score
float32
1.04
1.25
Amharic
stringlengths
8
484
Rundi
stringlengths
10
500
1.249989
" "แŒŒแ‰ณแ‰ฝแˆ แ‰ แ‹จแ‰ตแŠ›แ‹ แ‰€แŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแˆ˜แŒฃ [แŠ แ‰ณแ‹แ‰แˆ]แข
'Ntimuzi umusi Umukama wanyu azozirako.' - MAT.
1.249853
แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰ แŠฅแŠ› แˆ‹แ‹ญ แ‹จแˆšแ‹ฐแˆญแˆฐแ‹ แˆ˜แŠจแˆซ แŒแ‹ต แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆ›แ‹ญแˆฐแŒ แ‹ แ‹จแˆšแ‹ซแˆตแ‰ก แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แŠ แˆ‰แข
Hari abiyumvira ko Imana itanezwe ingorane zidushikira.
1.249489
แ‹จแŒฅแŠ•แ‰ถแ‰น แ‰ณแˆ›แŠ แАแ‰ขแ‹ซแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แ‹“แ‹ญแАแ‰ต แˆตแˆœแ‰ต แ‰ฐแˆฐแˆแ‰ทแ‰ธแ‹‹แˆแค แˆ†แŠ–แˆ แŠฅแŒ… แŠ แˆแˆฐแŒกแˆแข
Abahanuzi b'abizigirwa ba kera na bo nyene barashikiwe n'ibintu nk'ivyo, mugabo ntibatanye n'akabando.
1.249244
"แ‹จแˆ›แ‹ญแ‰ณแ‹จแ‹" แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹ญแ‰ณแ‹ญแˆƒแˆ?
Woba ubona "Umwe ataboneka"?
1.248495
แˆตแˆˆแ‹šแˆ… แ‹ˆแ‹ฐ แˆ›แˆญแ‹ซแˆ แŠจแˆ˜แŒกแ‰ตแฅ แŠขแ‹จแˆฑแˆตแˆ แ‹ซแ‹ฐแˆจแŒˆแ‹แŠ• แŠซแ‹ฉแ‰ต แŠจแŠ แ‹ญแˆแ‹ต แ‰ฅแ‹™แ‹Žแ‰ฝ แ‰ แŠฅแˆญแˆฑ แŠ แˆ˜แŠ‘แค
Aho naho tahumvise: " benshi rero mu Bayahudi bari baje kwa Mariya, babonye ico Yezu agize, baca baramwemera.
1.248495
แˆตแˆˆแ‹šแˆ… แ‹ˆแ‹ฐ แˆ›แˆญแ‹ซแˆ แŠจแˆ˜แŒกแ‰ตแฅ แŠขแ‹จแˆฑแˆตแˆ แ‹ซแ‹ฐแˆจแŒˆแ‹แŠ• แŠซแ‹ฉแ‰ต แŠจแŠ แ‹ญแˆแ‹ต แ‰ฅแ‹™แ‹Žแ‰ฝ แ‰ แŠฅแˆญแˆฑ แŠ แˆ˜แŠ‘แค
Aho naho tahumvise: " benshi rero mu Bayahudi bari baje kwa Mariya, babonye ico Yezu agize, baca baramwemera.
1.248454
แ‰ฃแˆชแ‹ซแ‹ฌ แˆ™แˆด แŒแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แŠ แ‹ญแ‹ฐแˆˆแˆแค แŠฅแˆญแˆฑ แ‰ แ‰คแ‰ด แˆแˆ‰ แ‹จแ‰ณแˆ˜แА แАแ‹แข
Ariko, si uko bimeze ku musavyi wanje Musa, kuko ari we musavyi wanje w'intatirimuka nashinze umuryango wanje wose.
1.248447
แ‹ซ แ‰€แŠ• แ‰ณแˆ‹แ‰… แАแ‹แŠ“แฅ แŠฅแˆญแˆฑแŠ•แˆ แ‹จแˆšแˆ˜แˆตแˆ แ‹จแˆˆแˆแŠ“แค แ‹ซ แ‹จแ‹ซแ‹•แ‰†แ‰ฅ แˆ˜แŠจแˆซ แ‹˜แˆ˜แŠ• แАแ‹แฅ แАแŒˆแˆญ แŒแŠ• แŠจแŠฅแˆญแˆฑ แ‹ญแ‹ตแŠ“แˆแข
Kuk'uwo musi uhambaye nta wuhwanye nawo, n,igihe c'umubabaro wa ba Yakobo yamara bazokizwa (Yeremiya 30: 5-7).
1.248241
แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠจแˆแ‹ตแˆญแŠ“ แŠจแˆฐแ‹ แˆแŒ†แ‰ฝ แŒ‹แˆญ แ‰ แ‰ฐแ‹ซแ‹ซแ‹˜ แˆ˜แŒ€แˆ˜แˆชแ‹ซ แˆ‹แ‹ญ แ‹จแАแ‰ แˆจแ‹ แ‹“แˆ‹แˆ› แˆแŠ•แ‹ตแŠ• แАแ‹?
Ni umugambi uwuhe Imana yari ifise mu ntango ku vyerekeye isi n'abantu?
1.248062
แŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แˆตแ‰ณแŒˆแˆˆแŒแˆ แ‹ซแŒˆแŠ˜แˆƒแ‰ธแ‹แŠ• แ‰ฐแˆžแŠญแˆฎแ‹Žแ‰ฝ แ‰ แˆ˜แŠ“แŒˆแˆญ แˆŒแˆŽแ‰ฝแŠ• แˆ›แ‰ แˆจแ‰ณแ‰ณแ‰ต แ‰ตแ‰ฝแˆ‹แˆˆแˆ…แข
Urashobora gukomeza abandi mu kubiganira ibintu wiboneye igihe wariko urakorera Imana.
1.248038
แˆˆแˆแˆณแˆŒ แ‹ซแˆ…แˆแฃ แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ต แ‰ แˆฐแˆ›แ‹ญ แŠจแˆ˜แ‰‹แ‰‹แˆ™ แ‰ แŠแ‰ต แ‰ณแˆ›แŠ แ‰…แ‰กแ‹“แŠ•แŠ• แ‹ซแ‰€แˆ แŠ แŠ•แ‹ต แ‰กแ‹ตแŠ• แŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แ‰ แ‰ตแŒ‹แ‰ต แŠฅแ‹ซแŒˆแˆˆแŒˆแˆˆ แАแ‰ แˆญแข
Nk'akarorero, imbere y'uko Ubwami bw'Imana bushingwa mw'ijuru, umugwi w'abarobanuwe b'abizigirwa wariko urakorera Imana n'umwete.
1.248006
แŠจแ‹šแˆ… แ‹ญแˆแ‰… "แ‹ˆแ‹ฐ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ต แˆˆแˆ˜แŒแ‰ฃแ‰ต แ‰ แ‰ฅแ‹™ แˆ˜แŠจแˆซ แ‹แˆตแŒฅ แˆ›แˆˆแ แŠ แˆˆแ‰ฅแŠ•" แ‰ แˆ›แˆˆแ‰ต แ‰ฐแŠ“แŒแˆฏแˆแข
Ahubwo yavuze ati: "Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw'Imana duciye mu makuba menshi."
1.247838
แŠ แŠ•แ‰ฐ แˆจแ‹ณแ‰ดแŠ“ แŠ แ‹ณแŠœ แАแˆ…" แ‰ แˆ›แˆˆแ‰ต แ‹˜แˆแˆฏแˆแข
Uri umufasha wanje ukaba n'uwunkiza."
1.247733
แˆŽแŒฅแŠ•แˆ แŒ แˆญแ‰ฐแ‹ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แŠ แˆ‰แ‰ตแก - แ‰ แ‹šแˆ… แˆŒแˆŠแ‰ต แ‹ˆแ‹ฐ แ‰คแ‰ตแˆ… แ‹จแŒˆแ‰กแ‰ต แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แ‹ˆแ‹ดแ‰ต แŠ“แ‰ธแ‹ ?
Bahamagara Loti bati " , Abagabo binjiye iwawe muri iri joro bari hwe ?
1.247661
แ‰ แˆตแ‰ฅแˆฐแ‰ฃแ‹ แˆ‹แ‹ญ แ‹จแˆŒแˆŽแ‰ฝแŠ• แ‰ตแŠฉแˆจแ‰ต แˆˆแˆ˜แˆณแ‰ฅ แˆฒแˆ‰ แŒปแ‹ตแ‰… แˆ˜แˆตแˆˆแ‹ แˆˆแˆ˜แ‰ณแ‹จแ‰ต แŒฅแˆจแ‰ต แ‹จแˆšแ‹ซแ‹ฐแˆญแŒ‰ แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แŠ แˆ‹แ‹จแ‰ฝแˆแข
Ntiyigeze abona abantu biyerekana kugira batangaze abandi.
1.247551
แ‹จแˆฐแ‹Žแ‰ฝแŠ• แˆแ‰ฅ แ‰ แ‰ตแŠญแŠญแˆ แˆ›แŠ•แ‰ แ‰ฅ แˆตแˆˆแˆšแ‰ฝแˆ แˆญแŠ…แˆซแŠ„ แˆ›แˆณแ‹จแ‰ต แ‰ฐแŒˆแ‰ข แ‹จแˆ›แ‹ญแˆ†แŠ•แ‰ แ‰ตแŠ• แŒŠแ‹œ แ‹ซแ‹แ‰ƒแˆแข
Arabona ibiri mu mutima w'umuntu, kandi arazi igihe bitabereye kugaragaza impuhwe.
1.247527
แ‰ แ‹šแ‹ซแŠ• แŒŠแ‹œ แŒปแ‹ตแ‰ƒแŠ• แ‰ แŠ แ‰ฃแ‰ณแ‰ธแ‹ แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฐ แ€ แˆแ‹ญ แ‹ญแ‰ แˆซแˆ‰แข
Buno abagororotsi bazokwaka nk'izuba mu bwami bwa Se.
1.247398
แАแŒˆแˆญ แŒแŠ• แŠจแŠฅแŠ“แŠ•แ‰ฐ แ‹จแˆ›แ‹ซแˆแŠ‘ แŠ แˆ‰แข
Yamara muri mwebwe, harimwo bamwe batemera."
1.247199
แ‰ แŠฅแˆญแŒแŒฅแˆ แ‰ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠ แ‹ฒแˆต แ‹“แˆˆแˆ แˆˆแˆแŠ“แŒˆแŠ˜แ‹ แ‹จแ‹˜แˆ‹แˆˆแˆ แˆ•แ‹ญแ‹ˆแ‰ต แŠฅแ‹จแ‰ฐแ‹˜แŒ‹แŒ€แŠ• แАแ‹ แˆ›แˆˆแ‰ต แ‹ญแ‰ปแˆ‹แˆแข
Vy'ukuri, tuba turiko turitegurira kuzobaho ibihe bidahera mw'isi nshasha, aho bose bazoba bagamburukira Yehova.
1.246583
แ‰ แ‹šแˆ… แŒŠแ‹œ แˆ•แ‹แ‰…แ‹ซแˆต แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แŠ แˆ‹แ‰ธแ‹แฆ 'แŠ แ‰ตแแˆฉแข
Hezekiya yaciye ababwira ati: 'Ntimugire ubwoba.
1.24647
แ‹จแˆฐแˆ™แŠแŠ• แŒ แ‹ญแ‰ƒแ‰ธแ‹แค แŠฅแАแˆ†แค แ‹จแ‰ฐแŠ“แŒˆแˆญแˆแ‰ตแŠ• แŠฅแАแˆญแˆฑ แ‹ซแ‹แ‰ƒแˆ‰แข
Baza abavyumvise; ico navuze bo barakizi."
1.246128
แˆตแˆˆแ‹šแˆ… แ‹ˆแ‹ฐ แˆ›แˆญแ‹ซแˆ แŠจแˆ˜แŒกแ‰ตแฅ แŠขแ‹จแˆฑแˆตแˆ แ‹ซแ‹ฐแˆจแŒˆแ‹แŠ• แŠซแ‹ฉแ‰ต แŠจแŠ แ‹ญแˆแ‹ต แ‰ฅแ‹™แ‹Žแ‰ฝ แ‰ แŠฅแˆญแˆฑ แŠ แˆ˜แŠ‘แข
Aho naho tahumvise: " benshi rero mu Bayahudi bari baje kwa Mariya, babonye ico Yezu agize, baca baramwemera.
1.245868
แ‹ญแˆ–แ‹‹แŠ• แ‹จแˆแ‰ณแАแŒ‹แŒแˆจแ‹แˆ แ‹ˆแ‹ฐ แŠฅแˆฑ แŠ แ‹˜แ‹แ‰ตแˆจแˆ… แ‰ แˆ˜แŒธแˆˆแ‹ญ แАแ‹แข
Urayaga na Yehova biciye ku masengesho umutura kenshi.
1.245759
แ‹จแˆšแˆฐแ‰ฅแŠฉแ‰ต แˆ˜แˆแŠฅแŠญแ‰ตแŠ“ แ‹จแˆšแˆฐแ‰ฅแŠฉแ‰ แ‰ต แˆแŠญแŠ•แ‹ซแ‰ต
n'ubutumwa bamamaza be n'igituma babwamamaza?
1.245492
9 แŠ แ‰…แŠšแ‹Žแ‰ฝแŠ• แ‰ แŠ แŒˆแˆแŒแˆŽแ‰ต แˆ˜แ‹ฐแŒˆแ แ‰ตแˆแˆแŒ‹แˆˆแˆ…?
9 Woba wipfuza gufasha abatsimvyi mu busuku?
1.245214
แ‹ญแˆ… แŒฅแ‰…แˆตแŠ“ แˆŒแˆŽแ‰ฝ แ‰ฐแˆ˜แˆณแˆณแ‹ญ แ‰ฐแˆตแ‹แ‹Žแ‰ฝ แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆ•แ‹แ‰ฆแ‰ฝ แ‰ แ‰กแ‹ตแŠ• แ‹ฐแˆจแŒƒ แ‹ฐแŠ…แŠ•แАแ‰ณแ‰ธแ‹ แ‹จแ‰ฐแŒ แ‰ แ‰€ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแˆ†แŠ• แ‹‹แˆตแ‰ตแŠ“ แ‹ญแˆฐแŒฃแˆ‰แข
Uwo muhango hamwe n'iyindi isa n'uwo ni ikimenyamenya c'uko abasavyi b'Imana uko bagize umugwi bazokwiberaho ata nkomanzi.
1.245122
แ‹จแŠขแ‹จแˆฑแˆตแŠ• แ‰ตแŠ•แˆฃแŠค แˆแ‹ฉ แ‹จแˆšแ‹ซแ‹ฐแˆญแŒˆแ‹ แˆแŠ•แ‹ตแŠ• แАแ‹?
Izuka rya Yezu ritandukaniye he n'ayabaye imbere yiwe?
1.244616
" แŒ†แˆดแแŠ“ แˆแŒ†แ‰น แŠจแŠ แˆแˆแŠณแ‰ธแ‹ แŒ‹แˆญ แ‰ แ‰ฐแ‹ซแ‹ซแ‹˜ แˆแˆณแ‰ฃแ‰ธแ‹แŠ• แˆ˜แˆˆแ‹ˆแŒฅ แŒจแˆญแˆถ แ‹จแˆšแ‹ซแˆตแ‰กแ‰ต แАแŒˆแˆญ แŠ แˆแАแ‰ แˆจแˆแข
Joseph n'abana biwe ntibigeze biyumvira ko bohindura ingingo bari bafashe ku bijanye n'ugusenga kwabo.
1.244556
แŠฅแ‹แАแ‰ฐแŠ›แ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠฅแˆฑ แ‰ฅแ‰ป แАแ‹แค แŠฅแŠ•แ‹ฐ แŠฅแˆฑ แ‹ซแˆˆ แˆŒแˆ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹จแˆˆแˆแข
Ni we Mana y'ukuri wenyene, kandi nta yindi mana imeze nka we.
1.244482
แ‹ซแ‹•แ‰†แ‰ฅ แ‹ญแˆ…แŠ• แ‹ซแ‹ฐแˆจแŒˆแ‹ แ‰ แ‰…แŠ•แАแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆ†แА แ‹จแ‰ฐแˆจแŒ‹แŒˆแŒ  แАแ‹แค แ‹ฎแˆดแแˆ แ‰ขแˆ†แŠ• แŠ แ‰ฃแ‰ฑ แˆˆแŠฅแˆฑ แ‹ซแˆˆแ‹แŠ• แŠ แŠญแ‰ฅแˆฎแ‰ตแŠ“ แแ‰…แˆญ แ‰ แˆšแ‹ซแˆณแ‹จแ‹ แ‰ แ‹šแˆ… แˆตแŒฆแ‰ณ แˆแ‰ก แ‰ฐแАแŠญแ‰ถ แˆ˜แˆ†แŠ• แŠ แˆˆแ‰ แ‰ตแข
Nta gukeka ko Yakobo yabikoranye imvo nziza, kandi na Yozefu ategerezwa kuba yarakozwe ku mutima n'ico kintu se yakoze cerekana ko amuha agaciro akongera akamukunda.
1.244334
แŠขแ‹จแˆฑแˆต แˆตแˆˆ แŠฅแ‹แАแ‰ฐแŠ›แ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆแŠ•แˆ แ‹จแˆ›แ‹ซแ‹แ‰ แ‹“แˆ˜แ€แŠ› แˆฐแ‹Žแ‰ฝแŠ• แŒจแˆแˆฎ แˆŒแˆŽแ‰ฝ แŠฅแŒ…แŒ แ‰ฅแ‹™ แˆฐแ‹Žแ‰ฝแŠ• แŠจแˆžแ‰ต แ‹ซแˆตแАแˆณแˆแข
Azozura abantu benshi, harimwo n'abantu batakoze ibigororotse kubera batari bazi ivyerekeye Imana y'ukuri.
1.244315
แ‹จแ–แˆŠแˆต แŠ แ‹›แ‹ก แˆณแˆ…แŠ• แˆ™แˆ‰ แˆฉแ‹ แˆฐแŒ แŠแŠ“ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แŠ แˆˆแŠแฆ "แŠฅแŠ•แŠซ แ‹ญแˆ…แŠ• แˆฉแ‹ แ‰ฅแˆ‹แค แˆแŠญแŠ•แ‹ซแ‰ฑแˆ แ‹จแ‰ณแˆฐแˆญแŠจแ‹ แˆˆแŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰ƒแˆ แˆตแ‰ตแˆ แАแ‹แข
Umukuru w'abapolisi yavuze ati: "Akira isahani y'umuceri kubera ko waboshwe uhorwa Ijambo ry'Imana.
1.243962
แŒดแŒฅแˆฎแˆตแŠ“ แˆŒแˆŽแ‰น แˆแ‹‹แˆญแ‹ซแ‰ต "แŠจแˆฐแ‹ แ‹ญแˆแ‰… แˆˆแŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ”แˆญ แˆแŠ•แ‰ณแ‹˜แ‹ แ‹ญแŒˆแ‰ฃแˆ!
Petero n'abandi batumwa barishura bati: "Tubwirizwa kugamburukira Imana kuruta abantu.
1.24396
แŠจแˆฐแ‹Žแ‰ฝ แ‰ แ‰ฐแ‰ƒแˆซแŠ’ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆแˆ‰แŠ•แˆ แŠฅแ‹แАแ‰ณแ‹Žแ‰ฝ แ‹ซแ‹แ‰ƒแˆแข
Imana ntimeze nk'abantu kuko yo izi vyose.
1.243696
แ‰ณแŠ…แˆฃแˆฅ 2013 _ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹ซแˆตแˆแˆแŒˆแŠ“แˆ?
Kigarama 2013 _ Twoba dukeneye Imana?
1.243656
แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แ‹ซแˆˆแ‹ แˆตแ‹ฐแ‰ต แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆžแŒˆแˆต แŠฅแŠ•แ‹ณแˆˆแˆ…แŠ“ แˆ˜แŠ•แˆแˆฑ 'แ‰ แŠ แŠ•แ‰ฐ แˆ‹แ‹ญ แŠฅแŠ•แ‹ณแˆจแˆ' แ‹จแˆšแ‹ซแˆณแ‹ญ แˆ›แˆตแˆจแŒƒ แАแ‹แข
Ukwo gufatwa nabi ni ikimenyamenya c'uko wemerwa n'Imana be n'uko impwemu yayo "iguma kuri [wewe]."
1.243627
แˆˆแˆแˆณแˆŒ แŠ แŒ‹แŠ•แŠ•แ‰ต แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠฅแŠ•แ‹ณแˆˆ แ‹ซแˆแŠ“แˆ‰แค แˆ†แŠ–แˆ แŠฅแ‹แАแ‰ฐแŠ› แŠฅแˆแАแ‰ต แŠ แˆ‹แ‰ธแ‹ แˆŠแ‰ฃแˆ แŠ แ‹ญแ‰ฝแˆแˆแข
Amadayimoni aremera ko Imana ibaho, ariko nta kwizera nyakuri afise.
1.243542
แ‹ญแˆ…แˆ แ‰ แˆซแˆณแ‰ฝแŠ• แˆณแ‹ญแˆ†แŠ• แˆ™แ‰ณแŠ•แŠ• แ‰ แˆšแ‹ซแˆตแАแˆณแ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠฅแŠ•แ‹ตแŠ•แ‰ณแˆ˜แŠ• แАแ‹แข
Ivyo kwari ukugira ngo ntitwiyizigire ubwacu, ahubwo twizigire ya Mana izura abapfuye.
1.243538
5 แ‰ฅแ‹™ แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แ‹ˆแ‹ฐ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹จแˆšแŒธแˆแ‹ฉแ‰ต แŠ แŒฃแ‰ฅแ‰‚แŠ แ‹แˆตแŒฅ แˆฒแŒˆแ‰ก แ‰ฅแ‰ป แАแ‹แข
5 Abantu benshi basenga Imana igihe gusa bari mu bihe bitoroshe.
1.243416
แ‹ˆแ‹ญแˆต แˆˆแŠ แˆซแ‰ฑ แˆบแˆ… แˆฐแ‰ฃแ‰ฑ แŠฅแŠ•แŒ€แˆซแฅ แˆตแŠ•แ‰ต แ‰…แˆญแŒซแ‰ตแˆ แŠฅแŠ•แ‹ณแАแˆฃแ‰ฝแˆ แ‰ตแ‹ แŠ แ‹ญแˆ‹แ‰ฝแˆแˆแŠ•?
Ati: "Aho nagaburira imikate, indwi abantu ibihumbi bine, mwatwaye ibikemanyi bingahe vyuzuye ibimanyu?"
1.24341
12 แ‰ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰ƒแˆ แ‹แˆตแŒฅ แŠจแ‰ฐแˆ˜แ‹˜แŒˆแ‰กแ‰ต แŒธแˆŽแ‰ถแ‰ฝ แ‰ฅแ‹™ แˆ˜แˆ›แˆญ แŠฅแŠ•แ‰ฝแˆ‹แˆˆแŠ•แข
12 Turashobora kwigira vyinshi ku masengesho ari mw'Ijambo ry'Imana.
1.243229
แŠ แ‰ฃแ‰ณแ‰ธแ‹ แŒฅแˆแ‰ธแ‹ แ‹จแˆ„แ‹ฐ แˆฒแˆ†แŠ• แ‰ณแˆ‹แ‰… แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆ›แ‰ธแ‹ แ‹ฐแŒแˆž แ‰ฅแ‹™ แ‰ แ‹ฐแˆ แ‹ซแ‹ฐแˆญแˆตแ‰ฃแ‰ธแ‹ แАแ‰ แˆญแข
Se wabo yari yarabataye, mukuru wabo na we akaba yarabafata nabi.
1.243061
แ‹ญแˆ… แ‹จแˆ†แАแ‹ แŒแŠ• แ‰ แˆซแˆณแ‰ฝแŠ• แˆณแ‹ญแˆ†แŠ• แˆ™แ‰ณแŠ•แŠ• แ‰ แˆšแ‹ซแˆตแАแˆณแ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠฅแŠ•แ‹ตแŠ•แ‰ณแˆ˜แŠ• แАแ‹แข
Ivyo kwari ukugira ngo ntitwiyizigire ubwacu, ahubwo twizigire ya Mana izura abapfuye.
1.242812
แ‰ แ‹šแ‹ซแŠ• แŒŠแ‹œ แŒปแ‹ตแ‰ƒแŠ• แ‰ แŠ แ‰ฃแ‰ณแ‰ธแ‹ แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฐ แ€ แˆแ‹ญ แ‹ญแ‰ แˆซแˆ‰แข
Bun'abagororotsi bazokwaka nk'izuba mu bwami bwa Se.
1.242715
14 แŠ แ‰ฅแˆญแˆƒแˆ แˆˆแˆจแŒ…แˆ แŒŠแ‹œ แŒ แ‰ฅแ‰† แ‹ซแŒˆแŠ˜แ‹แŠ• แ‹ˆแˆซแˆนแŠ• แ‹ญแˆตแˆแ‰…แŠ• แ‰ แ‰ฐแˆ˜แˆˆแŠจแ‰ฐ แˆแŠ• แ‹“แ‹ญแАแ‰ต แ‰ตแŠฅแ‹›แ‹ แŠฅแŠ•แ‹ฐแ‰ฐแˆฐแŒ แ‹ แŠฅแˆตแ‰ฒ แŠฅแŠ•แˆ˜แˆแŠจแ‰ตแข
14 Zirikana ico Imana yasavye Aburahamu gukorera Izahaki, umwe samuragwa yari amaze igihe kirekire arindiriye.
1.242597
แАแŒˆแˆญ แŒแŠ• แŠจแŠฅแŠ“แŠ•แ‰ฐ แ‹จแˆ›แ‹ซแˆแŠ‘ แŠ แˆ‰แข
Mugabo hariho bamwe muri mwebwe batemera."
1.242575
แŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แˆˆแˆ›แŒˆแˆแŒˆแˆ แ‹ซแ‹ˆแŒฃแŠธแ‹ แŒแ‰ฅ แˆแŠ•แˆ แ‹ญแˆแŠ• แˆแŠ• แˆ˜แ‰ฐแ‹ณแ‹ฐแˆชแ‹ซ แˆ›แŒแŠ˜แ‰ต แ‹ซแˆตแˆแˆแŒแˆƒแˆแข
Umugambi uwo ari wo wose ufise mu murimo w'Imana, uzokenera uburyo bwo kwibeshaho.
1.242561
2 แ‹จแˆฐแ‹ญแŒฃแŠ• แ‹“แˆˆแˆ แŠญแแˆ แ‹จแˆ†แŠ‘ แˆฐแ‹Žแ‰ฝแˆ แ‰ฐแˆตแ‹ แ‹จแˆšแ‹ซแ‹ฐแˆญแŒ“แ‰ธแ‹ แАแŒˆแˆฎแ‰ฝ แŠ แˆ‰แค แˆ†แŠ–แˆ แ‰ฐแˆตแ‹แ‰ธแ‹ แˆ˜แˆแŒธแˆ แˆ˜แ‰ปแˆ‰แŠ• แ‹ญแŒ แˆซแŒ แˆฉ แ‹ญแˆ†แŠ“แˆแข
2 Abo mw'isi ya Shetani na bo nyene barafise ivyo biteze, ariko rero barakekeranya ko bizoranguka.
1.242252
"แˆณแŠ•แ‹ตแˆซแŠ“ แŠฅแŠ” แŠจแˆแŠ•แŒŠแ‹œแ‹แˆ แ‹จแ‰ แˆˆแŒ  แ‹ฐแˆตแ‰ฐแŠžแ‰ฝ แАแŠ•!
Ubu twe na Sandra turahimbawe kuruta ikindi gihe cose!"
1.242227
แ‰ แ‰ฐแŒจแˆ›แˆช แˆ˜แŒฝแˆแ แ‰…แ‹ฑแˆต "แˆแˆ‰แˆ แАแŒˆแˆฎแ‰ฝ แ‹ˆแ‹ฐ แˆ•แˆแ‹แŠ“ แ‹จแˆ˜แŒกแ‰ต แ‰ แŠฅแˆฑ [แ‰ แ‰ƒแˆ] แ‰ แŠฉแˆ แАแ‹แค แ‹ซแˆˆ แŠฅแˆฑ แ‹ˆแ‹ฐ แˆ•แˆแ‹แŠ“ แ‹จแˆ˜แŒฃ แŠ แŠ•แ‹ตแˆ แАแŒˆแˆญ แŠฅแŠ•แŠณ แ‹จแˆˆแˆ" แ‹ญแˆ‹แˆแข
Bibiliya yongerako iti: "Ibintu vyose vyabayeho biciye kuri we [Jambo], kandi bidaciye kuri we nta kintu na kimwe cabayeho."
1.242157
แˆแŠ•แˆ แŠฅแŠ•แŠณ แŠ แ‰ฅแ‹›แŠžแ‰น แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆžแ‰ปแ‰ฝแŠ•แŠ“ แŠฅแˆ…แ‰ถแ‰ปแ‰ฝแŠ• แŠ•แ‰ฅแˆจแ‰ณแ‰ธแ‹แŠ•แŠ“ แˆ˜แ‰ฐแ‹ณแ‹ฐแˆชแ‹ซแ‰ธแ‹แŠ• แˆ™แˆ‰ แ‰ แˆ™แˆ‰ แ‰ขแ‹ซแŒกแˆ แˆ•แ‹ญแ‹ˆแ‰ณแ‰ธแ‹แŠ• แ‹ซแŒก แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆžแ‰ฝแˆ แˆ†แŠ‘ แŠฅแˆ…แ‰ถแ‰ฝ แ‹จแˆ‰แˆแข
Ariko rero nta n'umwe muri bene wacu na bashiki bacu yahasize ubuzima, naho nyene benshi babuze ibintu vyabo n'ibitungwa vyabo vyose.
1.241771
แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆแŒ… แ‹ฐแŒแŠ“ แ‰ตแŠญแŠญแˆ แ‹จแˆ†แАแ‹แŠ• แАแŒˆแˆญ แŠจแˆ›แ‹ตแˆจแŒ แ‹ˆแ‹ฐแŠ‹แˆ‹ แ‹จแˆ›แ‹ญแˆ แ‰ แˆ˜แˆ†แŠ‘ แ‰ฅแ‰ƒแ‰ต แ‹ซแˆˆแ‹ แŠ•แŒ‰แˆฅ แАแ‹แข
Umwana w'Imana ni we Mwami abikwiriye kuko ari umunyabuntu akaba kandi yumira ku bigororotse.
1.241556
แŠ แ‹ณแˆแŠ“ แˆ”แ‹‹แŠ• แŠจแ‹›แ‰ แแˆฌ แ‰ขแ‰ แˆ‰ แ‹จแˆšแ‹ฐแˆญแˆตแ‰ฃแ‰ธแ‹แŠ• แ‰…แŒฃแ‰ต แ‰ แ‰ฐแˆ˜แˆˆแŠจแ‰ฐ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ณแˆˆ แˆแ‰ฅ แ‰ฅแˆˆแˆปแˆ?
Woba wabonye igihano Imana yavuze ko Adamu na Eva boronse baramutse bariye kuri ico giti?
1.241384
แŒฅแ‹ซแ‰„แฆ แ‹ณแŠ•แŠคแˆ แ‰ แ‰€แŠ• แˆฆแˆตแ‰ต แŒŠแ‹œ แˆแŠ• แ‹ซแ‹ฐแˆญแŒ แАแ‰ แˆญ?
Ibibazo: Ni igiki Daniyeli yama akora gatatu ku musi?
1.241368
แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠจแˆแ‹ตแˆญแŠ“ แŠจแˆฐแ‹ แˆแŒ†แ‰ฝ แŒ‹แˆญ แ‰ แ‰ฐแ‹ซแ‹ซแ‹˜ แˆ˜แŒ€แˆ˜แˆชแ‹ซ แˆ‹แ‹ญ แ‹จแАแ‰ แˆจแ‹ แ‹“แˆ‹แˆ› แˆแŠ•แ‹ตแŠ• แАแ‹?
Ni umugambi uwuhe Imana yari ifitiye isi n'abantu?
1.241367
71|15|แŠ แˆ‹แˆ… แˆฐแ‰ฃแ‰ตแŠ• แˆฐแˆ›แ‹ซแ‰ต แŠ แŠ•แ‹ฑ แŠซแŠ•แ‹ฑ แ‰ แˆ‹แ‹ญ แˆฒแŠพแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ดแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆแŒ แˆจ แŠ แ‰ณแ‹ฉแˆแŠ•?
vEse ntimubonaukuntu Allah yaremye ibirere birindwi bigerekeranye?
1.240939
แˆŽแŒฅแŠ•แˆ แŒ แˆญแ‰ฐแ‹ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แŠ แˆ‰แ‰ตแก- แ‰ แ‹šแˆ… แˆŒแˆŠแ‰ต แ‹ˆแ‹ฐ แ‰คแ‰ตแˆ… แ‹จแŒˆแ‰กแ‰ต แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แ‹ˆแ‹ดแ‰ต แŠ“แ‰ธแ‹?
Bahamagara Loti bati " , Abagabo binjiye iwawe muri iri joro bari hwe ?
1.240837
"แˆตแˆˆแ‹šแˆ…แˆ แˆ•แ‹ญแ‹ˆแ‰ต แ‹จแˆ›แ‹ญแ‹‹แˆฝ แŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ”แˆญ แŠจแ‹˜แˆ‹แˆˆแˆ แ‹˜แˆ˜แŠ“แ‰ต แ‰ แŠแ‰ต แ‰ฐแˆตแ‹แŠ• แˆฐแŒ " แ‰ฒแ‰ถ 1แก2
"[Turafise] icizigiro c'ubuzima budahera, ubwo Imana idashobora kubesha yasezeranye imbere y'ibihe vya kera cane." - Tito 1:2.
1.240757
แŠ แ‰ฅแˆญแˆƒแˆ "แ‹จแˆแ‹ตแˆญ แˆแˆ‰ แ‹ณแŠ›" แˆˆแˆ†แАแ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŒฅแ‹ซแ‰„แ‹Žแ‰นแŠ• แ‹ซแ‰€แˆจแ‰ แ‹ แ‰ แ‰ณแˆ‹แ‰… แ‰ตแˆ•แ‰ตแŠ“ แˆฒแˆ†แŠ• แ‰ แŠฅแˆฑแˆ แ‹ญแ‰ฐแˆ›แˆ˜แŠ• แАแ‰ แˆญแข
Aburahamu yarabajije ibibazo yicishije bugufi cane kandi yizigiye Imana, yo "Mucamanza w'isi yose."
1.240465
แŠ แ‰คแ‰ฑ แŒŒแ‰ณแ‰ฝแŠ•, แˆแŠ• แ‹ซแˆแˆญ แˆแˆ‰ แˆตแˆแˆ… แ‰ แˆแ‹ตแˆญ แАแ‹!
Uhoraho, mwami wacu,erega izina ryawe ni ryiza mw'isi yose! _ Abisezerano
1.240157
แ‹ญแˆแŠ•แŠ“ แŠฅแ‹ซแŠ•แ‹ณแŠ•แ‹ฑ แŠ แˆแˆ‹แŠชแฃ แˆตแˆˆ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆ›แŠ•แАแ‰ตแŠ“ แŠฅแˆฑ แŠจแŠฅแŠ› แˆตแˆˆแˆšแˆแˆแŒ‹แ‰ธแ‹ แАแŒˆแˆฎแ‰ฝ แ‹จแ‹จแˆซแˆฑ แŠ แ‰ฐแˆจแŒ“แŒŽแˆ แ‹ญแŠ–แˆจแ‹‹แˆ แˆ›แˆˆแ‰ต แАแ‹?
None umwe wese muri bo yoba akwiye kuba afise uburyo bwiwe bwo gutahura Imana n'ivyo isaba?
1.240113
(แ‹˜แแŒฅแˆจแ‰ต 37:36) แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แ‹ซแˆ‰แ‰ต แˆ˜แŠจแˆซแ‹Žแ‰ฝ แ‰ขแ‹ฐแˆญแˆฑแ‰ แ‰ตแˆ แ‹จแ‹ฎแˆดแ แŠฅแˆแАแ‰ตแŠ“ แŠจแŠ แˆแˆ‹แŠฉ แŒ‹แˆญ แ‰ฐแ‰€แˆซแˆญแ‰ฆ แˆˆแˆ˜แŠ–แˆญ แ‹จแАแ‰ แˆจแ‹ แ‰†แˆซแŒฅ แŠ แ‰‹แˆ แ‹ญแ‰ แˆแŒฅ แ‰ฐแŒ แŠ“แŠญแˆจแ‹‹แˆแข
(Itanguriro 37:36) Muri ayo makuba Yozefu yaciyemwo, ukwizera kwiwe n'umwiyemezo yari afise wo kuguma yiyegereje Imana yiwe vyagumye birushiriza gukomera.
1.239801
แŠ แŠ•แ‹ฒแ‰ต แ‹จแ‹ญแˆ–แ‹‹ แˆแˆฅแŠญแˆญ แ‹จแŒˆแŒ แˆ›แ‰ตแŠ• แАแŒˆแˆญ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แ‰ แˆ›แˆˆแ‰ต แ‰ฐแŠ“แŒแˆซแˆˆแ‰ฝแฆ "แŠ แŠ•แ‹ฒแ‰ต แŠฅแˆ…แ‰ต แˆแŠญ แŠฅแŠ•แ‹ฐ แˆ•แƒแŠ• แˆแŒ… แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆแ‰ตแ‰†แŒฅแˆจแŠ แ‹ญแˆฐแˆ›แŠ แАแ‰ แˆญแข
Avuga ati: "Nabona ko umuvukanyikazi umwe yamfata nk'umwana.
1.239614
แ‰ แ‹šแˆ… แŒฅแ‰…แˆต แˆ˜แˆ แˆจแ‰ต แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰ แˆ•แ‹แ‰ฆแ‰น แˆ‹แ‹ญ แ‹จแˆšแ‹ฐแˆญแˆฐแ‹แŠ• แˆ˜แŠจแˆซ แ‹จแˆšแˆ˜แˆˆแŠจแ‰ต แ‹ญแˆ˜แˆตแˆแˆปแˆ?
Wisunze uwo murongo, Imana yoba ibibona igihe abasavyi bayo baba bariko baramererwa nabi?
1.239576
แ‰ แˆ›แˆณแˆฐแ‰ขแ‹ซแ‹Žแ‰น แˆ‹แ‹ญ แŠฅแˆแАแ‰ต แˆ˜แŒฃแˆ แ‹ญแŒˆแ‰ฃแŠ“แˆแข
Turakeneye kwizera ivyibutsa vyiwe.
1.239518
แŠ แˆ‹แˆ… แˆฐแ‰ฃแ‰ตแŠ• แˆฐแˆ›แ‹ซแ‰ต แŠ แŠ•แ‹ฑ แŠซแŠ•แ‹ฑ แ‰ แˆ‹แ‹ญ แˆฒแŠพแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ดแ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆแŒ แˆจ แŠ แ‰ณแ‹ฉแˆแŠ•?
vEse ntimubonaukuntu Allah yaremye ibirere birindwi bigerekeranye?
1.239464
แŠฅแАแ‹šแˆ… แˆ˜แŒปแˆ•แแ‰ตแฃ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‰ฃแˆแŠ•แŒ€แˆฎแ‰ปแ‰ธแ‹แŠ• แ‹จแˆšแ‹ˆแ‹ฑ แˆฐแ‹Žแ‰ฝแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‰ฃแˆญแŠญ แ‰ แŒแˆแŒฝ แ‹ซแˆณแ‹ซแˆ‰แข
Ivyo vyanditswe birerekana neza ko Imana ihezagira abakunda abandi.
1.239178
10แŠฅแАแˆ†แฃ แˆ˜แŠ•แŒˆแ‹ตแˆ…แŠ• แ‰ แŠแ‰ตแˆ… แ‹จแˆšแŒ แˆญแŒ แˆ˜แˆแŠญแ‰ฐแŠ›แ‹ฌแŠ• แ‰ แŠแ‰ตแˆ… แŠฅแˆแŠซแˆˆแˆ แ‰ฐแ‰ฅแˆŽ แ‹จแ‰ฐแŒปแˆแˆˆแ‰ต แ‹ญแˆ…
10Uwo ni we yanditswe, ngo umve ngira ntume intumwa yanje imbere y'amaso yawe, Ikuroranirize inzira imbere yawe.
1.239133
แŠฅแŠ•แ‹ฒแ‹ซแ‹แˆ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ… แ‰ แˆ›แˆˆแ‰ต แ‰ฐแŠ“แŒแˆฏแˆแฆ "แŠฅแŠ” แŠจแŠ แŠ•แ‰ฐ แŒ‹แˆญ แАแŠแŠ“ แŠ แ‰ตแแˆซแข
Ivuga iti: "Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe.
1.238948
แ‹จแˆแ‰ณแ‹ฉแ‰ตแŠ•แŠ“ แ‹จแˆแ‰ตแˆฐแˆ™แ‰ตแŠ• แˆแˆ‰ แŠ•แŒˆแˆฏแ‰ธแ‹แค [แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆแˆ] แˆตแˆˆแˆšแ‹ซแŒ‹แŒฅแˆ›แ‰ฝแˆ แАแŒˆแˆญ แˆจแŒ…แˆ แˆ›แ‰ฅแˆซแˆชแ‹ซ แˆˆแˆ˜แˆตแŒ แ‰ต แ‹แŒแŒ แˆแŠ‘แข
Ukwiye kubabwira ibintu vyose ubona kandi wumva, ukitegurira kuguma ubasigurira ivyo ubona.
1.238807
"แŒˆแŠ•แ‰ข แˆแŒแ‰ฅ แ‰ฐแˆ˜แŒˆแ‰กแค แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆแˆ แ‰ฅแ‹™ แ‹แŠƒ แŒ แŒกแข
"Nufungure ivyokurya vy'intungamagara, unywe n'amazi menshi.
1.23875
แ‰ แ‹šแ‹ซ แ‹ซแˆˆแ‰ฝแ‹ แˆดแ‰ต แŠฅแˆท แ‰ฅแ‰ป แŠ“แ‰ต?
Yoba yari we mugore wenyene yari aho hantu?
1.238733
แŠขแ‹จแˆฑแˆต แŠจแŠ แ‰ฃแ‰ฑ แ‰ฅแ‹™ แАแŒˆแˆฎแ‰ฝแŠ• แ‹จแ‰ฐแ‰€แ‰ แˆˆ แˆฒแˆ†แŠ• แˆˆแŠฅแАแ‹šแˆ…แˆ แˆแ‰ฃแ‹Š แŠ แ‹ตแŠ“แ‰†แ‰ต แАแ‰ แˆจแ‹แข
Se wiwe yari yaramwigishije vyinshi, kandi yarabiha agaciro koko.
1.238539
แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆ แ’แˆญแˆตแŠ• แ‰ แŒฃแˆ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆแŠ•แŠ“แแ‰€แ‹ แ‹จแ‰ณแ‹ˆแ‰€ แАแ‹แข
Ego ni ko tuzokumbura cane umuvukanyi Pierce.
1.238271
33 แˆแŒ†แ‰ผ แˆ†แ‹ญแฃ แŒฅแ‰‚แ‰ต แŒŠแ‹œ แŠจแŠฅแŠ“แŠ•แ‰ฐ แŒ‹แˆญ แŠฅแ‰†แ‹ซแˆˆแˆแข
33 Bana bato, ndacari kumwe namwe akanya gato.
1.23793
แŠจแˆ†แА แˆตแˆˆแ‹šแˆ… แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ต แ‹จแ‰ แˆˆแŒ  แˆ›แ‹ˆแ‰… แ‹จแˆแ‰ตแ‰ฝแˆˆแ‹ แŠฅแŠ•แ‹ดแ‰ต แАแ‹?
Nimba igushimisha, wobigenza gute kugira umenye vyinshi ku bijanye n'ubwo Bwami?
1.237896
แˆˆแАแ‹šแ‹ซ แˆˆแ‰ แ‹ฐแˆ‰แ‰ตแˆ แŠจแ‹šแˆ… แˆŒแˆ‹ แ‰…แˆญแ‰ฅ แ‰…แŒฃแ‰ต แŠ แˆ‹แ‰ธแ‹แค (1) แŒแŠ• แŠ แ‰ฅแ‹›แŠ›แ‹Žแ‰ปแ‰ธแ‹ แŠ แ‹ซแ‹แ‰แˆแข
Icaha nico kibera aba kristo intambamyi ariko benshi ntibabimenye.
1.237879
3แŠฅแАแˆญแˆฑแˆ แŠจแŒพแˆ™แŠ“ แŠจแŒธแˆˆแ‹ฉ แ‰ แŠ‹แˆ‹ แŠฅแŒƒแ‰ธแ‹แŠ• แŒญแАแ‹ แŠ แˆฐแŠ“แ‰ แ‰ทแ‰ธแ‹แข
3Lacen ka doล‹ gutyeko lega ki ri kec, ci guketo ciล‹gi i komgi ka gucikogi.
1.237636
แŠ แˆแˆญ แАแˆ…แŠ“แฅ แ‹ˆแ‹ฐ แŠ แˆแˆญแˆ แ‰ตแˆ˜แˆˆแˆณแˆˆแˆ…แŠ“แข
Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo."
1.237621
แ‰ แˆ™แˆ‰ แŒŠแ‹œ แŠ แŒˆแˆแŒแˆŽแ‰ต แ‹แˆตแŒฅ แ‹ซแˆ‰แ‰ตแŠ• แŠ แˆตแ‰งแ‰ธแ‹
Twibuke abari mu murimo w'igihe cose
1.237449
แ‹ญแˆแŠ•แŠ“ แ‹จแˆฐแ‹ แˆแŒ†แ‰ฝ แ‰ณแ‹›แ‹ฅ แŠฅแŠ•แ‹ฒแˆ†แŠ‘ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠจแŠฅแАแˆฑ แˆแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแŒ แ‰ฅแ‰…แ‰ฃแ‰ธแ‹ แˆ›แ‹ˆแ‰… แ‹ซแˆตแˆแˆแŒ‹แ‰ธแ‹‹แˆแข
Ariko rero kugira babe abagamburuka, bari gutegerezwa gutahura ivyo Imana ibasaba.
1.237326
แŠฅแˆฑ แŠจแˆ แˆซแ‹ แ‹จแ‰ แˆˆแŒ  แˆฅแˆซ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแˆ แˆฉ แŠ แˆตแ‰€แ‹ตแˆž แ‹จแ‰ฐแŠ“แŒˆแˆจ แŠจแˆ˜แˆ†แŠ‘แˆ แˆŒแˆ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆšแ‹ˆแ‹ณแ‰ธแ‹ แˆ›แˆจแŒ‹แŒˆแŒซ แˆฐแŒฅแ‰ทแ‰ธแ‹‹แˆแข
Yaranababwiye ko bokoze ibiruta ivyo yakoze, yongera arabakura amazinda yuko Imana ibakunda.
1.237199
แŠจแŠ แˆฅแˆญ แ‹“แˆ˜แ‰ต แ‰ แŠแ‰ต แŒแŠ• แ‹จแˆตแ‰ฅแŠจแ‰ฑแŠ• แˆฅแˆซ แŠ แ‰ตแ‹ˆแ‹ฐแ‹แˆ แАแ‰ แˆญแข
Mu myaka nka cumi iheze, ntiyiyumvamwo na gato igikorwa co kwamamaza.
1.236862
แŠฅแАแˆฑแˆ "แ‹ˆแ‹ฐ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆ˜แŠ•แŒแˆฅแ‰ต แˆˆแˆ˜แŒแ‰ฃแ‰ต แ‰ แ‰ฅแ‹™ แˆ˜แŠจแˆซ แˆ›แˆˆแ แŠ แˆˆแ‰ฅแŠ•" แŠ แˆแ‰ธแ‹แข
Ahubwo yavuze ati: "Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw'Imana duciye mu makuba menshi."
1.236512
แŒดแŒฅแˆฎแˆตแŠ“ แˆŒแˆŽแ‰น แˆแ‹‹แˆญแ‹ซแ‰ต "แŠจแˆฐแ‹ แ‹ญแˆแ‰… แˆˆแŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ”แˆญ แˆแŠ•แ‰ณแ‹˜แ‹ แ‹ญแŒˆแ‰ฃแˆ!
Petero n'abandi batumwa barishura bati: " Tubwirizwa kugamburukira Imana kuruta abantu.
1.236432
แŠจแˆ˜แŒ แ‹แˆˆแŒ แ‰ณแ‹ฐแŒ‹แ‰ธแ‹แค แŠจแˆ˜แ‹ตแˆจแ‰… แ‰ณแ‹ฐแŒ‹แ‰ธแ‹แข
akagirako akabakura mu vyara vy'ababisha.
1.236339
11 แˆแˆ แŒŠแ‹œ แ‰ แˆแŒแˆตแŠ“ แˆ˜แˆตแŒ แ‰ต แŠฅแŠ•แ‹ตแ‰ตแ‰ฝแˆ‰ แ‰ แˆแˆ‰ แАแŒˆแˆญ แ‹ซแ‰ แˆˆแŒฝแŒ‹แ‰ฝแŠ‹แˆแค แˆแŒแˆตแŠ“แ‰ฝแˆแˆ แ‰ แŠฅแŠ› แ‰ แŠฉแˆ แ‹จแˆšแ‹ฐแˆญแˆณแ‰ธแ‹ แˆฐแ‹Žแ‰ฝ แŠฅแŒแ‹šแŠ แ‰ฅแˆ”แˆญแŠ• แˆˆแˆ›แˆ˜แˆตแŒˆแŠ• แˆแŠญแŠ•แ‹ซแ‰ต แ‹ญแˆ†แŠ“แ‰ธแ‹‹แˆแข
11Namwe muzotungishwa muri vyose, ngo mugire ubuntu bwose, butuma dushimisha Imana.
1.235866
แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆˆแˆฐแˆˆแˆžแŠ• แ‰ แˆ•แˆแˆ แ‰ฐแŒˆแˆแŒฆแˆˆแ‰ต แ‹จแˆšแˆแˆแŒˆแ‹แŠ• แАแŒˆแˆญ แŠฅแŠ•แ‹ฒแŒ แ‹ญแ‰… แŒ‹แ‰ แ‹˜แ‹แข
Biciye mu ndoto, Imana yarabwiye Salomo ngo ayisabe ico yipfuza cose.
1.23585
แ‰ณแ‹ฒแ‹ซ แ‹ˆแŠ•แ‹ตแˆžแ‰น แŠ แŒ แŒˆแ‰ฅ แˆฒแˆ†แŠ• แ‹ซแŠ•แŠ• แ‹จแˆšแ‹ซแˆแˆญ แˆแ‰ฅแˆฑแŠ• แ‹ฐแ‰ฅแ‰†แ‰ต แ‹ญแˆ†แŠ•?
Yoba yaranyegeza ikanzu yiwe nziza igihe bene wabo baba bari hafi?
1.235495
แŠฅแŠ›แˆ แ‹จแŠ แ‹ณแˆ แ‹˜แˆฎแ‰ฝ แŠฅแŠ•แ‹ฐแˆ˜แˆ†แŠ“แ‰ฝแŠ• แˆ˜แŒ แŠ• แŠจแŠฅแˆฑ แˆžแ‰ตแŠ• แ‹ˆแˆญแˆฐแŠ“แˆแข
Kubera ko dukomoka kuri Adamu, yaraturaze urupfu.
1.235084
แ‹จแŠ แˆแˆ‹แŠญแŠ• แŠฅแˆญแ‹ณแ‰ณ แ‰ แˆแ‰ตแˆแˆแŒแ‰ แ‰ต แŒŠแ‹œ แˆตแˆˆ แŒ‰แ‹ณแ‹ฉ แ‹ˆแ‹ฐ แŠฅแˆฑ แŒธแˆแ‹ญแข
Vyongeye, igihe ukeneye ko Imana igufasha, nusenge ku bijanye n'ico kintu.
1.235017
แ‹ˆแ‹ฐ แ‰€แŒฅแ‰ฐแŠ›แ‹ แˆ˜แŠ•แŒˆแ‹ต แ‹จแˆšแˆ˜แˆซแŠ•!
Tuyobore inzira igororotse,
1.234866
แ‰ณแˆ‹แ‰ แˆ˜แŠจแˆซ แŠจแˆ˜แŒ€แˆ˜แˆฉ แ‰ แŠแ‰ต แ‰ณแˆ›แŠแАแ‰ณแ‰ธแ‹แŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฐแŒ แ‰ แ‰ แ‹จแˆšแˆžแ‰ฑ แ‰…แ‰กแ‹“แŠ• แ‹จแˆ˜แŒจแˆจแˆปแ‹แŠ• แˆ›แŠ…แ‰ฐแˆ แ‹จแˆšแ‰€แ‰ แˆ‰แ‰ต แˆฒแˆžแ‰ฑ แАแ‹แข
Abapfa ari abizigirwa imbere y'uko ya makuba akomeye atangura, ico gihe baba bashizweko ikidodo ca nyuma.
1.234338
แˆแ‹ตแˆญ แ‰ แˆŒแˆ‹แˆ แˆ˜แŠ•แŒˆแ‹ต แŠฅแ‹จแ‰ฐแ‰ แˆ‹แˆธแ‰ฝ แАแ‹แข
Isi kandi iriko irahonywa mu bundi buryo.
1.234081
แˆตแˆˆ แŠฅแ‹แАแ‰ฐแŠ›แ‹ แŠ แˆแˆ‹แŠญ แ‹จแˆ›แ‹แ‰€แ‹ แАแŒˆแˆญ แŠ แˆแАแ‰ แˆจแˆแข
Nta na kimwe nari nzi ku bijanye n'Imana y'ukuri.
1.234069
แŠ แˆแˆ‹แŠญ แˆˆแŒธแˆŽแ‰ณแ‰ธแ‹ แ‹จแˆšแˆฐแŒ แ‹แŠ• แˆ˜แˆแˆต แˆ˜แˆ˜แˆแŠจแ‰ณแ‰ธแ‹ แŠฅแˆแАแ‰ณแ‰ธแ‹แŠ• แŠ แŒ แŠ“แŠญแˆฎแ‰ณแˆแข
Uko babona Imana yishura amasengesho yabo, ni ko ukwizera kwabo kwarushiriza gukomera.
1.234034
แŠจแ‹šแˆ…แˆ แ‰ แ‰ฐแŒจแˆ›แˆช แ‹ณแŠ•แŠคแˆ แ‰ แŒธแˆŽแ‰ต แŠ แˆ›แŠซแŠแАแ‰ต แŠจแŠ แˆแˆ‹แŠญ แŒ‹แˆญ แŠ แ‹˜แ‹แ‰ตแˆฎ แ‹จแˆ˜แАแŒ‹แŒˆแˆญ แˆแˆ›แ‹ต แŠฅแŠ•แ‹ฐแАแ‰ แˆจแ‹ แŠฅแŠ“แ‹แ‰ƒแˆˆแŠ•แข
Vyongeye, turazi ko Daniyeli yagumye yiyegereza Imana mw'isengesho.
1.233886
"แŠฅแˆฑแŠ• แˆ˜แŒ แŒŠแ‹ซ แˆ›แ‹ตแˆจแŒ แ‹จแˆšแˆแˆแŒ‰แ‰ตแŠ•แˆ แ‹ซแ‹แ‰ƒแˆแข
Arazi abaronderera ubuhungiro muri we+.
1.233881
แ‰ แŠฅแˆญแŒแŒฅแˆ แ‰ แŠ แŠซแˆ แŠจแŠฅแАแˆฑ แŒ‹แˆญ แŠจแˆ˜แŒˆแŠ“แŠ˜แ‰ฑ แ‰ แŠแ‰ต แАแŒˆแˆฎแ‰ฝแŠ• แŠฅแŠ•แ‹ฒแ‹ซแˆตแ‰ฐแŠซแŠญแˆ‰ แŒŠแ‹œ แˆฐแŒฅแ‰ทแ‰ธแ‹‹แˆแข
Mu vy'ukuri, yari yabahaye akaryo ko kugorora ibintu imbere y'uko aba kumwe nabo.
1.23386
"แ‹จแˆแ‹ตแˆญ แˆแˆ‰ แ‹ณแŠ›" แˆแŠ•แŒŠแ‹œแˆ แ‰ตแŠญแŠญแˆ แ‹จแˆ†แАแ‹แŠ• แАแŒˆแˆญ แ‹ซแ‹ฐแˆญแŒ‹แˆ
Wa "Mucamanza w'isi yose" yama akora ibigororotse