score
float32 1.04
1.25
⌀ | Rundi
stringlengths 9
498
⌀ | Xhosa
stringlengths 4
500
|
|---|---|---|
1.249978
|
"Ntihagire uwubaka ka gashimwe." - KOL.
|
"Makungabikho mntu uniphulukanisa nomvuzo." - KOL.
|
1.24987
|
Mu nzira zawe zose umwibuke, na we azogorora iminyuro yawe.
|
Uze umgqale yena ezindleleni zakho zonke, kwaye uya kuwenza uthi tye umendo wakho.
|
1.249861
|
18 Nube umugenzi aho kuba umumenyereza gusa.
|
18 Ungapheleli nje ekufundiseni, yiba ngumhlobo.
|
1.249858
|
Yesu arabishura, ati N'ukuri, n'ukuri ndababgire: Ukora icaha wese n'umuja w'icaha.
|
Wawaphendula uYesu wathi: "Ndithi kuni, inene, bonke abenza isono bangamakhoboka esono.
|
1.249841
|
Yanditse ati: "Ni nde azoshobora kwihanganira umusi w'ukuza kwiwe, kandi ni nde azoshobora guhagarara niyaseruka?
|
Wathi: "Ngubani na oya kuyinyamezela imini yokuza kwakhe, yaye ngubani na oya kuma xa ebonakala?
|
1.249837
|
Ubwo sinoja gukorerayo n'imiburiburi umwaka umwe?'
|
Bendingenakukhonza kwilizwe lasemzini nokuba ngunyaka nje omnye?'
|
1.249833
|
Ibintu vyose dufise ni we yabiduhaye.
|
Yonke into esinayo siyiphiwe nguye.
|
1.249811
|
Uvuga ko akunda Imana ntiyitondere amategeko yayo ntakuri kuba kuri muri we,
|
Kuba ukumthanda uThixo kuko ukuthi, siyigcine imithetho yakhe; ayinzima ke imithetho yakhe.
|
1.24981
|
"Ubwo bwami bwose" - Dan.
|
"Zonke ezi zikumkani" - Dan.
|
1.249802
|
Kubera iki Brezile ari co gihugu conyene co muri Amerika gikoresha ururimi rw'igiportigale?
|
Kutheni nje iBrazil ikukuphela kwelizwe elisebenzisa isiPhuthukezi eAmerica?
|
1.249767
|
Kandi abishirako ubutaka bwimbuka.
|
Yaye ubeka phezu kwazo ilizwe elinemveliso.
|
1.249649
|
Aho babiririye, uyo musi nyene baciye batangura gupfa.
|
Baqalisa ukufa kanye ngomhla abatya ngawo.
|
1.249638
|
Dawe ntiyakiriye ukuri igihe twe na mawe twizera.
|
Utata zange ayamkele inyaniso ngexesha mna nomama sayamkela ngalo.
|
1.249609
|
Kuko So wo mw'ijuru azi ko ivyo vyose mubikenera+.
|
Kuba uYihlo osemazulwini uyazi ukuba ziyimfuneko kuni zonke ezi zinto.+
|
1.249606
|
Baramubwira bati: "Ko ata n'umwe mu muryango yitwa iryo zina !"
|
Bathi kuye, Akukho namnye ubizwa ngelo gama kwimizalwane yakho.
|
1.249544
|
Mugabo sebukwe yamubwiye ati: "Uburyo uriko urakora si bwiza.
|
Kodwa utata-zala wakhe wathi kuye: "Ayilungile le ndlela wenza ngayo.
|
1.249497
|
Imana y'urukundo ntiyoshobora kurema ahantu nk'aho.'
|
UThixo onothando akanakwenza indawo enjalo.'
|
1.249492
|
None azogwisha imvura ryari?'
|
Uza kuyinisa nini imvula?'
|
1.249403
|
Ni co gituma wa mwami w'inkerebutsi Salomo yanditse ati: "[Nta] muntu w'umugororotsi ariho mw'isi aguma akora ivyiza ntacumure."
|
Yiloo nto uKumkani uSolomon osisilumko wabhala wathi: "Akukho mntu ulilungisa emhlabeni oqhubeka esenza okulungileyo angoni."
|
1.249368
|
Ni kubera iki abasavyi b'Imana bunze ubumwe?
|
Kutheni abantu bakaThixo bemanyene?
|
1.249352
|
11 "Ntimwibagire ubwakiranyi."
|
11 "Musani ukulibala ukubuk' iindwendwe."
|
1.24931
|
Ubwiwe nta nkuru nziza afise, kandi nta cizigiro namba afise.
|
Akanazo iindaba ezilungileyo, ibe akanalo nelinjani na ithemba.
|
1.249302
|
Azohimbarwa no kuyaga nawe ku bibazo nk'ivyo.
|
Aya kuyiphendula imibuzo yakho.
|
1.249287
|
Baramubwira bati: "Ko ata n'umwe mu muryango yitwa iryo zina!"
|
Bathi kuye, Akukho namnye ubizwa ngelo gama kwimizalwane yakho.
|
1.249275
|
Bamubwira bati: "Nimba ukunda umuryango wawe nugende.
|
Bathi kuye: "Ukuba uyayithanda intsapho yakho, umele uhambe.
|
1.249273
|
Wungukiye gute ku kwihweza Indirimbo ya Salomo?
|
Uzuze njani ngokuhlola incwadi iNgoma kaSolomoni?
|
1.249232
|
Bamubonye, baramupfukamira, yamara harimwo abakekereza.
|
Baza bakumbona baqubuda kuye; ke inxenye yathandabuza.
|
1.249205
|
Mbere ariko arondera gusubira mu mugwi ukoresha ururimi runyamahanga!"
|
Phofu, ngoku ufuna ukubuyela kwiqela elisebenzisa olunye ulwimi!"
|
1.249171
|
Abana ba Adamu vyabagendeye gute?
|
Kwenzeka ntoni kubantwana baka-Adam?
|
1.249156
|
Yezu yarabandanije kumusubiriza umutima mu nda, ati: "Ukwizera kwawe kuragukijije.
|
UYesu walehlisa nangakumbi ixhala lalo mfazi ngokuthi: "Ukholo lwakho lukuphilisile.
|
1.249121
|
"Twese dutsitara kenshi.
|
"Sonke siyakhubeka izihlandlo ezininzi.
|
1.249096
|
Mu nyuma, yarabandanije ati: "[Ivyagezwe vyawe] ni vyo ndimbūra bukarinda bgīra."
|
Ukongezelela, waqhubeka wathi: "Imini le yonke ndiwuxhalabele [umthetho wakho]."
|
1.249092
|
Ni ibiki dukwiye kwibuka ku bijanye na bamwe 144.000?
|
Yintoni esimele siyikhumbule nge-144 000?
|
1.249074
|
Ndahimbawe cane ntiworaba!" - Karen.
|
Ndonwabe nyhani." - UKaren.
|
1.249074
|
Ni igiki cerekana ko turi n'agaciro kuruta inyoni zo mu kirere?
|
Yintoni engqina ukuba sibaluleke ngaphezu kweentaka zezulu?
|
1.249073
|
Maria yarabumviye akagongwe kuko bo bakurikiza amategeko.
|
UMaria wawasizela, kuba ayesenza nje into ayithunyiweyo.
|
1.249033
|
Canke noshima ko agerageza kumenya?'
|
Okanye bendiza kufuna aqale andazi?'
|
1.249019
|
Ni ibiki abamarayika bakoze kera?
|
Zazisenza ntoni iingelosi kudala?
|
1.249016
|
Naho ari ukwo, ararindiranye igishika kuzosubira kumubona mw'isi nshasha Imana yasezeranye.
|
Sekunjalo, ukhangele phambili ekumboneni kwakhona kwihlabathi elitsha elithenjiswe nguThixo.
|
1.248995
|
Azohimbarwa no kuyaga nawe ku bibazo nk'ivyo.
|
Liya kukuvuyela ukuphendula imibuzo yakho.
|
1.24891
|
Kubera iki wiyemeje gukurikira Indongozi yacu Yezu?
|
Kutheni uzimisele ukulandela iNkokeli yethu, uYesu?
|
1.248858
|
Aho rero Umwana w'umuntu azoza mu buninahazwa bwa Se akikijwe n'abamarayika biwe, ni ho azohemba umuntu wese ku bikorwa vyiwe. "
|
Kuba uNyana woMntu uza kuza esebuqaqawulini boYise, enezithunywa zakhe, andule ukubavuza bonke ngabanye ngokokwenza kwakhe.
|
1.24884
|
Nzogufasha nk'uko nafashije Musa.
|
Ndiza kukunceda, njengokuba ndamncedayo noMoses.
|
1.248831
|
Tube maso ku bo twifatanya muri iyi misi ya nyuma
|
Bajonge Abantu Onxulumana Nabo Kule Mihla Yokugqibela
|
1.24878
|
17 Turakeneye kumenya umwansi wacu, ariko si ngombwa ngo tumutinye.
|
17 Simele silwazi utshaba lwethu kodwa asimele siloyike.
|
1.248769
|
Arababwira ati: "Ubugaba bwanyu ni bwo bwatumye Musa kubarekura ngo mwirukane abagore banyu; ubwa mbere si ko vyari bimeze.
|
Uthe ke yena kubo,Ngenxa yobulukhuni beentliziyo zenu wanivumela uMoses ukuba nibale abafazi benu; ke ekuqalekeni bekungenjalo.
|
1.248746
|
Haragowe isi n'ikiyaga, kuko Shetani amanutse kuri mwebwe, afise ishavu ryinshi, azi ko afise igihe gito."
|
Yeha kuwo umhlaba nakulo ulwandle, ngenxa yokuba uhlile weza kuni uMtyholi, enomsindo omkhulu, esazi ukuba ixesha analo lifutshane."
|
1.248735
|
Ariko rero igihe wa Musuzumyi w'imitima yabasuzuma, yasanze bamukoreye n'umutima ukwiye.
|
Sekunjalo, xa uYehova wahlola iintliziyo zabo wafumanisa ukuba zikuye ngokupheleleyo.
|
1.248675
|
Nta gitandukanya Umuyuda n'Umugereki kiriho: bose basangiye Umukama umwe, We agabira abamwambaza bose.
|
Ke ngoko akukho mahluko phakathi komJuda nowolunye uhlanga, kuba le Nkosi inye ikwayinkosi yabo bonke.
|
1.248675
|
Nta gitandukanya Umuyuda n'Umugereki kiriho: bose basangiye Umukama umwe, we agabira abamwambaza bose.
|
Ke ngoko akukho mahluko phakathi komJuda nowolunye uhlanga, kuba le Nkosi inye ikwayinkosi yabo bonke.
|
1.248669
|
Uyo mu ntango yari kumwe n'Imana."
|
Ekuqaleni yena wayekunye noThixo."
|
1.248661
|
"Dawe araninahazwa muri ibi: ko muguma mwama ivyamwa vyinshi kandi mukerekana ko muri abigishwa banje." - YOH.
|
"UBawo uzukiswa kuko oku, ukuba nihlale nithwala isiqhamo esininzi nize nizingqine ningabafundi bam." - YOH.
|
1.248608
|
Umukobwa wiwe Florence (6) yarabaye umumisiyonari mu Buhindi.
|
Intombi yakhe uFlorence (6) yaya kuba ngumthunywa wevangeli eIndiya.
|
1.24855
|
Ntuzopfa usubiye mbere kumbona mu rusengero rwawe."
|
Soze uphinde undibone ecaweni yakho."
|
1.248541
|
16 Dusenge Imana tudahorereza.
|
16 Thandaza kuThixo rhoqo.
|
1.248537
|
"Ntimukunde isi canke ibiri mw'isi.
|
"Musani ukulithanda ihlabathi nezinto ezisehlabathini.
|
1.248424
|
Nuko mwiyambure ibinyoma, umuntu wese avugane ukuri na mugenzi we, kuko turi ingingo za bagenzi bacu.
|
Kungoko ke ndithi, lahlani ubuxoki, thethani inyaniso elowo nommelwane wakhe; ngokuba singamalungu, omnye elelomnye.
|
1.248341
|
Mu myaka nka cumi iheze, ntiyiyumvamwo na gato igikorwa co kwamamaza.
|
Kodwa ukuza kuthi ga kwiminyaka emalunga neshumi edluleyo, wayengakuthandi kwaphela ukushumayela.
|
1.248339
|
Yavuze ati: "Intumbero y'iyo ndwara si urupfu, ahubwo ni ubuninahazwa bw'Imana, kugira ngo Umwana w'Imana aninahazwe biciye kuri yo."
|
Wathi: "Esi sifo asiyi kuphelela ekufeni, kodwa kuzuko lukaThixo, ukuze uNyana kaThixo azukiswe ngaso."
|
1.248314
|
Arabishura ati ni jewe: bose bagwa hasi icarimwe.
|
Kuthe-ke ukuba athi kubo: "Yimina," bahlehla nyovane, bawa phansi.
|
1.248314
|
Rimwe na rimwe yarasonza kandi akanyoterwa. - 2 Kor.
|
Ngamanye amaxesha wayethwaxwa liphango nonxano. - 2 Kor.
|
1.248303
|
Ivuga ko "vyose bija ahantu hamwe.
|
Ithi: 'Bonke baya ndaweni nye.
|
1.248272
|
Yoba izokwigera ibaho koko?'
|
Ngaba ingaze ibekho nyhani?'
|
1.248221
|
" Kuko abo yamenye kera yabatoranije kera gushushanywa n'ishusho y'Umwana wayo , kugirango abe Imfura muri bene Se benshi.
|
Kaloku abo wayeselebazi kwangaphambili, wabamisela ukuba babe ngumfanekiso woNyana wakhe, ukuze uNyana wakhe abe ngowamazibulo kusapho olukhulu.
|
1.248202
|
Birashoboka ko Sara yakuriye i Uri.
|
Kusenokwenzeka ukuba uSara wakhulela eUre.
|
1.248181
|
Nzobana na we mu marushwa."
|
Ndiya kuba naye ekubandezelekeni."
|
1.248178
|
"Nja kuri Internet igihe gusa abandi ari ho bari"
|
"I-Intanethi ndiyisebenzisa kuphela xa kukho nabany' abantu"
|
1.248149
|
Ukwizera kwa Musa kwarakomeje abasavyi b'Imana.
|
Ukholo lukaMoses lwabomeleza abantu bakaThixo.
|
1.248137
|
Hari n'ikindi kintu uwo mumarayika yari yabonye.
|
Ikho nenye into eyatsala umdla wale ngelosi kuGidiyon.
|
1.248133
|
Nta n'umwe yogukunda!'
|
Akukho mntu unokuze akuthande!'
|
1.248115
|
Kubera ko ari Umuvyeyi munyarukundo, yarakingiye yongera aritwararika abatwarwa b'intahemuka nka Nowa, Aburahamu na Dawidi.
|
Ekubeni enguBawo onothando, ebebakhusela yaye ebanyamekela abakhonzi bakhe abanyanisekileyo abafana noNowa, uAbraham noDavide.
|
1.248105
|
Abana bawe bazokwihweza ivyo ukora, kandi ntibizobura kugira ico bibafashije.
|
Abantwana bakho baya kuyibona into oyenzayo, yaye baya kwenza kakuhle ukuba ubamisela umzekelo omhle.
|
1.248096
|
Kuko atazoba ari mwebwe muvuga, azoba ari Mpwemu wa So avugira muri mwebwe.
|
Kuba asinini abathethayo, nguMoya kaYihlo othethayo ngaphakathi kwenu.
|
1.248095
|
Linda na we nyene yaramushigikiye.
|
NoLinda wamngqinela.
|
1.248074
|
26 Yozefu ategerezwa kuba yarazirikanye ayo majambo incuro n'izindi.
|
26 Ngokuqinisekileyo uYosefu wayemana ecinga ngala mazwi amaxesha amaninzi.
|
1.248037
|
Baraheza baravugana bati: " Erega ni ho umutima wacu wari wuzuye urweze aho twafatanya akayira atubwira ivyanditswe mu Bitabu Bitagatifu !"
|
Baza bathi omnye komnye: "Iintliziyo zethu bezingavuthi na luvuyo xa ebethetha nathi endleleni esityhilela iziBhalo?"
|
1.247996
|
Kuko, ubugororotsi n'ubugarariji bihuriye ku ki?
|
Kuba bunabudlelane buni na ubulungisa nokuchas' umthetho?
|
1.247978
|
Yezu rero arabaza ati: " Mbega, ntibakize bose uko ari cumi ?
|
Waza uYesu wathi: "Bekungahlanjululwanga balishumi na?
|
1.24796
|
Hanyuma na ho abwira abasuku biwe ati: 'Ivy'ubugeni biri mu buryo, ariko abari batumiwe ntibari babikwiye.
|
Waza wathi kwizicaka zakhe: 'Okunene umsitho sewulungile, kodwa abamenyiweyo abafanelekanga.
|
1.247958
|
Dawidi yari afise n'abandi bagenzi bamwumiyeko mu bihe bigoye.
|
UDavide wayenabo nabanye abahlobo ababa ngakwicala lakhe ngamaxesha anzima.
|
1.247952
|
17 Woba uzokwigana ako karorero ka Mariya?
|
17 Ngaba uza kuwulandela umzekelo kaMariya?
|
1.247946
|
Nta gukeka ko na Paulo yanezerewe.
|
Ngokuqinisekileyo noPawulos wayevuya kakhulu.
|
1.247881
|
Ewe Mana yanje, ni wewe nizigiye."
|
Owu Thixo wam, ndikholose ngawe."
|
1.247872
|
Bategetswe bati: "Inzu yose ibonetsemwo umuntu nk'uyo ikwiye guturirwa."
|
Indlu abafunyenwe kuyo mayitshiswe."
|
1.247853
|
Ariko igihe kiraje, mbere kirageze, aho abasenga nya gusenga bazosengera Data mu mutima no mu kuri, kuko abasenga gurtyo ari bo Data ashima.
|
Kodwa kuza ilixa, nangoku selikho, xa abanquli abayinyaniso baya kumnqula uBawo ngoMoya nangenyaniso; kuba uBawo ufuna abanjalo ukumnqula.
|
1.247828
|
Yongerako ati: "Mugabo twari dufise ubwoba bwinshi.
|
Wongezelela athi: "Kodwa sasisoyika.
|
1.247776
|
Baragumyeyo gushika Herodi apfuye.
|
Bahlala apho kwada kwafa uHerode.
|
1.247774
|
Twe n'umunega wanje turi abatsimvyi.
|
Mna nomyeni wam singoovulindlela.
|
1.247683
|
Hari umugani wo muri Bibiliya ugira uti: "Woba wacitse intege ku musi w'amarushwa?
|
IBHAYIBHILE ITHI: "Ngaba uzibonakalise udimazekile ngomhla wokubandezeleka?
|
1.247681
|
Nutume bumva bisanze. - Mat.
|
Benze bazive besekhaya. - Mat.
|
1.247675
|
yuko ata yindi Mana iriho atari Wewe, Mukama.
|
Kuba akukho Thixo ngaphandle kwakho, O Nkosi.
|
1.247648
|
4 Amakoraniro aratwigisha.
|
4 Iintlanganiso ziyasifundisa.
|
1.247619
|
2 Hariho ico Abeli akubwira muri iki gihe.
|
2 UAbheli uthetha nawe namhlanje.
|
1.247607
|
Reka turimbure imvo imwe ihambaye: Imana ntishobora kubesha.
|
Makhe siqwalasele esi sizathu sibalulekileyo: UThixo akanakuxoka.
|
1.2476
|
Nuko yagiriza Petero ati: "Sinakubonye mu murima kumwe na we?"
|
Wathi kuPetros: "Ndikubonile emyezweni unaye, akunjalo?"
|
1.247596
|
Ni Imana y'ubwizigirwa, itagira akarenganyo; ni we agororotse kandi atunganye."
|
NguThixo wentembeko, tu ubugqwetha; Lilungisa yaye uthe tye yena. "
|
1.247594
|
Bari babwiwe bati: "Ibisata vyose vy'abantu vyo kw'isi ntibizobura kubona ko witirirwa izina rya Yehova, kandi bizogutinya koko."
|
Axelelwa oku: "Ziya kubona zonke izizwana zomhlaba ukuba igama likaYehova libizwe phezu kwakho, zikoyike."
|
1.247594
|
None rero, mwana, uzokwitwa umuhanuzi w'Uwo mw'ijuru, kuko uzoja imbere y'Umukama, umutegurire amayira.
|
Nawe, mntwana, uyakubizwa ngokutìwa ungum-Profite w-Opezu konke: kuba uyakuhamba pambi kwe-Nkosi ulungise indlela zayo;
|
1.247593
|
NIMBA uherutse kurushinga, woba umaze guhura n'ingorane zisa n'izo?
|
UKUBA usandul' ukutshata, ngaba nawe uye waba neengxaki ezifana nezi?
|
1.247592
|
n'ibihugu bizokwizera izina ryiwe."
|
Kanjalo ziya kuthembela egameni lakhe iintlanga.
|
Rundi-Xhosa_Sentence-Pairs Dataset
This dataset contains sentence pairs for African languages along with similarity scores. It can be used for machine translation, sentence alignment, or other natural language processing tasks.
This dataset is based on the NLLBv1 dataset, published on OPUS under an open-source initiative led by META. You can find more information here: OPUS - NLLB-v1
Metadata
- File Name: Rundi-Xhosa_Sentence-Pairs
- Number of Rows: 307505
- Number of Columns: 3
- Columns: score, Rundi, Xhosa
Dataset Description
The dataset contains sentence pairs in African languages with an associated similarity score. Each row consists of three columns:
score: The similarity score between the two sentences (range from 0 to 1).Rundi: The first sentence in the pair (language 1).Xhosa: The second sentence in the pair (language 2).
This dataset is intended for use in training and evaluating machine learning models for tasks like translation, sentence similarity, and cross-lingual transfer learning.
References
Below are papers related to how the data was collected and used in various multilingual and cross-lingual applications:
[1] Holger Schwenk and Matthijs Douze, Learning Joint Multilingual Sentence Representations with Neural Machine Translation, ACL workshop on Representation Learning for NLP, 2017
[2] Holger Schwenk and Xian Li, A Corpus for Multilingual Document Classification in Eight Languages, LREC, pages 3548-3551, 2018.
[3] Holger Schwenk, Filtering and Mining Parallel Data in a Joint Multilingual Space ACL, July 2018
[4] Alexis Conneau, Guillaume Lample, Ruty Rinott, Adina Williams, Samuel R. Bowman, Holger Schwenk and Veselin Stoyanov, XNLI: Cross-lingual Sentence Understanding through Inference, EMNLP, 2018.
[5] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Margin-based Parallel Corpus Mining with Multilingual Sentence Embeddings arXiv, Nov 3 2018.
[6] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Massively Multilingual Sentence Embeddings for Zero-Shot Cross-Lingual Transfer and Beyond arXiv, Dec 26 2018.
[7] Holger Schwenk, Vishrav Chaudhary, Shuo Sun, Hongyu Gong and Paco Guzman, WikiMatrix: Mining 135M Parallel Sentences in 1620 Language Pairs from Wikipedia arXiv, July 11 2019.
[8] Holger Schwenk, Guillaume Wenzek, Sergey Edunov, Edouard Grave and Armand Joulin CCMatrix: Mining Billions of High-Quality Parallel Sentences on the WEB
[9] Paul-Ambroise Duquenne, Hongyu Gong, Holger Schwenk, Multimodal and Multilingual Embeddings for Large-Scale Speech Mining, NeurIPS 2021, pages 15748-15761.
[10] Kevin Heffernan, Onur Celebi, and Holger Schwenk, Bitext Mining Using Distilled Sentence Representations for Low-Resource Languages
- Downloads last month
- 16