแˆฐแАแˆแค แŠจแ‹šแˆ… แ‹ญแˆแ‰… "แŠฅแАแ‹šแˆ…แˆ แАแŒˆแˆฎแ‰ฝ แˆแˆ‰ แ‹ญแˆฐแŒงแ‰ฝแŠ‹แˆ" แ‰ฅแˆแ‰ธแ‹‹แˆแข
Nk'akarorero, ntiyapfuye kubabwira gusa ngo babanze kurondera Ubwami n'ubugororotsi bw'Imana, ariko yaciye avuga ati: "Ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa."
1.220565
15 แ‰ แАแƒ แ‹ญแ‰…แˆญ แ‰ แˆแข
15 Nubabarire abandi ata gahigihigi.
1.220348
แŠ แˆแˆ‹แŠญแฃ แ‹จแˆžแ‰ฑ แˆฐแ‹Žแ‰ฝแŠ• แŠ แˆตแ‰ณแ‹แˆถ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‹ซแˆตแАแˆณแ‰ธแ‹แŠ“ แŒฝแ‹ตแ‰… แ‰ แˆฐแˆแАแ‰ แ‰ต แŠ แ‹ฒแˆต แ‹“แˆˆแˆ แ‹แˆตแŒฅ แˆ•แ‹ญแ‹ˆแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแˆฐแŒฃแ‰ธแ‹ แ‰ƒแˆ แŒˆแ‰ฅแ‰ทแˆแข
Imana yarasezeranye ko abapfuye yibuka bazozuka bakaba mw'isi nshasha y'ubugororotsi.
1.220258
แ‰ แˆ˜แˆ†แŠ‘แˆ แŒŽแˆญแ แˆฒแˆ˜แŒฃ แ‰คแ‰ฑ แŒธแŠ•แ‰ถ แ‰†แˆŸแˆแข
Igihe rero hatera igihuhusi, iyo nzu nta co yabaye.
1.220197
แˆ˜แŒ€แˆ˜แˆชแ‹ซ แ‹ˆแ‹ฐ แŠคแˆ แˆณแˆแ‰ซแ‹ถแˆญ แˆตแˆ˜แŒฃ แ‹จแˆตแ‰ฅแŠจแ‰ฑ แˆฅแˆซ แŒˆแŠ“ แˆ˜แŒ€แˆ˜แˆฉ แАแ‰ แˆญแข
Igihe nashika muri Salvador ari bwo bwa mbere, igikorwa co kwamamaza ni ho cari kigitangura.
1.220146
10 แ‰ แŒƒแ“แŠ• แ‹จแˆšแŠ–แˆญแŠ• แŠ แŠ•แ‹ต แ‰คแ‰ฐแˆฐแ‰ฅ แˆแˆณแˆŒแˆ แŠฅแŠ•แˆ˜แˆแŠจแ‰ตแข
10 Rimbura kandi akarorero k'umuryango umwe wo mu Buyapani.
1.220127
แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แˆตแˆ แˆ˜แŒฅแˆซแ‰ต แˆตแˆ…แ‰ฐแ‰ต แАแ‹?
Vyoba ari bibi kuvuga izina ry'Imana?
1.219961
12 แ‰ แ‹šแ‹ซ แ‹ˆแ‰…แ‰ต แŠฅแˆญแˆต แ‰ แˆญแˆต 'แˆ˜แŒ แŒ‹แŒ‹แ‰ณแ‰ฝแŠ•' แ‰ แŒฃแˆ แŠ แˆตแˆแˆ‹แŒŠ แ‹จแˆšแˆ†แАแ‹ แˆˆแˆแŠ•แ‹ตแŠ• แАแ‹?
12 Kubera iki bizoba bihambaye cane ko tuba "[du]fatanirijwe hamwe" ico gihe?
1.219838
แˆตแˆˆ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆ›แŠ•แАแ‰ตแฃ แˆตแˆˆแˆšแ‹ˆแ‹ณแ‰ธแ‹แŠ“ แˆตแˆˆแˆšแŒ แˆ‹แ‰ธแ‹ แАแŒˆแˆฎแ‰ฝ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆแˆ แˆแ‰ƒแ‹ฑ แˆแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆ†แА แŠฅแ‹แАแ‰ฑแŠ• แˆ›แ‹ˆแ‰… แ‰ตแˆแˆแŒ‹แˆˆแˆ…?
Woba wipfuza kumenya ukuri ku bijanye n'abamarayika, ukamenya abo ari bo, ukuntu babayeho be n'ivyo bakora?
1.219724
แ‰ แˆตแˆแˆ… แ‰€แŠ‘แŠ• แˆ™แˆ‰ แˆแˆดแ‰ต แ‹ซแ‹ฐแˆญแŒ‹แˆ‰แค แ‰ แŒฝแ‹ตแ‰…แˆ…แˆ แŠจแ แŠจแ แ‹ญแˆ‹แˆ‰แข
Mw'izina ryawe baranezerwa bukarinda bwira, kandi mu bugororotsi bwawe barashirwa hejuru." - Zab.
1.219606
แˆตแˆˆแ‹šแˆ… แŠจแŠฅแАแ‹šแˆ… แŠฅแˆญแˆต แ‰ แˆญแˆณแ‰ฝแˆ แ‰ แ‹šแˆ… แ‰ƒแˆ แ‰ฐแŒฝแŠ“แŠ‘.
Ni uko rero, nimuhumurizanye muri ayo majambo.
1.219571
แ‹ญแˆ…แ‰ฝ แˆ˜แ‰ แˆˆแ‰ต แˆˆแАแ‰ขแ‹ฉ แŠฅแŠ•แŠญแ‰ฅแŠซแ‰ค แŠ แ‹ตแˆญแŒ‹แˆˆแ‰ต แ‹จแАแ‰ แˆจ แŠจแˆ˜แˆ†แŠ‘แˆ แˆŒแˆ‹ แŠฅแˆแАแ‰ต แŠ แˆณแ‹ญแ‰ณแˆˆแ‰ฝแข
Uwo mupfakazi yari yararonkeje uwo muhanuzi ivyo akeneye yongera aragira ukwizera.
1.219512
แŠฅแŠ•แ‹ฒแ‹ซแ‹แˆ แ‹ซแАแŒ‹แŒˆแˆซแ‰ธแ‹ แ‰ แˆšแ‹ซแ‹แ‰แ‰ต แ‰‹แŠ•แ‰‹ แАแ‰ แˆญแข
Yabibabwira mbere mu rurimi bashobora gutahura.
1.21951
แŒปแ‹ตแ‰… แŠฅแŠ•แ‹ฐ แ‹˜แŠ•แ‰ฃแ‰ฃ แ‹ซแˆแˆซแˆแข
Intungane izokura bwa kigazi,
1.219505
แŠจแˆแˆ‰แˆ แ‰ แˆ‹แ‹ญ แ‹ฐแŒแˆž แ‰ แ‹จแ‹•แˆˆแ‰ฑ แˆ‹แАแŒ‹แŒแˆจแ‹ แ‹จแˆแ‰ฝแˆ แ‰ แˆฐแˆ›แ‹ญ แ‹จแˆšแŠ–แˆญ แŠ แ‰ฃแ‰ต แŠ แˆˆแŠแข
N'ikiruta vyose ndafise Umuvyeyi wo mw'ijuru nshobora kwitura imisi yose.
1.219453
9 แŠฅแŠ•แ‹ฐ แŠ แ‰ฅแˆญแˆƒแˆ แˆแˆ‰ แŠฅแŠ›แˆ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹จแŒˆแ‰ฃแ‹ แ‰ƒแˆ แ‹จแˆšแˆแŒธแˆแ‰ แ‰ตแŠ• แŒŠแ‹œ แŠฅแ‹จแ‰ฐแŒ แ‰ฃแ‰ แ‰…แŠ• แАแ‹แข
9 Cokimwe na Aburahamu, na twebwe turarindiriye ko ivyo Imana yasezeranye biranguka.
1.219361
แˆแŒ†แ‰ปแ‰ธแ‹แˆ แŠฅแ‹จแ‰ฐแ‹‹แˆˆแ‹ฑ แˆแ‹ตแˆญแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆžแˆ‰ แŠ แˆตแ‰ฆ แАแ‰ แˆญแข
Yashaka ko bavyara abana gushika isi yose yuzuye abantu.
1.219286
แ‰ แ‹šแ‹ซแŠ• แ‰€แŠ• แ‹ญแˆ–แ‹‹ แˆแˆชแˆƒ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹จแˆŒแˆ‹แ‰ธแ‹แŠ• แŠญแ‰ แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แ‰ แˆ™แˆ‰ แ‹ซแŒ แ‹แˆแข
Kuri uwo musi, Imana izorandura ababisha bose kubera batayubaha.
1.219239
แŠจแ‰ฃแˆˆแ‰คแ‰ด แŒ‹แˆญ แ‰€แŠ‘แŠ• แˆ™แˆ‰ แ‰ แŠ แŒˆแˆแŒแˆŽแ‰ต แˆ›แˆณแˆˆแ แ‰ แŒฃแˆ แŠ แˆตแ‹ฐแˆณแ‰ฝ แАแ‹" แ‰ฅแˆแˆแข
Birampimbara kumara umusi wose mu busuku ndi kumwe n'umukenyezi wanje."
1.219216
แˆฅแА แˆแŒแ‰ฃแˆญ แ‹จแŒŽแ‹ฐแˆˆแ‹ แ‹ตแˆญแŒŠแ‰ต แ‹จแˆแŠ•แˆแŒฝแˆ แŠจแˆ†แА แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แ‰…แ‹ฑแˆต แˆตแˆ แŠฅแŠ“แˆฐแ‹ตแ‰ฃแˆˆแŠ•แข
Mu gihe twokora ubusambanyi, twoba dusize iceyi izina ryeranda ry'Imana.
1.21904
แŠจแ‰ แˆญแŠซแ‰ณ แ‹˜แˆ˜แŠ“แ‰ต แ‰ แŠแ‰ต แ‹จแŠ–แˆจแ‹ แŠคแˆŠแˆ "แ‹•แ‹ตแˆœ แ‹ญแŠ“แŒˆแˆซแˆแค แˆจแŒ…แˆ แ‹˜แˆ˜แŠ• แŒฅแ‰ แ‰ฅแŠ• แ‹ซแˆตแ‰ฐแˆแˆซแˆ" แ‰ฅแˆแˆแข
Elihu wo mu bihe vya kera yavuze ati: "Imisi ni yo ikwiye kuvuga, kandi imyaka indiri ni yo ikwiye kumenyesha ubukerebutsi."
1.218923
แˆˆแˆแˆณแˆŒ แ‹ซแˆ…แˆแฃ แˆฉแ‰ต แ‰ฃแˆณแ‹จแ‰ฝแ‹ แ‰ณแˆ›แŠแАแ‰ต แˆ‹แ‹ญ แˆ›แˆฐแˆ‹แˆฐแˆ แ‹ญแ‰ปแˆ‹แˆแข
Nk'akarorero, turashobora kuzirikana ku bijanye n'ukudahemuka kwa Rusi.
1.218911
แŠจแ‹šแˆ… แ‹ญแˆแ‰… แ‰ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰…แ‹ฑแˆต แˆ˜แŠ•แˆแˆต แˆตแˆˆแˆ˜แˆ˜แˆซแ‰ต แˆ˜แŠ“แŒˆแˆฉ แАแ‰ แˆญแค แ‰…แ‹ฑแˆณแŠ• แˆ˜แŒปแˆ•แแ‰ตแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ตแŠ•แˆจแ‹ณ แŠจแˆšแ‹ซแŒแ‹™แŠ• แАแŒˆแˆฎแ‰ฝ แŠ แŠ•แ‹ฑ แ‹ญแˆ… แˆ˜แŠ•แˆแˆต แАแ‹แข
Ahubwo yariko avuga ibijanye no kuyoborwa n'impwemu nyeranda yo ituma dutahura Ijambo ry'Imana.
1.218905
(แ‹ฎแˆแŠ•แˆต 5:22) แ‹ญแˆแŠ•แŠ“ แ‹จแแˆญแ‹ต แ‰€แŠ• แ‹จแˆšแŒ€แˆแˆจแ‹ แˆ˜แ‰ผ แАแ‹?
(Yohani 5:22) None uwo Musi w'Urubanza utangura ryari?
1.218882
แŒแŠ•แ‰ฆแ‰ต 2015 _ แˆ˜แŒจแˆจแˆปแ‹ แ‰€แˆญแ‰งแˆ?
Rusama 2015 _ Umuhero woba uri hafi?
1.218552
5 แ‰ แˆ˜แŒ€แˆ˜แˆชแ‹ซ แ‹ฐแˆจแŒƒ แŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แˆ˜แแˆซแ‰ต แŠ แˆˆแ‰ฅแŠ•แข
5 Ubwa mbere, turakeneye gutinya Imana.
1.218528
แ‰ 2015 แˆแŠ• แˆˆแˆ›แ‹ตแˆจแŒ แ‰†แˆญแŒ แˆƒแˆ?
Ni igiki wiyemeje gukora mu mwaka wa 2015?
1.218425
แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆˆแŠ แŠ•แ‰ฐแŠ“ แˆˆแˆ˜แˆ‹แ‹ แ‹จแˆฐแ‹ แ‹˜แˆญ แ‹ซแ‹ฐแˆจแŒˆแ‹แŠ• แАแŒˆแˆญ แˆแˆ‰ แ‰†แˆ แ‰ฅแˆˆแˆ… แ‰ฅแ‰ณแˆตแ‰ฅ แ‰€แ‹ตแˆžแ‹แŠ•แˆ แ‰ขแˆ†แŠ• แ‰ แŒฃแˆ แ‰ฅแ‹™ แАแŒˆแˆฎแ‰ฝแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ณแ‹ฐแˆจแŒˆแˆแˆ… แ‰ตแˆจแ‹ณแˆˆแˆ…แข
Ufashe akanya ukarimbura ibintu vyose Imana imaze gukora ku neza yawe n'iy'abantu bose muri rusangi, uca ubona neza ko imaze gukora vyinshi cane.
1.218292
+ 6 แ‰ แ‹šแˆ… แˆ‹แ‹ญ แ‹ฐแŒแˆž แ‰คแ‰ฐ แˆ˜แ‰…แ‹ฐแˆฑแŠ• แˆˆแˆ›แˆญแŠจแˆต แˆฒแˆžแŠญแˆญ แˆตแˆ‹แŒˆแŠ˜แАแ‹ แ‹ซแ‹แАแ‹แข
6Kandi yagejeje no guhumanya urusengero, turamufata, [twari tugomvye kumucira urubanza nk'uko ivyagezwe vyacu bivuga.
1.218268
แŠจ1914 แŠ แŠ•แˆตแ‰ถ แŠฅแ‹จแŒ‹แˆˆแ‰ก แ‹ซแˆ‰แ‰ต แŠ แˆซแ‰ฑ แˆแˆจแˆฐแŠžแ‰ฝ แ‹จแ‰ตแŠžแ‰น แŠ“แ‰ธแ‹?
Ni abagendera ku mafarasi bane abahe bariko bariruka kuva mu 1914?
1.218248
แŠฅแŠ”แˆ "แ‰ปแ‹ญแŠ“ แ‹แˆตแŒฅ แ‹จแˆ›แ‹แ‰€แ‹ แˆฐแ‹ แ‹จแˆˆแˆ" แŠ แˆแŠณแ‰ตแข
Nasubijeyo nti: "Nta muntu n'umwe wo mu Bushinwa tuzinanyi."
1.217936
แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰ƒแˆ แ‹จแˆšแŠจแ‰ฐแˆˆแ‹แŠ• แ‰ฐแˆตแ‹ แ‹ญแˆฐแŒฃแˆแฆ "แ‰ แ‹šแ‹ซแŠ• แŒŠแ‹œแˆ แ‹จแ‹•แ‹แˆญ แ‹แ‹ญแŠ–แ‰ฝ แ‹ญแŒˆแˆˆแŒฃแˆ‰แค แ‹จแ‹ฐแŠ•แ‰ˆแˆฎแˆ แŒ†แˆฎแ‹Žแ‰ฝ แ‹ญแŠจแˆแ‰ณแˆ‰แข
Ijambo ry'Imana ridusezeranira riti: "Ico gihe amaso y'impumyi azohumuka, kandi amatwi y'ibipfamatwi azozibuka.
1.217915
+ 31 แŠฅแˆฑแˆ แˆ˜แˆ‹แŠฅแŠญแ‰ฑแŠ• แ‰ แ‰ณแˆ‹แ‰… แ‹จแˆ˜แˆˆแŠจแ‰ต แ‹ตแˆแ… แ‹ญแˆแŠซแˆแค แŠฅแАแˆฑแˆ แŠจแŠ แˆซแ‰ฑ แАแ‹แˆณแ‰ตแฃ* แŠจแŠ แŠ•แ‹ฑ แ‹จแˆฐแˆ›แ‹ญ แ‹ณแˆญแ‰ป แŠฅแˆตแŠจ แˆŒแˆ‹แ‹ แ‹จแˆฐแˆ›แ‹ญ แ‹ณแˆญแ‰ป แˆˆแŠฅแˆฑ แ‹จแ‰ฐแˆ˜แˆจแŒกแ‰ตแŠ• แ‹ญแˆฐแ‰ แˆตแ‰ฃแˆ‰แข
Azotuma abamarayika biwe n'ijwi rirenga ry'inzamba, bakoranye abatoranijwe biwe, bave mu birere bine, guhera iyo ijuru ritangurira kugeza iyo riherera (Matayo 24: 30-31).
1.217906
แАแŒˆแˆญ แŒแŠ• แŠจแŠฅแŠ“แŠ•แ‰ฐ แˆ˜แŠซแŠจแˆ แ‹จแˆ›แ‹ซแˆแŠ‘ แŠ แŠ•แ‹ณแŠ•แ‹ถแ‰ฝ แŠ แˆ‰แข
64 Ariko muri mwebwe hariho bamwe batizera.
1.217836
แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆžแ‰น แŠจแˆแŠ•แŒŠแ‹œแ‹แˆ แ‹จแ‰ แˆˆแŒ  แŠฅแŠ•แ‹ฐแŒ แˆ‰แ‰ต แŠ แ‹แ‰‹แˆ!
Yari azi ko bene wabo bari basigaye bamwanka urunuka!
1.217799
แŠฅแŠ” แ‰ฅแˆญแŠ“ แ‹ˆแˆญแ‰… แˆแŠฌแˆแˆƒแˆˆแˆแข
Ehe ndakurungikiye ifeza n'inzahabu.
1.217763
แˆแˆˆแ‰ฑ แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แŒแˆซ แ‹จแˆšแ‹ซแŒ‹แ‰ฃ แˆ•แˆแˆ แŠฅแŠ•แ‹ณแˆˆแˆ™แŠ“ แ‹จแˆšแ‰ฐแˆจแŒ‰แˆแˆ‹แ‰ธแ‹ แˆฐแ‹ แ‰ แˆ›แŒฃแ‰ณแ‰ธแ‹ แŠฅแŠ•แ‹ฐแ‰ฐแŒจแАแ‰ แˆˆแ‹ฎแˆดแ แАแŒˆแˆฉแ‰ตแข
Ba bagabo babiri baciye basigurira Yozefu ko bari bahagaritswe umutima n'indoto zikomeye kandi zigoye gutahura bari barose, bakaba bari babuze uwozibasobanurira.
1.217745
แ‰ แ‹ฐแˆตแ‰ณ แˆŠแˆจแ‹ฑแˆ… แ‹แŒแŒแ‹Žแ‰ฝ แŠ“แ‰ธแ‹แข
Bazohimbarwa no kugufasha.
1.217733
แ‰ แŠฅแАแ‹šแˆ… แˆตแ‰ฅแˆฐแ‰ฃแ‹Žแ‰ฝ แˆ‹แ‹ญแฃ แˆตแˆˆ แŠ แŠ•แ‰ฐ แŠจแˆšแ‹ซแˆตแ‰กแŠ“ แˆŠแ‹ซแ‰ แˆจแ‰ณแ‰ฑแˆ… แŠจแˆšแˆแˆแŒ‰ แ‹จแŠฅแˆแАแ‰ต แ‰ฃแˆแŠ•แŒ€แˆฎแ‰ฝแˆ… แŒ‹แˆญ แˆ˜แŒˆแŠ“แŠ˜แ‰ต แ‰ตแ‰ฝแˆ‹แˆˆแˆ…แข
Kuri ayo makoraniro uba uri kumwe n'abantu bakwitwararika kandi bipfuza ko muremeshanya.
1.217641
แŠ แŠ•แ‹ณแŠ•แ‹ต แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แ‹จแˆšแ‹ซแ‹ฉแŠ แŠฅแŠ•แ‹ฐ 10 แ‹“แˆ˜แ‰ต แˆแŒ… แŠ แ‹ตแˆญแŒˆแ‹ แАแ‹แข
Abantu bamwebamwe bamfata nk'umwana w'imyaka 10.
1.217594
แˆแ‹ตแˆญ แˆ‹แ‹ญ แŠฅแ‹จแ‹ฐแˆจแˆฐ แ‹ซแˆˆแ‹ แŒ‰แ‹ณแ‰ต แˆŠแ‰€แˆˆแ‰ แˆต แ‹จแˆ›แ‹ญแ‰ฝแˆ แ‹ฐแˆจแŒƒ แˆ‹แ‹ญ แŠฅแ‹จแ‹ฐแˆจแˆฐ แАแ‹?
Isi yoba izogera aho yononekara ubutakivayo?
1.217403
แ‰ 1995 แŠ แŠ•แ‹ต แ‹จแŠแˆแˆ แŠ แ‹˜แŒ‹แŒ… แŠ แŒˆแ‰ฃแˆแข
Mu 1995 narubakanye n'umuhinga mu vyo gutunganya amasinema.
1.217389
"แŠ แˆแŠ•แฃ แ‹“แˆˆแˆแŠ• แˆ˜แˆˆแ‹ˆแŒฅ แŠฅแŠ•แ‹ณแˆˆแ‰ฅแŠ แŠ แ‹ญแˆฐแˆ›แŠแˆ"
"Ubu sinkibona ko ntegerezwa guhindura isi"
1.217342
แАแŒˆแˆฉ แŠฅแŠ•แ‹ฐแ‹šแˆ… แАแ‹แฃ แŠ แˆ‹แˆ… แ‹จแˆšแˆปแ‹แŠ• แ‹ซแ‹ฐแˆญแŒ‹แˆแค แŠ แŠ•แ‹ณแ‰ฝแŠ• แАแŒˆแˆญ แ‰ แˆป แŒŠแ‹œแฃ แˆแŠ• แ‹ญแˆˆแ‹‹แˆ แ‹ˆแ‹ฒแ‹ซแ‹แˆ แ‹ญแˆ†แŠ“แˆแข
N'iz'Imana, yo izikoresha mu gihe ivyipfurije.
1.217087
แ‹ซแˆ แ‰ขแˆ†แŠ• แ‹แŒคแ‰ณแˆ› แˆฐแ‰ฃแŠช แŠฅแŠ•แ‹ฐแАแ‰ แˆจ แŒฅแˆญแŒฅแˆญ แ‹จแˆˆแ‹แˆแข
Yamara, yari umwamamaji aroranirwa vy'ukuri.