Dataset Viewer
Auto-converted to Parquet
score
float32
1.04
1.25
Afrikaans
stringlengths
9
499
Rundi
stringlengths
5
498
1.246288
we die like (wo) men!
Kubera ko dukomoka kuri Adamu, yaraturaze urupfu.
1.244459
Volhard in die gebed, wees waaksaam en dankbaar
- Umutima ukenguruka, uninahaza Imana mu bihe vyose kandi ugahozako mu gusenga;
1.243592
Wat het Anna nog steeds gedoen toe sy 84 jaar oud was?
None Ana yagumye akora iki, n'igihe yari afise imyaka 84?
1.24279
Een herder nadert,
n'uwufise umufuko awiyegereze;
1.242248
Naomi het besluit om terug te gaan huis toe. - Rut 1:6.
Nawomi yaciye afata ingingo yo gusubira iwabo. - Rusi 1:6.
1.239121
Hy sprak: ô Vader! weest dies wel vroet,
Yavuze ati: "Data, nimba ubishaka, igizayo iki gikombe kimveko.
1.239082
Sê dan: "Ek het al baie van sexting gehoor.
Nuce uvuga uti: "Hari ibintu vyinshi maze kwumva ku vyerekeye kurungikiranira ubutumwa buteye isoni biciye kuri telefone.
1.236916
Ek was maar net tien jaar oud." - Elisa.
Nari mfise imyaka cumi gusa." - Vyavuzwe na Elisa.
1.231785
Ontvang jy "voedsel op die regte tyd"?
Woba uriko uraronka 'ibifungurwa ku gihe kibereye'? _ Kwiga
1.230865
Elke mens is uniek (deur) geskape.
Yararondoye umuntu umwe rudende, imugira se w'abo bantu bose bakwiye isi yose.
1.230351
berej die Weg van die Heer,
Nimutegure inzira y'Umukama, muringanize inzira ziwe:
1.230106
Zegt: wees veilig.
muti: " Iwawe nihatekane !
1.229398
Jy betaal daarvoor met tyd." - What to Do Between Birth and Death
Tubigura umwanya." - Igitabu citwa What to Do Between Birth and Death
1.229348
Desember 2013 _ Het ons God nodig?
Kigarama 2013 _ Twoba dukeneye Imana?
1.22729
So geseënd wees Allah, die gespesialiseerde wie Hy wil met whateverHe wil.
Bibiliya ivuga iti: "Imana yacu iri mu majuru; ivyo [ihimbarwa] no gukora vyose, [irabikora]."
1.226862
O my volk! jy het sekere regte oor julle vroue en julle vroue het sekere regte oor jou.
Yemwe bantu banje, ababarongora, barabazimiza, kandi bazimanganya inzira mwociyemwo.
1.226559
wat nie verbied nie wat Allah en Sy boodskapper het verbied
nabo, kandi barahakanye Imana n'Intumwa
1.226282
Antwoord: in alle twaalf!
Y: "Ni umwe muri mwebwe cumin a babiri,
1.225829
Watter woorde en houding sou die doeltreffendste wees?'
Ni amajambo be n'inyifato ibihe vyoba ngirakamaro cane?'
1.224732
is beter dan die van jou!'
[Ku bwanyu] vyari kuba vyiza kurusha dutsinzwe."
1.22445
Antwoord: in alle twaalf!
Y: " Ni umwe muri mwebwe cumin a babiri,
1.222988
weet alles, God is alwetend.
Iyo umuntu w'Imana avuze ati jewe ndazi vyose mu bijanye n'Imana, azobasha kukwigisha nawe ugire ubumenyi bw'Ivy'Imana.
1.222839
O die is vet!
ya udah baca aja dah..
1.22217
Hy sprak: ô Vader! weest dies wel vroet,
Elize abibonye, arasemerera ati: "Yewe ga dawe we, yewe ga dawe we!
1.222134
En ons sal Josef se geloof en die voorbeeld van sy barmhartige Vader, Jehovah, navolg.
Tuzoba kandi twiganye ukwizera kwa Yozefu n'akarorero keza ka Data wa twese yuzuye imbabazi, Yehova.
1.222003
Later daardie aand het Tom vir John gebel.
Mu nyuma kuri uwo mugoroba nyene, Toma araterefona Yohani.
1.221358
En God is alwetend.
Kuko Uwo mw'ijuru afise ubumenyi bwose,
1.221012
Hy het geweet dat sy broers hom meer as ooit tevore haat!
Yari azi ko bene wabo bari basigaye bamwanka urunuka!
1.220605
Watter vaardighede het u tydens u gemeenskap opgedoen?
None mu kubateranya mweho ntabwenge mufise?
1.220498
4, 5. (a) Wat doen Jesus sedert 1914?
4, 5. (a) Ni ibiki Yezu ariko arakora kuva mu 1914?
1.22007
"Julle moet heilig wees." - LEV.
"Mutegerezwa kwerekana ko muri beranda." - LEW.
1.21984
Mei 2015 _ Is die einde naby?
Rusama 2015 _ Umuhero woba uri hafi?
1.219646
Akiko: "Ek het ook verander.
Akiko: "Na jewe naragize ico mpinduye.
1.21962
4 Vandag is baie mense soos Dawid.
4 Benshi muri iki gihe bameze nka Dawidi.
1.219605
Maar Moses het geweet dat God dinge kon verander.
Ariko Musa yari azi yuko Imana ishobora guhindura ibintu.
1.218979
Ek weet dat ek daardie dag regtig hard gewerk het." - Nick.
Mba nzi neza ko nagakoze uwo musi." - Vyavuzwe na Nick.
1.214989
"Ek bid wanneer ek probleme het.
"Ndasenga igihe mfise ingorane.
1.214332
God het deur Dawid en ander profete stelselmatig meer omtrent die Messias geopenbaar.
Imana yagiye irahishura n'ibindi bintu vyerekeye Mesiya ibicishije kuri Dawidi no ku bandi bahanuzi.
1.212632
Wat toon dat Maria 'n goeie luisteraar was?
Ni igiki cerakana ko Mariya yumviriza yitonze?
1.211628
"Geen mens het nog ooit sy eie vlees gehaat nie." - 5:29.
"[N]ta muntu yigeze kwanka umubiri wiwe bwite." - 5:29.
1.211584
Voorwaar, Allah gee uitstel om hulle tot op die dag toe die oë (hul) oë rek, " (.
Abo Imana irabareka kugira ngo irabe yuko bokwikebuka mugabo umunsi ur'izina izobereka yuko bataye umwanya.
1.211563
Wat Hannah sê, is aanmoedigend.
Ivyo Hannah avuga biraremesha cane.
1.211427
Ek is baie gelukkiger." - Karen.
Ndahimbawe cane ntiworaba!" - Karen.
1.210919
Bewaar my veilig tot die dag."
Tabaranya ungarukireko ku musi w'ubukiriro;
1.210802
Ek is verheug dat daar vandag meer as 168 000 Getuies in Rusland is!"
Ndahimbarwa kubona ubu mu Burusiya hari Ivyabona barenga 168.000."
1.210505
Ons moes dag vroeër terugkeer.
Nkuko twari twabibemereye ko tuzogaruka ku musi w'ishirwa ahabona ry'iyo...
1.210461
Wat moet ons "dag na dag" doen, en waarom?
Dukwiye gukora iki "uko bukeye uko bwije," kandi kubera iki?
1.2102
Hy sprak: ô Vader! weest dies wel vroet,
aravuga ati: nukuri papa! ntago
1.210063
2 Abel spreek vandag tot jou.
2 Hariho ico Abeli akubwira muri iki gihe.
1.209805
Bring jou houer en hervul hom met gesuiwerde water.
ramw'inkha, nuko ashiramw'amazi, yenda inginga y'umu-
1.208974
wat Hem behaagt,
Umwe amuronka uko ashaka,
1.208611
Kan jy werklik "die onsigbare God" sien? - Kolossense 1:15.
Woba vy'ukuri ushobora kubona "Imana itaboneka"? - Abakolosayi 1:15.
1.208199
14 "Mense kan hulle eie probleme oplos."
14 "Abantu barashoboye gutorera umuti ingorane zabo."
1.207949
8. (a) Wat is Satan se doel?
8. (a) Shetani arondera iki?
1.207686
oo jullie die geloven (klik hierop)
Yemwe abemeye!
1.207561
Dawid was nie bang nie _ Leer jou kinders
Dawidi ntiyagira ubwoba _ Niwigishe abana bawe
1.207459
Hoe spreek Abel vandag tot ons?
Abeli agira ico atubwiye gute muri iki gihe?
1.207414
"Wat is dit?," het die Israeliete gevra toe hulle dit die eerste keer sien.
Abisirayeli bakiwubona ubwa mbere babajije bati: "Ibi ni ibiki?"
1.205845
Toe ek 13 jaar oud was, het ek besluit om Duits te leer.
Mfise imyaka 13, narafashe ingingo yo kwiga ikidagi.
1.205435
Josef het gedoen wat reg is, maar sy broers het hom gehaat
Yozefu yakoze ikibereye, ariko bene wabo baramwanka
1.205209
Uiteindelik verstaan iemand wel!" - 'n Jong vrou in Australië.
Bwa bundi hariho abashobora kuntahura!" - Umwigeme umwe wo muri Ostraliya.
1.205116
Het julle gesien wat God se naam is?"
Mwoba mwabonye izina ry'Imana?"
1.205079
Niemand het 'n foto van Jesus nie.
Nta n'umwe afise ifoto ya Yezu.
1.204885
Hulle gee vir jou om. - Johannes 13:35.
Na wewe barakubabaye. - Yohani 13:35.
1.204636
Hoe spreek Abel vandag tot ons?
Ni mu buryo ubuhe Abeli agira ico atubwira muri iki gihe?
1.204544
4 Vergaderinge onderrig ons.
4 Amakoraniro aratwigisha.
1.204357
Hoe kan ons sterfdag beter wees as ons geboortedag?
Umusi dupfiriyeko ushobora gute kuruta umusi twavukiyeko?
1.204061
10 Ons geld.
10 Amahera yacu.
1.203633
Nou, sowat 90 jaar later, hoef ons nie te vra: "Wat van Brasilië en die hele Suid-Amerika?" nie.
Ubu, inyuma y'imyaka 90, ntibikenewe ko twirirwa turabaza duti: "None bizogendera gute Brezile na Amerika y'Epfo yose?"
1.203623
Waarom kan ons sê dat die Israeliete goed georganiseerd was?
Kubera iki twovuga ko Abisirayeli bari batunganijwe neza?
1.203304
van den dood weer opgestaan,
Mu kuzuka mu bapfuye,
1.20292
Maar in 1992 het ek een maand 60 uur in die predikingswerk probeer doen.
Ariko mu 1992, mu kwezi kumwe naragerageje kumara amasaha 60 mvuga inkuru nziza.
1.20248
17 Jesus is ook bereid om te wag.
17 Yezu na we nyene yararindiriye n'umutima ukunze.
1.202384
Augustus 2013 _ Hoe lank kan jy lewe?
Myandagaro 2013 _ Ushobora kubaho igihe kingana gute?
1.202076
In 1978 het ons self Getuies geword.
Mu 1978, natwe twarabaye Ivyabona vya Yehova.
1.202027
Hierdie tweede seun van Adam het immers lank gelede gesterf.
Kanatsinda, uwo muhungu agira kabiri wa Adamu amaze igihe kirekire cane apfuye.
1.201971
Soo doen wy alle gaer,
Y: "Muza gutsitara mwese;
1.201903
God is tot alles in staat.
Nico gituma akubwira ati muri vyose arashoboye.
1.2018
My ouers het nie gegaan nie, maar ek het.
Abavyeyi banje ntibagiye mugabo jewe naragiye.
1.201799
10 Soms moet organisatoriese aanpassings gemaak word.
10 Rimwe na rimwe, birakenerwa ko haba amahinduka mw'ishirahamwe.
1.201677
Maart 2014 _ Wat God vir jou gedoen het
Ntwarante 2014 _ Ivyo Imana imaze kugukorera
1.201553
17 Sal jy Maria se voorbeeld volg?
17 Woba uzokwigana ako karorero ka Mariya?
1.201437
Dit kon met Josef gebeur het.
Ivyo vyari gushobora gushikira Yozefu.
1.201236
Byvoorbeeld, een van hulle was 'n dokter.
Nk'akarorero, umwe yari umuganga.
1.200775
En kan hulle ons vandag help? - Sien Eindnota 8.
Boba bashobora kudufasha no muri iki gihe? - Raba akajambo ko ku mpera ka 8.
1.200371
Hulle het my gevra: 'Is jy Antonina?'
Bambajije bati: 'Woba uri Antonina?'
1.200273
Toe ek die eerste keer in El Salvador aangekom het, het die predikingswerk net begin.
Igihe nashika muri Salvador ari bwo bwa mbere, igikorwa co kwamamaza ni ho cari kigitangura.
1.200169
Die verslag in 1 Konings hoofstuk 17 sê niks verder oor hierdie vrou nie.
Iyo nkuru iri mu 1 Abami ikigabane ca 17 nta kindi ivuga ku bijanye n'uwo mugore.
1.199968
Gregorio vertel: "Toe ons hier aangekom het, was daar net vier Getuies.
Gregorio yigana ati: "Igihe twashika ng'aha, hari Ivyabona bane gusa.
1.199727
Hoekom moet ek hom met my hele hart en siel liefhê?' - 1 Timoteus 4:15.
Kubera iki nkwiye kumukunda n'umutima wanje wose n'ubuzima bwanje bwose?' - 1 Timoteyo 4:15.
1.199654
Hy sprak: ô Vader! weest dies wel vroet,
Akamwambia babaye,
1.199113
Hoekom was God se opdrag in Genesis 2:17 nie onregverdig, onnodig of onredelik nie?
Kubera iki itegeko Imana yatanze mw' Itanguriro 2:17 ritari iry'akarenganyo, iridakenewe canke iririmwo kurenza urugero?
1.198815
Koning Dawid het gevra: "Hoe lank, o Jehovah, sal u my vergeet?
Umwami Dawidi yabajije ati: "Uzogeza ryari ga Yehova kunyibagira?
1.198736
Beteken dit dat hy van Griekeland gekom het?
Ivyo vyoba bisobanura ko yakomoka mu Bugiriki?
1.197933
Maar Allah laat dwaal wie Hy wil en lei wie Hy wil.
Turazi ko Imana itumvira abononyi; uwuyubashe akongera akagira ico ishaka, ni we yumvira.
1.19784
November 2014 _ Bestaan Satan werklik?
Munyonyo 2014 _ Shetani yoba abaho?
1.197564
In 'n droom+ sal ek met hom praat.
Novuganye na we mu ndoto+.
1.197499
Satan weet dat hy "'n kort tydjie" het.
Shetani arazi yuko afise "igihe gito" gusa.
1.197436
Rachel wou 'n nuwe begin in Europa maak.
Uwitwa Rachel na we yipfuza gutangurira ubuzima bushasha i Buraya.
1.197424
"Die waarheid sal julle vrymaak" - Johannes 8 verduidelik
"Ukuri kuzobagira abidegemvya" - Amajambo yo muri Yohani 8 asigurwa
End of preview. Expand in Data Studio

Afrikaans-Rundi_Sentence-Pairs Dataset

This dataset contains sentence pairs for African languages along with similarity scores. It can be used for machine translation, sentence alignment, or other natural language processing tasks.

This dataset is based on the NLLBv1 dataset, published on OPUS under an open-source initiative led by META. You can find more information here: OPUS - NLLB-v1

Metadata

  • File Name: Afrikaans-Rundi_Sentence-Pairs
  • Number of Rows: 538954
  • Number of Columns: 3
  • Columns: score, Afrikaans, Rundi

Dataset Description

The dataset contains sentence pairs in African languages with an associated similarity score. Each row consists of three columns:

  1. score: The similarity score between the two sentences (range from 0 to 1).
  2. Afrikaans: The first sentence in the pair (language 1).
  3. Rundi: The second sentence in the pair (language 2).

This dataset is intended for use in training and evaluating machine learning models for tasks like translation, sentence similarity, and cross-lingual transfer learning.

References

Below are papers related to how the data was collected and used in various multilingual and cross-lingual applications:

[1] Holger Schwenk and Matthijs Douze, Learning Joint Multilingual Sentence Representations with Neural Machine Translation, ACL workshop on Representation Learning for NLP, 2017

[2] Holger Schwenk and Xian Li, A Corpus for Multilingual Document Classification in Eight Languages, LREC, pages 3548-3551, 2018.

[3] Holger Schwenk, Filtering and Mining Parallel Data in a Joint Multilingual Space ACL, July 2018

[4] Alexis Conneau, Guillaume Lample, Ruty Rinott, Adina Williams, Samuel R. Bowman, Holger Schwenk and Veselin Stoyanov, XNLI: Cross-lingual Sentence Understanding through Inference, EMNLP, 2018.

[5] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Margin-based Parallel Corpus Mining with Multilingual Sentence Embeddings arXiv, Nov 3 2018.

[6] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Massively Multilingual Sentence Embeddings for Zero-Shot Cross-Lingual Transfer and Beyond arXiv, Dec 26 2018.

[7] Holger Schwenk, Vishrav Chaudhary, Shuo Sun, Hongyu Gong and Paco Guzman, WikiMatrix: Mining 135M Parallel Sentences in 1620 Language Pairs from Wikipedia arXiv, July 11 2019.

[8] Holger Schwenk, Guillaume Wenzek, Sergey Edunov, Edouard Grave and Armand Joulin CCMatrix: Mining Billions of High-Quality Parallel Sentences on the WEB

[9] Paul-Ambroise Duquenne, Hongyu Gong, Holger Schwenk, Multimodal and Multilingual Embeddings for Large-Scale Speech Mining, NeurIPS 2021, pages 15748-15761.

[10] Kevin Heffernan, Onur Celebi, and Holger Schwenk, Bitext Mining Using Distilled Sentence Representations for Low-Resource Languages

Downloads last month
11

Collection including michsethowusu/afrikaans-rundi_sentence-pairs